Sura 1

1 Paulo, umukozi wa Yesu Klisto, yahamagawe kuba intumwa, no kushigwaho kubela ubutumwa bwimana. 2 Iyiniyo njili yasezelanye kela kuhitila kubavuga butumwa biwe muvyandichwe bitakatifu. 3 Mbi husu umwana wiwe, yavuche kuva mumudyango wa Daudi ku mubili. 4 Wene yalatangajwe kumwana wimana kunguvu ya mutima wubwela kukuzuka kwa bafpuye, Yesu Klisto mwami wachu. 5 Kuhitila kuli wene twalalorish inema no kuba intumwa kukubaha kukwizera hagati yabo mwisi bose, kubela izina dyiwe. 6 Mubo mwiyisi mwebwe kandi mwahamagawe kuba aba Yesu Klisto. 7 Iyi baruha ni kulibose bali rumi, bakundwa ni mana, bahamagawe kuba abantu batakatifu. Inema ibe kuli mwebwe, na maholo kuva kumana daha wachu numwami Yesu Klisto. 8 Bulamela, ndashimila Imana yange muli Yesu Klisto kubela mwebwe mwese, kubela ukwizera kwanyu bala kuhubili isi yose. 9 Kubela Imana ni shahidi wange, aliwe nkolela kumitima wange munjili yumwana wiwe, kuntu nguma ndabavuga. 10 Nguma nsenga mumasengo yange yuko kunzila yoyose umwisho ndonkeshe kubushake bwimana kuza iwanyu. 11 Kubela ndifpuza kubabona, kugila bamwe ndabahe ingabile zo mumutima, kugila ndabakomeze. 12 Yaani, ntegeleje kulemeshwa umutima hamwe namwe, kunzila yokwizera kwa kila yumwe mulitwebwe, yanyu ni yange. 13 None bagenzi, sinshakaba mubule kumenya yuko,kenki ndifuza kuza iwanyu, aliko ndatangiliwe kugeza nubu. Ndashaka bati ilikuba namatunda iwanyu nkiko bili kandi mubantu bamwe bo mwisi. 14 Ndishuzwa na bayunani na bagenyi kandi, abamenya na bajuju. 15 None kuluhande gwange, jewe nditeguye kutangaza injili iwanyu kandi mwebwe muli hiyo muli Roma. 16 Kubela simbonela isoni injili, kubela nubushobozi bwimana buzana kulokoka kuli kila uwezera, ku muyahudi bwambele no ku muyunani kandi. 17 Kukubela kugololoka kwimana kwala boneche kuva kukwizera kushicha kukwizera, nkiko vyandichwe "umugololochiazo baho kukwizera kwiwe." 18 Kubela ishavu dyimana dya bonekanye kuva mwijuru hejuru yubuhakanyi nububi bwose bwabantu, badya kunzila yo kutemela banyegeza ukuli. 19 Ili ni kubela, vyose ibishoboka kumenyekana hejuru yimana bili habona iwabo. Kubela Imana yabamenyesheje. 20 Kubela ibintu vyiwe bitabonekana neza vyabaye habona kuhela kulemwa kwisi. Bila menyekana kuhitila kubintu vyalemwe. Ibi bintu nubushobozi bwiwe bwibihe vyose ni asili yubu mana. Amatokeo yaho aba bantu ntachoboba. 21 Ili ni kubela nihobamenye ivyelekeye Imana, ntibubashe Imana, kandi ntibayi shimiye. Ahubwo babaye abapumbavu muvyiyumvilo vyabo, ni mitima yabo ifishe ubujuju ili mumwijima. 22 Biyise yuko alabanya bwenge, alikobabaye ibijuju. 23 Bahindiye ubwela bwimana itononekala kukigelelanyo chi suso yu mwana wamuntu yononekala. niyi nyoni yinyamaswa, vya maguru ane, nayibilemwa vyibulula. 24 Kubela Imana. yalabaleche bakulikile ivyipfuzo vyimitima yabo kubuchafu, kumibili yabo banonekale muli bene. 25 Nibene bahinduye ukuli kwimana kuba ubusheshi, nibobasenzeno kukoleta ibilemwa mukishingo chumulenyi, wene ashimagizwa ibihe vyose. Amina. 26 Kubelicho, Imana yalabaleche bakulikile ivyifpuzo vyabo vyo kumalamala, kubela abagole babo balahi nduye amatumizi yabo yiasili kuli kidya kinyulanye ni asili. 27 Nabagabo nabokandi, balahevye amatumizi yabo yiasili kuba gole bacha batangula kwifpuzana bene kuli bene nyene aba balaabagabo bakola na bagabo bagenzi babo bitabakwiliye, balonse ikihano kikwilanye nubuzimile bwabo. 28 Kubela balanse kuba ni mana mubwenge bwabo, yalaba hevye bakulikile ubwenge bwabo buta kwiye, bakole ibintu bita kwiye. 29 Buzuye amabi yose, ububi, ukwifpuza nabi, buzuye inzigo, ubwichanyi, ubugwanyi, ububeshi, ivyifpuzo bibi. 30 Bene kandi bavuga nabi, aba beshela nabanki mana, abivulugu, bukiburi, abishima, bene ni kazizi bibi, na batubaha abavyeyi babo. 31 Bene ntiba fishe ubwenge, batizegwa, ntachiza chabo ntiba fishe ikigongwe. 32 Bla menya vyimana, yuko abantu bakola ubisusa nivyo bakwiliye kufpa. Aliko sikukola ivyo bintu gusa aliko kandi bene balumvikana na badya bakola ivyo bintu.