Sura 4
1
Tuvuge iki kandi Abrajamu, daha wachu kungene yumubi, yabonetse.
2
Kuko nimba Abrahamu yahaluliwe ukuli kubikogwa, yobaye nikituma cho kwishima, aliko simbele zimana.
3
Kuugandi che bivuga kute? " Abrahamu yaleneye Imana, Kandi bihaliligwa kuliwe yuko alukuli? Ubu kumuntu atakola akazi, ikihembo chiwe ntikkhalugwa kubuntu aliko kuba ideni.
4
Ubu kumuntu akola akazi, ikihembo chiwe ntikihalugwa kuba mubuntu, aliko kuba ideni.
5
Aliko kumuntu atakola akazi aliko yizele udya aliwe amuhalulila ukuli atali utubaha, ukwizela kwiwe uyo muntu kuhaluliwe kuba ukuli.
6
Daudi kandi alavuga imigisha hejulu yumuntu aliwe Imana yahaluliye ukuli ahatali ibikogwa.
7
Yalavuze "Balahezagiwe badya alibo ububi bwabo bwakaliwe ilaigongwe nabandi ivyaha vyabo vya pfundikiwe.
8
Alahezagiwe udya muntu Imana itamuhaluli ichaka."
9
Nonembe iyimigisha ni kuli badya basilamuwe gusa chabule kandi ni kuli badya batalasila mugwa? Kuko tulavuga "Kuli Abrahamu ukwizela kwiwe kahaluliwe kuba ukuli.
10
None kwahaluliwe basi? Alo yaliko alasilamugwa, chabule atasila mugwa? Ntivyabaye kukusilamugwa.
11
Abulahamu yakiliye indamutso yo kusila mugwa. Iki chali ikimenyecho cha kudya kuliko kwizera yalifise kukwiye . Inyuma atalasila mugwa. Ivyabonekanye vyikikimenyecho mu kuvuga yakozwe kuba daha wa bose bamwizela, naho boba bali mukusila mugwa. Uku nukuvuga ukuli kwahaluwe kulibo.
12
Ibi kandi vyelekana Aburahamu yahozwe daha wokusilamula sigusa kuli bavana nukusilamula, aliko badya bakulikila ikilenge cha daha wachu Aburahamu. Uku niko kwizela yalifise kubatasilamugwa.
13
Kuko ntidyalitegeko ngo isezelano dyatazwe kwa Aburahamu luvyalo gwiwe ili sezelano yuko bazoba abalagwa bisi.
14
Aliko kwali ukuchila mukuli kukwizela. Kuko nkabadya bamategeko nibo lalazwe, ukwizela kubaye kubusa, nisezelano dyohinduche.
15
Kuko itegeko ntidya zanye ishavu, aliko hadya hadafise itegeko, kandi hadafise ukubaha.
16
Kuluku hacha habonekana kukwizela, kugila kube kuineema. Ukubonekana kwaho isezelano libonekane kuluvyalo gwose, bavyagwe aba sigusa badya bamenya itegeko kandi atakubaha.
17
Nkuko yandichwe, "Ndakukoze wewe kubadaha wabanya mahanga benshi." Abrahamu yalili mwa udya yizela, nukuvuga Imana aliwe aha abantu ubuzima nukuhamagela amajambo atalilo kungilango ashoboke kubaho.
18
Naho ibihe vyose vyohanze, Abrahamu kubutinyutsi yalamweye Imana kumisi zizoza. Kulivyo acha abadaha wabanyamahanga menshi, kungana na kidya chavuzwe, "Niko luzoba uluvyalo gwawe."
19
Wene ntiyali umunebwe kukwizela. Abrahamu yiyumviye yuko umubili wiwe nyene walamaze kupfa. Yalafise imyaka yegela ijana. Kandi yemelanije kupfa kwinda ya sara.
20
Aliko kukubela isezelano dyimana, Abrahamu ntiyigumanije kukutemela. Aliko, yasizwe mwinguvu kukwizela ashima Imana.
21
Yalili amenya ukuli kidya alicho Imana yamisezelanye, yalafise kandi ubushobozi bwo kudyuzuza.
22
Kulivyo ibi kandi vyahaluwe kuliwe kuba ukuli.
23
Ubu ntivyandichwe gusa kumyunga yiwe, kugila ihalugwe kuliwe.
24
Vyandichwe kukubela twebwe kandi, kubasizweho kuhalugwa, twebwe abo twengela kuli wene yazuye umwami wachu Yesu kuva mubapfuye.
25
Uyu niwamvula aliwe yatanzwe kukubela ivyaha vyachu nukuzuka kugila tulonke kuhaluligwa ukuli.