Sura 8
1
None ivyo none ntaliliho ikihano hijulu yabo bali kuli Klisto Yesu.
2
None kubela indongole vyumpemu ikomeye bidya bili kubela Klisto Yesu vyakoze jewe kusa habo na kule nukulongola vyichala nulpfu.
3
Kubela kidya kiliko nitegeko vyala namwe kukogwa yukubela yali gelukiwe kubela umubili, Imana yahakoze. Yalatumye umwana wiwe wimpela kukigelelanyo chumubili wichaha abe ishikamwa yichaha, alache ulubanza ivyaha kubela umubili.
4
Yalakoze guti kubela vyoya tumwe nitegeko bishike hagatiya chu twebwe ntitugende kuku kulikila ibintu vyumu bili, none kuku kulikila ibintu vyumulimpemu.
5
Badya bakulikila umubili biyu mvila ibintu vyumubili alikoba dyabakulikila mpemu biyumvila ibintu vyomuli mpemu.
6
None kubela vyakushaka umubili nu lupfu, none vyobisha vyomuli mpemu nubugingo bukomeye na maholo.
7
Lino nikubela yuko idya ndongola yumubili nububiha julu yimana none kubela ntiyubaha itegeko dyimana, kanchi ntibishobola kuvyubaha.
8
Badya bakulikila umubili ntibashola kubeza Imana.
9
Kndi ivyo, ntimuli kubela umubili none kubela vyu mpemu namba alukuli kubebela mpemu wimana ala hagati yachu. Aliko nambe umuntu atafishe mpemu wa aKlisto wene siwo kwiwe.
10
Namba Klisto hagati yachu umubili gwachu umubiligwa pfuye kubela ibintu vyi chaha, none umutimegula koneye kubintu vyukuli.
11
Kandi mpemu wayu dya yazuche Yesu kuvomu bapfuye alaba hagatiya chu, wene yudya ya muzuya Klisto kuva kubela muva mubapfuye alihiha kandi imili yanyu yulupfu kubaho kubunzi la yimpemu wiwe akalele ho hagati muli mwebwe.
12
Kandi lolo, mwene wachu, twebwe tuli wache ni aliko siku bwumubili none tubeho kubela nkukuntu numubili.
13
None bilaba mubaho kubela vyumubichi, mulihafikupfu aliko bilaba mubwumpemu mula binyegeza ibikogwa vyu mubili namwe muloboho.
14
None kubela aliyo vyisi balalongogwa nimpemu wimana, abanabana bimana.
15
No kubela ntimwamwa kiye mpwemu yintumwa kandi ntimutinye. Hamayiwe, mwalakiye impwemu yuku kogwa kuba abana, alibo kulivyo tulahil, "Abiba, Daha!"
16
Mpemu alikushinga ikishinga ntahe hamwe nimitima zachu no kubela tuli abana Bimana.
17
Aliko tuli amana, kubela tulabalagwa kandi, Abalagwa bimana. Natuma tulabalagwa hamwe na Klisto bibaye none ukuli tuhababala newene none tu ronke kuhibanzwe hamwe nawene.
18
None kubela ndabihalula yungu mwanya ugu kubela sikintu ndabigelela nyije nubwe la bulu kugululigwa iwachu.
19
None kubela ivyalemwe vyose kandi bila hangaje kubela ihamu nyisi kugululigwa kumwana wimana.
20
None kubela ukule mwo kandi vyalabweneza hasi yubu yusa sikugomba kwiwe, aliko nukubela wene nyene yabihamagaye. Nukubela ichizelo.
21
Kubela ubulenyi bwene nyene babwo buloshilako ahabona nukutangwa nukubela bwa bana Bimana.
22
None kubela tulanya nukubela kulemwa navyo kandi ulugala nukubaba la nukubabala hamwe, nuyumusi kandi.
23
Suyu gusa aliko natwe twebwe nyene tufishe nishikanwa zambele za mpemu natwe kandi tula gwala kubela kubwumitima zachu, tulindiye kukogwa abana, aliko kukizwa bwimili yachu.
24
None kubela ni vyo ndindiye ibili tiva kijijwe. Aliko ikintu kilindilijwe kiboneka ntikifishe kuli ndila kandi, none kubela ninde yakilindije kidya akibona?
25
None tukikiliye ikintu tutabona, tulakilindiye kwisabuli.
26
Nkuntu ivyo nenye, mpemu, nawe alafasha kubela intege zachu. None kubela ntimu menya kusenga nkikuntu bisha kigwa, aliko mpwemu wenyene hutu sengela kukugwala kutashobola kuvugwa.
27
Namene aizi lebe imtima alamanya ubwenge bwa mpemu, kuko lelo alasenga kubela mvula wene abi zaye kugelelanywa vyikunda Imana.
28
Ntwe tulamenya yukubela kuli bose boku nda Imana, wawe alakola ibintu vyose hamwe kubwiza, kulibadya bose bahamagawe kubela kobishakigwa nawe.
29
Kubela badya bose yabamenye kuvaa kela, kanda yaba chaguye kuva kela bagelela yuma nibibelelanyo uyumwa na wime, kugila wene abe uwa vucha wambe milibene muba genzi beshi.
30
Nabadya bachaguwe kuva kela, aboyalabaha magaye kandi badya baba hamagaye abo baba haluliye ukuli. Nbadya baba haluliye ukuli. Abo kandi alaba himbaza.
31
Tuvuge ibiki none hejulu yibintu ivyo? Imana ili muluhande gwachu ninde alihejulu yachu?
32
Wene atamulekula umwana wewe wenyene aliko yahamtanza kukubela wene natue twese alobula guta kutufasha ni bintu vyose hamwo nawe.
33
Ninde aloba shitaka abatowe nimana? Imana niyene nyene iloba halulila ukuli.
34
Ninde aloba chila ulubanza gwinkoni? Mukiza Yesu niwe alimene ya pfuye kukubela twebwe nibilenge ye yokulivyo wene kandi yala zuwe na wene alanganza hamwe nimana ahantu haliheza na kandi niwe atuse ngela twebwe.
35
Ninde alotushila impela hamwe nulukundogwa Klisto? Umubabalo chankwe ingolana, chankwe kubabala chankwe inzala, chankwe ibusa, chankwe habichan, chankwe ikipamga.
36
Nkuko ndolinda vya ndiche, " kunyungu yawe tulabicha kumutegagose yahaluma nki ntamayo kwichwa.
37
Kubela ibintu ivyo vyose twebwe tulihejuli yaba chiza kubela wene yatukunze.
38
None kubela ndamaza kuvyeme la kandi nkulupfu, kandi kubaho kandi abamalaika kandi ubushobola kandi ibintu biliho, kandi ibintu biloza kandi ninko mezi.
39
Kandi ibili hejulu, kandi ibili hasi, kandikile mwo ikindi nyene nacho, ntikilo shobola kukushila mpela nulukundo gwimana aliwe Klisto Yesu umwami wachu.