Sura 11

1 None ndavuga none, Imana yalabose abantu biwe? Atani nugatonyi kubela jewe nyene numwisilaeri numudyongo wa Burahamu. Wubwoko bwa Benjamini. 2 Imana ntiyabose abantu biwe biyamanye kuva kela. None ntimu menya vyondichwe bivuga gute kumajambo ya Eliya, ntukuntu yamu bwiye Imana hejulu yabisiladi. 3 "Umwami yalabishe abavugishwa nabene balasenyuye lutore ziwe. Jewe numwe wenka ndalasigaye, nabene bala ndondela kunyicha kwanje." 4 Aliko inyishe yimana liravuga guti muliwewe? Ndabiche kubela jewe abantu ibihumbi indwi badya batanu bafu kamila ibigigwa mona. 5 None muyu mwanya, winonyene mwaka kanya badya baliho basigoye kubela yuko atatora yubuntu. 6 Aliko nivya bakubantu, aliko siku ngendo. Ibindi na navyo ubuntu ntilobaho kandi ubontu. 7 Nibi none ijambo kubela abaisilaeli balimwo balalondela ntachobalose aliko badya batowe bala kilose, nabondi bahawe ubulemele. 8 Ninkakudya vyandichwe Imana yalabahoye umutima wabantu, amaso kugira ntibabone, na matwi kugira ntibumve kugera musi nyene. 9 Nawene Daudi alavuga, "Leka ameza zabo zimele ntiwavu umutego, ahantu hukuchitara, nukwihola hejulu yabo. 10 Leka amaso yabo yuzure umwijima kubela ntiboshobole kubona ukabunamisha imigongo yabo yose. 11 Aliko ndavuga, "None, bala chitaye nukugwa hosi?" Ntabe gutwo nyene. Hanyu mayiwe kunanigwa kwabo, ubutumwa bulasohoye kubanya mahanga, alikobene nyene bahabwe inzigo. 12 None mulimwebwe kunanigwa kwanyu nubutunzi bwisi, nukononegwe kwabo nubutunzi wabanya mahanga, nikintu nyabaki hejulu ilaba yalamze kulibene. 13 None nubu ndavuga namwe abantu babanya mahanga. Kubela ndameze ntiwatowe ntabantu baba nyamahanga ntabandi, ndi vunila kwihagalikila kwange. 14 Hamwe ndobashila inzigo badya bafishe umubili gumwe hamwe nanje. Hamwe tuloba kiza bikenyi vyabo. 15 Kubela ni mwanka mwankiwe kwanyu kwemela kwisi, kwakigwa kwa bokuloba gute aliko kubakomeye nu kuva kubapfuye? 16 Nkuko ivyama vya mbele vyabichwe nikobimeze kwibu mbabumba ntifu. Nimba imizi mububichi amalemba nayo nikokameze. 17 Aliko hanyuma yamalemba ntuko wewe ulikilemba kubela hanyuma yikilema galamuwe galatemuwe. Nkuko wewe ulikilemba dyishamba usongira, yala tewe hagati yabo nimba walosongiye hamwe nabo kubela imizi yubutunzi bwite. 18 Ntiwishime hejulu yamashami mugabo ndamba wishima, siwewe ufasha imizi, aliko imizi ilikufasha wewe. 19 None lelo ulavuga, "Amashami yalate mwe kugira ndonke kutegwa kubela ikichina." 20 Ivyo nukuli, kubela yu kutizera kwabo balatemwe, mugabo wewe walahagaze asimiche kubela yukwizera kwawe. Ntiwi yumvile wewe nyene kubuntu bwi hejulu chane aliko tinya. 21 Kubela yohaba Imana yala kiye amashamii yakela. Nkalokuganyila wewe kandi. 22 Raba, lelo, ibikogwa vyiza nubukazi bwiwe bwimana kulukundo lumwe, ubukozi bwaje hejulu yabayahudi alibo baguye. Mugabo uluhande lumwe, ubuntu bwimana ntibu za hejulu yuwawe. Namba ulokomela kubela ivyiza vyiwe. Aliko yuko wewe kandi ulokwankigwa kule. 23 None, namba utolokomola kubela kutizela kulibene, balo tegwa kandi kubela Imana ilafishe ubushobozi bwokubatela kandi. 24 Kubela yuko mwebwe mwala temwe hanze kwa badya kuvyakela bitwo chayo. Bitose ni vyakele mwalatewe kubela kutwo aligo gwiza, sihejuli chane ya no yabayahudi, kubela bameze ntamashami kakela gashoboye gutegwa muliwene gatwo bene nyene? 25 Kubela mugenzi sinshaka ntumumenye vyelekeye ibanga nno kubela yuko ntumube ichubahilo kubela kwiyumvila kwanyu mwebwe nyene ibanga lino ubugumyi bwavuye mulisilaeli, hamwe kuhela kubangoma hanga buloza. 26 Hanyuma yabisilaeli bose balokizwa, ntiko vyondichwe: "kuva mulisayuni aloza umuchunguzi alovanoho ububi kuva kwa yabo. 27 Nalino liloba isezelano dyuwange hamwe nabo ahondo vonabo ivayaha vyabo. 28 Kuluhandi lumwe bijany nubutumwa, balankwa kubela mwebwe kuluhande kulundi kuvana nubutozi bwimana, balakunzwe kubela busogokulu. 29 Kubela akashimwe nuku hamagogwa Kumana ndugwa. 30 Kubela bwambele mwebwe mwalimwalose Imana, aliko mwakiye ikigongwe kubela mukumva kwanyu. 31 Kunzila yino nalino, none bano bayahudi balachumuye. Hanyuma yaho kubele mwahawe nikigongwe mwebwe mulashoboye kandi kwakila ikigongwe. 32 Kubela Imana yalabahanye abantu bose kubela ububi, kugila ishobole kubaganyila bose. 33 Ntukuntu zimechane ubutunzi ubwitonzi nubwenge bwimana! Ntishobola kubalilizwa kugwa ulubanza gwiwe, ninzila ziwe ntizi menyekana! 34 "Ninde amenya ichiyu mvilo chumwami? None ninde yabaye umuhamuzi wiwe? 35 Aliko ninde watubele yahaye intebe Imana, kugilango aliwe kandi?" 36 Kubela kuva kuliwene, kunzila ziwe nukwiwe, ibintu vyose biliho kuliwene bibe nubwi milele. Amina.