Sura 8

1 Haweze umwanya mutoya Yesu atangwa kugenda mu miji na jiji, avuga nikutangaza ubutu mwabwiza bwubwami bwi mana na badya chumi na babili bagiye kumwe nawe. 2 Kudya nyewe nabagoe bakijijiwe imwemumbi ningwara zitandukanye. Bali Mariamu yitwa Magdalena uwaliyakawemwo Abadayimoni mushanju. 3 Na Yowana mukakuza umubwiriza wa Herode Suzana na bagora bandi benshi, babafashisha ivyabo. 4 Na ishangero dya bantu limaze kukoranira hamwe halimwa na bantu baje kwiwe kuva mumiji zitandukanye, avugana nabo kukukoresha akarorero. 5 "Umubivyi agenda kubiba imbuto, ariko arabiba, zimuwe zigwa impande yinzira barazika ndagira, inyonizomukirere zila zinobagura zirazidya. 6 Imbuto zimwe zigwa kurutare, zilijeje kumera ziruma kuko zibuze ahubomvye. 7 Izindi zigwa mumuliwa navyo ivybiti vya maluwa bimerana nizo mbuto birazinyoha. 8 Aliko izindi mwivu dyiza ziramera zivyara impeke ijana kwijana. "Hanyuma Yesu aravuga ayo majambo nijwi rirenga, "Uwowese afishe amatwi niyumve niyumve" 9 Kandi abigishwa biwe baramubaza chuwo mugani usabonwa. 10 Yesu arababwira, "Mwembwe mwahawe kumenya amabanga yu bwami bwi mana, aliko abantu bandi bazokwigishwa ku migami, kugira mibabona ntibabone na nibumva ntiba menye" 11 Na iki nicho umugani usobanwra, imbuto ni jambo dyi mana. 12 Zidya mbuto zaguye imande yinzira nibadya bantu bumva ijambo dyi mana, hanyuma umugwanizi akarikwra mumitima yabo, kugirango ntibizere ngobakizwe. 13 Iza guye kuruare ni badya bantu bumva ijambo bakadyakira numumero ariko ntibagira inizi, yoyose, bizeragusa kumwanya muto, mukihecha mageragezwa bakarireka. 14 Imbuto zaguye mumahwa nabantu badyumvishe maze bariko burigira kukura bukanyoluwa nivyu ubutunzi nu nuhimbaro wubwo buzima ntibavyare ivyamwa. 15 Aliko imbuto zaguye mwivu dyiza ni badya bantu, bitonda mumitima yabo myiza, bamaze kumva ijambo bakun'gumya bakamishwa imbuto nu kwihangana. 16 Kandi, nta mumuntu numwe yodameka itara kugira ngo bwri muntu yinjira asange habona. 17 Kuko atazikokwinyegeza kitozomenyekana chanke ichochose kizoba mwibanga choba kutazomenyekana kiri ahabona. 18 None rero mwiyubare ubudyo mwumva. Kukoufishe, azahabwa chane, aliko utufishe uzokwakwa kitoya chafishe kizotwagwa: 19 Maze nyina wa Yesu nabenewabo baza kwiwe ntibashobora kumushikira kubera ishengero dya bantu. 20 Na baramubwira, "bati umuvyiyi wawe na barumunaywe bari hanze bagamba kubonana nawe. 21 Aliko, Yesu arishura aravuga, "Ati mama wanje nabene mama ni badya bumva ijambo dyi manabakadyaubahiriza" 22 Kumusi umwe mwriyo misi Yesu nabagishwa biwe batambukira mubwato, na arababwira, "Tujabuke tuje hakudya yi kiyaga". Batengura ubwato bwabo. 23 Aliko batanguye kugenda, Yesu arahunira, ni nkubi yumuyaga, nu bwato babo bubanza kuju mumazi na bari kungorane nini chane. 24 Hanyuma abigishwa biwe buza kuriwe kumuvyura, bavuga, mwami! mwami! turihofi kupfa!" arikongwra arakemeya umuyaga nukusuriranya kwa mazi birahora haba akalwekera. 25 Kandi arababwira, "Ukwizera kwanyu kurihehe? Baratinya, baratangara bavugana bwi muntu na mugenziwe, "Uyu ninde, kwabarira nu muyaga na mazi bikamwumvira?" 26 Bagera kumuji wa Galasini ili mwrubandegwi nyumaya Gariraya. 27 Yesu ashiche imusozi, umuntu avye mumuji ahura nawe, na uyu muntu yalimwe abadayimoni. Yaramaze imisi nyinsi atampuzu yambara, ataba munzu, aliko yaba mumva. 