Sura 13

1 Umuntu wese nagamburukile abamuganza, kukwo atakuganza kutava kumana. Nu kuganza kuliho kwa sizweho ni Mana. 2 Nicho kituma ugabagabiye uganza aba agabagabiye bazoba bihamagariye kuchindwa nurubanza bene nyene. 3 Kuko abaganza atari abuteye ubwoba kubakora vyiza, yomba kubakora ibibi. Mbega wifuza kutatinya abaganza? Kora ibili vyiza na azoshimwa navyo. 4 Kukwari umukozi wimana kwawe kubela vyiza. Aliko nimba ni wakora ibili bibi tinya kuko atambarira inkota ubusa kuko ari umukozi wimana, uruhozi ashicha uburake hejuru ya yudya akora ububi. 5 Nicho kituma ukwiye kugamburuka, atari kubwo kurakigwa gusa, aliko kandi kubela umutima. 6 Kubela ili kandi ulariha ikori kukubela abaganza ni abukozi bi Mana, bashishi karira icho kikogwa nyewe. 7 Mulihe bure muntu icho akwiye, ikori kukwiliye ikori, ababuguza kukwiliye kubuguza utinya kukwiliye kutinya, wubaha kukwiliye kwubahwa. 8 Ntimubazwe ideni nu muntu ichochose, yomba kukundana mwebwe kuri mwebwe. Kuko wene akunda umubanyi wiwe ashikije ivyagezwe. 9 Kuko, "utazosambana, utazokwiba, utazokwifuza," na nimba hari ikindi chagezwe kandi, bikoranilijwe muri ili jambo. "uzomukunda umubanyi wawe nkuko wikunda." 10 Ufishe urukundo ntagirira muganziwe nabi, nicho kituma urukundo rushicha ichagezwe. 11 Kukubela ili, muramenya ikihe, yuko arikihe chokuva mwitiro. Kuko akakiza kachu kari hafi kurushiriza mukihe twizera ubwambere. 12 Ujoro rilakuze nu mutaya ulegeleje. Na tushire ruhande ibikogwa vyu mwiza, twambale ibi gwanisho vyu mucho. 13 Tungendane ingeso nziza, nko mumucho, si ukudandahigwa nu bubi chanke kubolegwa na ntitugende mukusambana chanke ukwifuza kutangigwa, na si kunzigo chanke ishari. 14 Aliko mwambale Umwami Yesu Klisto, kandi ntitubabale kuvyu mubili, kukwifuza kwawo.