Sura 2

1 None wewe ntakikugola, wewe kubela mulibidya uchilulubanza nawe ukola ibintu nkivyo nyene. 2 Aliko tulamenya yuko ulubanza gwimana aligukuli hejuru yabakola ibintu nkivyo. 3 Aliko wewe niwiyumvile, wewe uchilulubanza badya bakola ibintu nkivyo nawe ukola ibintu nkivyo nyene. Mbe ulochinda ulubanza gwimana? 4 Au ulagaya kugila neza kwinki kwiwe, kuchelegwa kwikihano no kwihangana kwiwe? Mbe ntumenya yuko ineza yiwe ishakigwa kukongoza kuja kwihana. 5 Aliko nkiko ufishe umutima gukomeye uti hana wibikiye ikihano kuludya musiwo kuhanwa, yaani kuligudya musi gokuchiligwa ulubanza kugololoche ni Mana. 6 Wene azoliha kila muntu ikipimo kihuye ni bikogwa vyiwe. 7 Kulibadya bakola neza bihanganye balonda ishimwe, ichubahilo no kutononekala azobaha ubuzima buta hela. 8 Aliko kulibadya bimenya, batubaha ukuli aliko bubaha ubugaba, ikihano ni shavu likaze liloza. 9 Imana ilozana imibabalo ni ngolane hejuru ya kila muntu yakoze ububi, kumuya hudi kwanza, no kumuyunani kandi. 10 Aliko ishimwe ichubahilo na maholo galoza kuli kila muntu akola vyiza, kumuyahudi kwanza, no kumuyunani kandi. 11 Kubela ntabupendeleo kumana. 12 Kubela nkiko benshi bachumuye atamategeko bazotakala ata mategeko, nkiko benshi bachumuye bamenya amategeko bazo hanwa amategeko. 13 Kubela abumva itegeko, sibo bagoloka imbele Yimana, ahubwo ni badya bakulikiza amategeko bazo haluligwa kugololoka. 14 Kubela abantu bo mwisi, batagila amategeko, bene, babaye itegeko kumutima yabo, naho bene batafishe amategeko. 15 Kwili balelekana yuko ibikogwa bishakigwa bitegechwe na mategeko bilandichwe mumutima yabo. Ijwidyo mumitima yabo kandi lilabashuhudia bene, ivyiyumvilo vyabobila bashitaka au bikabalinda bene nyene. 16 Kandi kumana, ibibiloba kulu siku Imana izochila ulubaza amabanga yabantu bose, sawa sawa ni injili yange, kunzila ya Yesu Klisto. 17 Tuvuge yuko wiyita wewe nyene umuyahudi, yikaye mumategeko, shangiliya ushima Imana. 18 Menya vyishaka, no kupima ibintu bitawhanye nayo, umaze kutumwa namategeko. 19 Tuvuge yuko ufishe ubutinyuchi yuko wewe nyene ulumulongozi wimpumyi, umucho wa badya bali mumwijima, 20 Umuhamuzi wibijuju, umwalimu wa bana, kuko ufishe itegeko ni kisomo nukuli. 21 Wewe lelo, wigisha abandi, mbe, ntiwiyigisha nawe nyene? 22 Wewe uvuga nti musambane, mbe ula sambana? Wewe wanka ibi susilango mbe uliba mwikanisa? 23 Wewe wishimila mumategeko, mbe ntutukisha Imana mukulenga amategeko, kusilamugwa kwawe kubaye kutasilamugwa. 24 Kubela "izina dyi mana hagati yabantu bo mwisi kubela mwebwe" nkiko vyandichwe. 25 Kukubela kusilamugwa kukuli kukwiliye wubaha amategeko, aliko nimba wewe ulenga amategeko, kusilamugwa kwawe kubaye kutasilamugwa. 26 Basi, nihaba, umuntu atasilamwe akuliiza bishakwa na mategeko, mbe kutasilamugwa kwiwe ntikuzobonekana nkiko yoba yalasilamwe? 27 Udya atasilamuwe ntazokuchila ulubanza niitondela amategeko? Ili ni kubela ufishe ivyandichwe vyandiche kusilamugwa aliko kandi ntukulikila amategeko! 28 Kukubela wene sumu yahudi hanze, no kusilamugwa jikudya kohanze kusa kumubili. 29 Aliko wene numuyahudi akwiye nukusilamugwa nukumutima, mumutima, simugwandiko. Isifa yumuntu ameze kutyo ntiva kubantu ahubwo iva kumana.