28 Abonye Yesu arasemerera, yikubita imele yiwe, avuga nijwi rirenga, nakoze ikikwi wewe, Yesu umwana wi mana isumba vyose? Ndakwinginze, ntubabazejewe". 29 Yesu abarira imwemu mbi zimuvemwo uyo muntu, yahora imutera kenshi. Niho yaba aboheshijwe iminyororo ni kumugumya ni kumurahira, yachagagwra ibimoboshe na badayemoni bakamutwa ra mubugaragwa. 30 Yesu aramubaza, "Izina dyawe ninde? "Arishura avuga, "Legiyoni" kuko abadayimoni bensi balibamwinjiyemwo. 31 Baramwinginga ngo ntababarire kuja mukuzimu. 32 Kandi hari umuku wingurube zariko ziranisha kuruwo musozi, baramwinginga ngo abe merere kuzinjiramwo zo ngirube. Aramerera kukora kutyo. 33 Rero Abadayimoni basokoroka muruwo muntu binjira mwri za ngurube, umukuku wiruka kukatembwe zisuka mukiyaga amazi araziniga. 34 Badya bantu balibaziragira babibonye ikibaye, bachabaralunga biruka kuvuga mujini nihanze yu muji zibazunguruka. 35 Abantu bavyumvishe bagenda kuraba ivyabaye, nabaza kwa Yesu babona umuntu yari na Madayimoni yamuvuyemwo. aliyambaye neza na afishe umwenge bukwiye, yikaye kumaguru ya Yesu na baratinya. 36 Niho umuntu yumwe muribo yabonye ivyabaye atangura kubwira abandi ukuntu uyumuntu yatwagwa nabadayimoni yakikijwe. 37 Abantu bose bo mumukowa wa Gerasi kikije alio baramwinginya Yesu ngo ave aho kukobarinubwoba bwinsi. Yinyira mu bwato asubira inyuma. 38 Umuntu yaliyavuyemwo abadayimoni yinginga Yesu ngo bayenele hamwe, aliko Yesu amubwira agende ni kuvuga, 39 "Subira munzu iwawe uharure bidya vyose imana yakugiriye" Uyo muntu aragenda, amenyesha hose mumuji wose bidya vyose vyo Yesu yukoze kubera we. 40 Yesu asiboraup. ishengero riramusanganira, kubera bari bamurindiriye. 41 Reba haza umuntu yumwe yitwa Yairo niyunuwe nubakuru bi sinagogi. Yairo yitembagaza kubirenge vya Yesu amwinginga aje muhira iwewe. 42 Kuko yarifishe umwana yumwe wuukabwagusa, yarifishe imyaka chumi za zibili, na yariko arahwera. Na arikoaragenda ikoraniro ayi band kwriwe. 43 Umugora agwaye ubutinyanka inyaka chumi nibili yari hadya na yakoresheje amahera menshi kubaganga, aliko nta numwe yamujijije. 44 Aza inyuma ya Yesu akora kubuyonga bwi mpuzu ziwe, buno vyene arakira amaraso are hagarara. 45 Yesu aravuga, "Ninde yoba ankozeko? "Bahakanye bose, Peto aravuga, ati mwami nishengero rikutuyaye hagati rikubanda" 46 Aliko Yesu aravuga, "Umuntu yumwe yankozeko, kuko numvishe ubushobozi bumvuyemwo. 47 Uwo mugora abonye yuko atashobora kunyegeza ichoyakoze, abanza kulinda akashichi, yikubita hasi imbele za Yesu amubwira ibele ya bantu bose ichatuvuye amukoroka na kudya yakize muruwo mwanya. 48 Aramwishura ati, "Mkobwa, ukwizera kwawe kurakugize muzima. Genda na mahoro. 49 Akiliko aravuga, umuntu yumwe azakuva munzu yu mukuru wisinagogi, avuga at "Umukobwa wawe yapyuye. Ureke kugora umwigisha". 50 Aliko Yesu yumvishe ivyo, aramwishura, "Ntutinye. Izera gusa, na arakizwa" 51 Hanyuma yinjiye muriyo nzu, ntiyagira uwundi muntu akundira kwinjira na nawe, atani Peto na Yohana na Yakobo se wuyo mukobwa na nyina wiwe. 52 Abantu bose barikoburamuririra batura nijwi kubera we, aliko aravuga, "Ntimutere induru, ntaralwera, aliko aradyamye gusa". 53 Aliko baramuseka bamushinyagwa, bazi yuko yalwereye. 54 Aliko wene amufata ukuboko uwo mukobwa, avuga nijwi rerenga at, "Mwana vyuka". 55 Imwemu ziwe ziragaruka, avyuka muruwo muanya ababwira muruwo mwanya bamugabwriya. 56 Abavyeji biwe baratangara, aliko ababwira abihaniza ati ntihagire umuntu numwe babwira ichabaye.