Sura 7
1
Chankwe ntimu menya, bagezi bange kubela ndavuga nabantu babimenya itegeko, kubela itegeko lilamutwala umuntu alimwo alakola akomeye?
2
Kubela umugole yudya yimuwe yalafunzwe nitegeko kwa wudya mugabo wiwe akomeye, aliko umugabo wiwe alopfa, boloba bamusizwe kwidegevywa kuva kwitegeko dyo kwabilana.
3
None lelo, budya umugabo wiwe yoshoboye yuko akabaho, aliko abaho numugabo uyundi, bolomwita umushakanyi. Aliko hamwe numugabo wiwe yapfuye aliho kwidege mvya kuva kwitegeko, None ntoloba umusambanyi noho aloba abayeho numugabo uyundi.
4
None, bagezi bange, mwebwe nyene mwalakozwe mwapfuye kwitegeko kunzila yumubili wa Klisto. Dwabaye kuti kugilango mulonke kutelana nuyundi, wene nyene kubela yala zuche kuva kubapfuye kugilango tushobole kumu vyalila Imana ni vyama.
5
Kubela hamwe twali kubela kubwu mubili, kwipfuza kuchaha vyala vyuwe kubela imibili yachu kuchila kunzila yiyegeko nuku vyalila ulupfu ni vyamwa.
6
Alikolelo twugululiwe kuva kubela itegeko. Twayi pfiliye yidya yadukubihe. Kugilango twebwe tulonke kuko la kubela kubishasha vyimpwem, suko kubela muvya kela vya ndichwe.
7
Tuvugegute none? Itegeko ni chaha? Vyala mutangaye. Kubela yuko, ntavyo ndali kuenya ichaha, bitomela yuko kunzila yitegeko. Kubela yuko kumenya kushakana ntitegeko ntidyali kuvugwa, "Ntiwipfuze."
8
Aliko ichaha yalalose inzila kwayidya chasizeho nukuza muli jewe bilibuntu vya kwipfuza. Kubela ichaha hutaliko itegeko dyala pfuye.
9
Nanje ndali komeye aho inyuma ata tegeko, aliko limaze kuza lidya dyasizweho, ichuha chololose kubaho nanje ndapfu.
10
Lidya dyasizweho kubela dyazana ubukomezi dyala hindukiye kuba ukupfu kuli jewe.
11
Kubela ichaha chalulose inzila kwalidya dyasizweho nukumbeshela. Kuchila lidya dyasizweho, dyola nyishe.
12
Budya itegeko numwulande, nalidya dyasizweho ni dyelanda niligololoche dyiza.
13
none lelo lidya dyoli dyiza gwaliulipfu kulijewe nyene? Ntibibe gutwo kandi. Aliko ichaha, aliko libonke yuko ni chaha humwe kuchil lidya libeleye, kugilango lizane ulupfu mulijewe. Lino dyali guti kubela yuko lichila kudyosizweho ichaha kiduge kubakibi nyene.
14
Kubela tulamenya yuko itegeko vyaboye kela ni vyi mpwemu aliko jewe numuntu wumubili. Ndolagujijwe hasi yintumwa yichaha.
15
Kubela chinkola, ntachonzi chinkola. Kubela lidya nkunda kukola, sindali kola, naliliya ndadyanka, nidyo nkwiye kukola.
16
Aliko yuko ndalikoze lidya ndatalikunda, ndadyemela yuko alitegeko kubela yuko nitegeko dyiza.
17
Aliko lelo sijewe kumubili gwanje gwinkola gulwo, nukubela kidya chaha chikala muli jewe.
18
Kubela ndamenya yuko mulijewe, chankwe kumubiliwanje, ntidyikala kwijambo dyiza. Kubela kwipfuza lidya dyiza ilimuli jewe, kubela ntadyonkola.
19
Kubela lidya dyiza nkunda sindalikola, aliko lidya libi ndatali kunda nidyo nkunda.
20
Nono namba nkola lidya ndatalikunda, sijewe kumutima dyinkola, kubela ni chaha yichala muli jewe.
21
Ndamenye yuko, nyene ilimwo bilongola muli jewe yuku shobola kukola lidya dyiza aliko ivyaha ubushobozi bulimwo muli jewe.
22
Kubela ndanezelewe itekoko dyimana kubuntu bwihagati.
23
Aliko ndabona bilongoye bitali sawa kubela ibilimbavyo ubili yanje. Ila kubita ingwano hejulu bilongoye bishosha kubela ubwenge bwange. Ilankolesha jewe dafashwe kubulongozi yichaha ilimwo kubela ibihimba vyomibili yanje.
24
Jewe numuntu wumubabalo! Ninde alombahola numubili guno wulupfu?
25
Aliko akashimwe kumana numwa Yesu Klisto umwami wachu! None lelo jewe nyene kubwenge bwu wange nayikolela itekeko dyimana. Kuko, kubwu mubili ndajikolela kubulongozi bwichaha.