Sura 3

1 None ni akamaro nyabaki afishe umuyuda? na kamaro kokukebwa niki? 2 Ni vyiza chane kuriburi nzira imbele ya vyose, abayuda bashikirijwe ukuhishugwa kuva kumana. 3 Aliko biroba kute nimba hamwe mubayuda bataribafishe ukwizera? Mbega ukutizera kwabo kuzokora ukwizega kwimana kuba ubusa? 4 Eka namba hanyuma yiwe, reka Imana iboneke kari ukuli, naho yoba bwimuntu ari umubeshi. Nkuko vyalivyandichwe, " Ngo ushobora kubo nekana kuba umugororochi mumajambo yawe, na ushobora kuchinda niwinjira mukuchiribwa urubanza." 5 Aliko nimba ububi bwachu bwelekana ukugororoka kwimana, tuvuge iki? Imana ntigabitanya yitanga kuharisha kwayo, mbega ili kutyo? mbivuze nki mvugo yabantu. 6 Eka namba! iyo biba bityo, Imana yochiriye urubanza isi? 7 Aliko nimba kweli yimana kuchira ububeshi bwanje butanga ichubahiro kubela we, ni kubera iki ntalibwagere nchiribwa urubanza nkumunyamahanga? 8 Kubera iki ntituvuge, nkuko twabeshewe nka bandi kwobemeza yuko tuvuga, Tukole amabi, kugira meza aze?" Kuchirigwa urubanza yabo kura kwiriye. 9 Nikirero? Twisegera ikigongwe twebwe? Oya. Kuko twebwe tumaze kubagiliza abayuda na bayumani bose hamwe, yuko bali hasi yichaha. 10 Ibi ni nkuko vyandichwe, " Ntamugororochi, numwe. 11 Ntamuntu amenya. Ntamuntu arondera Imana. 12 Bose bahinduche. Bene hamwe ntibafishe ichobamaze. Nta ukora vyiza, eka nta numwe. 13 Imihogo yabo nimva zirangaye indimizabo zirabesha. Ubumara bwinzoka buri musi yi minwa zabo. 14 Akamwa habo kuzuye ukuvumwa no kujingitwa. 15 Amaguru yabo yuhutora kuvisha amaraso. 16 Kuhonya no kubabaza kwabo munzira zabo. 17 Ababanti ntibaramenya inzira ya mahoro. 18 Ntikutinya Imana imbele yamaso yabo. 19 Rero turamenya yuko chochose itegeko rivuga, rivuga na badya bali hasi yitegeko. Ibi ni kugira buri minwa izibigwe ikandi isi yose ishobore kuchindwa kumama. 20 Ili ni kubera ntamubili uzoharuligwa ukugororoka kubikogwa vya mategeko imbele za maso yiwe. Kuku bera kuchira kwitegeko haza ukumenya kwichaha. 21 Aliko rero hatariko itegeko, ukugororoka kwimana kwa menyekanye. Kwashingiwe intahe ni vyagezwe na bavugishwa. 22 Ukwo nu kugororoka kwimana kuchira mukwizera muri Yesu Klisto kuli badya bose bizera. Kuko ntatandukaniro. 23 Kuko bose bakoze icha, ntatagabanukigwa ubwiza bwimana. 24 Waharuriwe ibibabereye ubusa kubantu bwiwe kunzira yo kuchungugwa kuri muri Klisto Yesu. 25 Kuko Imana yatanze Klisto Yesu abe impo ngano yukwizera mumaraso yiwe. Yatunze Klisto nkichinzi yukugororoka kwiwe kukubera kulekulira ivyaha vyachiyeho. 26 Mukwihana kwiwe. Aya yose yaboneche kugira yelekane ukugororoka kwiwe muriki kihe chubu. Ibi vyalikugira ashobore kwiyemeza wene nyene kuba umugororochi, ni kubonekana yuko aharurira ukugororoko umuntu wewese kukubela ukwizera muri Yesu. 27 Nene rero ukwihaya kuri hehe? Kwarabujijwe. Kwabujijwe ni vyagezwe ki? Mbega vyi bikogwa? namba aliko kwabujijwe nu kwizera. 28 Rero tumara yuko aharungwa ukugorororka kukwizera kutuliho ibikogwa vyivyagezwe. 29 Chanke Imana ni yabayuda gusa? Mbega wenesi Mana yabantu bubanya mahanga kandi? Ego, yabanyamahanga kandi. 30 Nimba kweli Imana alimwe, izobaharurila ukugororoka kwa silamuwe kukwizera, nabatasila muwe munzira yukwizera. 31 Mbeya twebwe twohindura ivyagezwe vyu kwizera? Eka namba! kinyuranye chayo, twebwe turemeza ivyaguzwe.