Sura 9

1 Vuze ukuli muli Klisto. Sivuga ububeshi ni chipfuzo chaje niubushuhuda hamwe naje kukubela umutima mwelanda. 2 Yuko haliho lumubalo munini ni kubabala gutahela mumutima waje. 3 Yuko ndashaka jewe yeneyene ndanigwe na shingwe imela kulele na Klisto kukubela bene wachu, badya bo mubwoko bwange kubela Klisto. 4 Badya na baisraeli bali mwihali yukuko la abana, wu bwelanda na masezelano na kashimwe ya mategeko kusenga imana ni kusezelana. 5 Bene nibatanguliye yuko Klisto yeje kuchubahilo kwabola umubili uwu kubela wene alimana ya vyose nawe ashimwe imisi yose Amina. 6 Aliko sikubelo isezelano dyimana zananiwe kusohola kubela kila muntu alimwisraeli nu mwisraeli alisawa. 7 Sikuluvyalo gwa bulahamu na banabiwe nyene. Aliko ni kuchila Isaka uluvyalo gwiwe lulokwitwa. 8 Ili ni yuko abana, bumubili si abana bimana aliko abana bisezelano balebwa kuba uluvyalo. 9 Kubela ili alidyo jambo twemelewe kukubela amajila doza na sala ahabwa abana. 10 Sibi gusa kukebela hanyuma ya lebeka kulonta inda kumuntu yumwe, Isaka daha wachu. 11 Kubela abana ntibalibwavuke ni yalibwa kole ijambo dyose dyiza au limbi kugila yuko ikusudi yimana kugana nubutozi buhagalale, wala sikubikogwa aliko ni kukubela ya yudya ahamagala. 12 Libe kwiwe,"Linini alomukolela mutoyi." 13 Ntuko vyamaze kwandikwa: Yakobo ndalamukuze, aliko Esau ndalamwase. 14 Basi kadi tulovuga ibiki? Je haliho ukuga bitanya kumana leka namba. 15 Kukubela navuze kwa Musa, ndobanikigogwe kwa udya zomugila ikigogwe na doba nikigogwe kwa yudya dogilila ikigogwe. 16 Kuli vyo basi sikukubela wene ashaka, wala si kukubela ya wene yuko yiluka aliko kukubela Imana, wewe yelekama ikigogwe. 17 Kukubela amandika avuga kubafalao, "Kukusudi iyi malumu ndalakukiliye kugila go ndakweleke inguvu zaje kubela wewe kugila go izina dyaje litangazwe mwisi yose. 18 Ivyo basi, Imana iba ni kigogwe kulibose bose wakunda, ni kudya amukunda amukola kuba agumwe. 19 Kadi ulovuga kwaje, "Ni kubela iki bado abona ikosa? Ni wahe yabaye yamaze kwihagana nivyo yishakila vyiwe. 20 Ikinyume chiwe, bana babantu, bene yene nide yokwishula ikinyume chimana? Haliho ubushobozi bwosi bwosi icha bubwe kuvuga kuwa kibuvye," Kukubela iki wankoze ukujewe. 21 Je umubuvyi alafishe kugololoka hejulu yu budongo kukola ichobo ikibe ikikolesho kuva kuvyibuha kudya kudya ni chombo kindi kubiko lesho vya kila musi. 22 Nibiki niba Imana ilitali kwelekana ishavu dyayo ni kukola inguvu ziwe zimenyekane, yalashavuye ni kwitonda kukwiye ivyombo vikihano vyo andaliwe vyikihano. 23 Nibiki yabikoze ibi kugila yuko yelekane vyishi vyi bwelanda bwiwe hejulu yivyombo vyi kigogwe, ivyo yamaze kwandala kukubela ubwelanda. 24 Nibi yuko yakoze ibi yuko alukuli, aliwe yuko atuhamagaye, si gusa kuva mubaya hudi aliko yuko kuva kubantu ba mahanga. 25 Nuko yavuze yuko kuli Hosea," Ndoba hamagala abantu baje aho matalabantu baje, na bakuzi biwe nkuko atakuzwe. 26 Na ndoba yuko ndali hadya honavugwa iwabo, 'mwebe ni mulabantu baje mulokwitwa abana bimana alimunko mezi. 27 Isaya alali la kuvyelekeye na Israeli, nuko ibihalulo vyabana Israeli balikuba nu mchanga winyanza, bika ba ibisigazwa mwa badya bakolewe. 28 Kukubela umwami alotwala ieneo dyiwe hejulu yisi, kale ni kuba kushicha. 29 Nikunu Isaya yavuze ubwabele, "nuko umwami wa basonda nalubalekula iyuma yuluvyalo kubela twege twali kuba nta Sodoma, na twalikukogwa nta Gomola. 30 Tulovuga ibiki? Kubela yuko abantu ba mahaga aliko nibalondela ukugololoka, baloe ukugololoka, ukugololoka kuchizelo. 31 Aliko Israeli yalondeye amategeko agololoche, niyayasohoyeko. 32 Kukubela iki sivyo? Kulikubela ntibalo ndeye ku chizelo, kule ya kukola bachitaye hejulu yibuye ni kuchitala. 33 Nuko vyamaze kwandikwa, "Leba ndadya michi ibuye dyo kuchitala mwisayu ni na yuko kumakosa wene wizeye kubela ili ntalotabika.