Sura 10

1 Bene wachu ichipfuzo chumutima wanje no kusenga kwange kumana ni kubera mwenge kubera yukwihana kwabo. 2 Kubera nababwira kubera kukora yimana. Munyabo si kubera yukumenya. 3 Kubera mutamenya ukuli kwimana. Barondera kubaka ukuli kwabo benenyene nkibali bubaha kukuri kwimana. 4 Kubera Klisto niwe akora amategeko kubera yukuli kwa bulu muntu yezeye. 5 Kubera musa arandiko kubera ukuri kuloza kuvana na matengeko umuntu atakora ukuri kwa matengeko alobaho kukuri uku. 6 Mungabo ukuri kuvana no kwizera nkuvunga nguti nkuvunge mumutima wawe ninda aloduga kungenda mwijuru? Ibi ni kumuzana Klisto hasi. 7 Nkuvunge nidearo kururuka kuva mukinoge? Uku ni kumuzana Klisto hejulu kuva mubapfuye? 8 Mungabo ndavunga nguti ijambo lilihafi nawewe kubera kumunwa wawe no kubera mumutima wawe iodyo ni jambo dyo kwizera kubera dyo tuvunga. 9 Nimba kumumunwa wawe uramwemera Yesu yuko alumwami nukwemera mumutima wawe yuko Imana yamuzuye kuvamuba pfuye urokunzwa. 10 Kubera kumutima umuntu nkiyizera nokuronka ukuri no kumunwa nkiyemera no kuronka kukira. 11 Kubera ivyandiche riravunga burumwenye nkarotetengwa. 12 Kubera nkabutandukano hejulu yu muyahudi numuyunani. Kubera umwami udya udya ni mwami wabose. Kandi numutunzi wabose bamuhamagara. 13 Kubera burumuntu yubaha izina dyimana alokizwa. 14 Kuzira vyabaki bashobora kumuhamangara wene ashobora kubabaremeye? No kungene kandi bashobora kuvuga ubutumwa. 15 Ukungene bashobora kuhubili bitavuye kubato we? Nkiko vyandichwe ukuntu nyabaki alikwiza amanguru yabadya bavunga ikuru zumunezero amajambo meza. 16 Mugabo bose nkibuviriye ijili kubera yuko Isaya nkavuga Umwami ni deyu virye amajambo yachu. 17 Kutwo ukwizera nkikuza kuvana no kumviriza no kumviriza kwijambo dya Klisto. 18 Mungabo ndavunga none kiyumviriye? Uko ukwemerachane inji dyabo dyaramaze kuboneka kuja haze kubera ingi hungu chose namajambo yabo kungenda impera ingihungu. 19 Hanyuma ya vyose ndavunga, none isiraeli nkiza? Ubwabere musa nkavunga ndobarondera ndabashire mwo izingo kubantu bataraba vyamahanga kuzirayi hanga ritafise ukutamenya dobarakisha kandi mushavure. 20 Isaya alako meye chane kundi nkavunga narabonekanyi na badya batandondeye narabonekanye kwa badya batashaka. 21 Mungabo kubisiraheri nkuvunga imisi ndarangoro ye amaboko yange kwa badya batubaha ni kubantu batarekura.