Sura 6

1 Tulavunga ngute kandi ? Kungenderere kubera yichaho kungirango ubuntu bubonekane. 2 Ee twenge twarapfuye kubera ichaha turashobora kandi kubaho kubera ivyo. 3 None nkimumenya yuko badya babatijwe kubera Klisto babatijwe kubera urupfu ngwiwe? 4 Twali twarazichwe hamwe nawe kuchira kurubatizo kubera ulupfu ibivyakozwe kungirango yuko udya Klisto yandungi jwe kuva mulupfu kuchira kubuntu ba baba. Kubera yuko natwe tushobore kungenda kubera bushasha bo kubaho. 5 Aliko nitwaba twashizwe twese hamwe hamwe kubera ukingereravyo charupfu ngwiwe kandi turokwengeranwa hamwe kubera ukuzuka kwiwe. 6 Twenge turamenye uku ubuntu bachu bakera balababwe hamwe nawe, kungira umubili wichaha. Wonenwe ibi vya kanywe kungirango nkiturosubira kuba abatumwa bichaha. 7 Wene yavuye yakozwe wokuba ukuri kungana ni chaha. 8 Mungabo niba twarapfuye hamwe nawe Klisto turemera yuko tubayeho hamwe nawe kandi. 9 Turamenya yuko Klisto yarazuwe kuka mubapfuye ngo kandi simupfu kandi urupfu nkirumukwira kandi. 10 Kubera kunkuru yuripfu yapfuye kuvyaha yapfuye ubwambere kubera yabose aliko kuvyivyo ubuzima abayeho abayeho kubera Imana. 11 Kuzira iyoiyo namwe kandi murakwiye kuharura kuba abapfu kubera yichaha aliko ukomeye kumana kubera Klisto Yesu. 12 Kubera uko nkumurekure ichaha ikwire mumubiri wawe kungirango ushobore kungumva ichipfuzo chiwe. 13 Nkutange impande zumubili gwawe kubera ivyaha nkiko ibintu bitafise ukuri kuva murupfu ni mutange impande zumubili wanyu bifise ukuri kumana. 14 Nkimurekure ivyaha bikwire kubera yuko mutari hasi yamategeko aliko hasi yubuntu. 15 Niki none? Tukere ivyaha kubera yuko tutarihasi ya mategeko aliko hasi yubuntu? Nkanangato. 16 Nkimumenya yuko kwiwe wene aliko yatanga wenyene. Nkiko abalozi nibene nyene babaye abakozi biwe wene mukwiye kubaha? Ukunuri niba yuko mwege mulabakozi bivyaha bimutwara kurupfu changwe abakozi bubaha butwarita ukuri. 17 Mungabo ashimwe Imana. Kubera mwari abashuba bivyaha mungabo mwarubashwe kukana mumitima idya ukuntu mwingishije mwahawe. 18 Mwarakozwe umucho kuva muchaha mwarakozwe abashumba bukuri. 19 Ndavunga nkumuntu kubera yuko itengenke nububi kubera uko uko. None ni muvachi ibiche vyimibili yanyu kuba abashumba bukuli kukozwa. 20 Kubera homwari abashumba bivyaha mwali umucho aliko na ukuri. 21 Kumwanya uwo mwalimufise ichamwa nyabaki kibintu. Bitafise kubera ubu murabona usoni kwivyo? Kubera hanyuma ya majambo ayo nurupfu. 22 Mungabo kubera ubu mwarakozwe umucho aliko ni vyaha mwarangizwe abakozi bimana murafise ivyamwa kubera yokozwa hanyuma nubuzima butahera. 23 Kubera angashimwe kichaha nurupfu aliko akashimwe kubusa kimana nubuzima butahera kubera Klisto Yesu umwami wachu.