Sura 12
1
Kulivyo ndabinginga, bagenzi, kukigongwe chimana, ni mutange imibili yanyu ibe isadaka ikwiye ntagatifu yemelewe kumana. Iyi niyo Imisa yanyu ifise akamato.
2
Kandi ntimukulikize ingene yiyi si aliko mulinduke kukugiwa bashasha ivyiyumvilo vyanyu. Nimukole kuti mushobole kumenya ulukundo gwimana ulugwiza, lubeleye guzuye lushitse.
3
Kuko ndavuga, kukubela ineema nahawe kugila kila muntu aliwe aliho muli mwebwe ntakwiye kwiyumvila chane hejulu yiwe wene nkuko bimukwiye wene kwiyumvila. Ahubwo akwiye kwiyumvila kubwitonzi nkuko Imana imeze Imana yahoye kila umwe ulugelo lunaka givo kwizela.
4
Kuko tufise ibiche vyishi kumubili umwe, aliko si ibiche bifise akazi kamwe.
5
Nuko na twebwe tulibenshi tuli umubili umwe muli Klisto na kila kiche kila kimwo kigenzi chacho.
6
Tufise ingabile zitondukanye ukungana ni neema mwahawe. Nimba ingabile yumuntu ali ubuvugishwa, ikoleke kungana mukwizela kwiwe.
7
Nimba ingabile yumuntu alikogingwe, ako le nimba uyundi afise ungabile yo kwingisha basi niyigishe.
8
Nimba ingabile yumuntu alimbabazi basi azigile nimba ingabile yumuntu ali ukutanga agile kutiyo mubugwa weza. Nimba ingabile yumuntu ni kulongola bikoleke kukulaba neza Nimba ingabile yumuntu ni kwelekana ikigongwe bikoleke kumunezelo.
9
Ulukundo ntilube ibiheyi heyi, mufatilile ibili vyiza.
10
Kuvyelekeye ulukundo kubagenzi, ni mukundane mwebwe kuli mwebwe, kuvyeleke kubaha, nimwubahane mwebwe kuli mwebwe.
11
Kuvyekuye umwete ntimube abanebwe, kuvyekeye umwete ntimube abanebwe, kuvyelekeye impemu ni mube nikishika kuvyelekeye Umwami, nimumukolele.
12
Nezegwa kubutinyuchi mufise kuvyelekeye imisi zizoza. Mube nukulindila kungo lane zanyu mukomele kukusenga.
13
Musangile kuvyifuzo vya bizeye mulondele munzila nyishi zo kwelekana ubugwa neza.
14
Bashakile imigisha bose babahama mwebwe bahezagile kandi ntimubavume.
15
Nezegwa hamwe nabanezewe, nimulile hamwe na badya balila.
16
Mube ni chiyumvilo kimwe mwebwe kuli mwebwe. Ntimwiyumvile kukwishimila kandi mubemele abantu bali mubo hasi. Ntimube mubwenge hejuli yivyiyumvito vyanyu nyene.
17
Ntimulihe umuntu wewese ububi ku bubi nimukole amayambomeza kumaso yabantu bose.
18
Nimba bishoboka, nkuko vyasizwe iwanyu mube nukwizela kubantu bose.
19
20
21
Bakundwa ntimwihole mwebwe uyene, aliko nimwanke ishavu dyima nkuko bilandichwe, "kwihola nukwanje jewe ndoliha, umwami niko avuga." "Niko nimba umwasi wawe afise inzala, numugabulile.Afise inyota, muhe amazi kuko niwakola uko, uzo mulemeka amakala yumulilo hejulu yumutwe wiwe." Ntunanigwe nububi aliko uchinde ububi kubwiza.