Sura 7
1
Yesu amaze kila kintu yalimwoalavuga kubantu bamwamviliza, yingije Kapernaumu.
2
Umushumbawu mwanajeshi mukulu, yaliwakamalu chane kulive, yaligwaye chane alimahututi.
3
Aliko yaliyumvishe ihabariza Yesu, udya nukulu wabana jeshi yatumye umutwale wa Bayahudu, kumusaba aze kumukiza umushumba wiwe ntafpe.
4
Basohoye hufi na Yesu, bamusavye numwete bavuga, "Bilabeleye yuko ushakigwa kumukolela kutyo.
5
Kubela akunda ikihugu chachu, niwe yubache isinagogi yachu".
6
Yesu ajama nabene. Aliko atalagende kuleninzi, umuofisa yumwe yatumye bagenziwe kuganila na wene, "Mwamintiwiliishe kubelajewe sikwiliye wewe wingila muriza yange.
7
Kubela sindiyumviye nange yukobibeleye konza kwawe, alikovuga ijambo kusa umukozi wange alakila.
8
Kuko nange kandi ndumuntu ya sizwe kubutegechi ndafishe abanajeshi balihasi yange. Ndabwila uyu "Genda" alegenda , no kuyundi "Ingo" nawe alaza, no kumkozi wange "Kola kino" nawene alakola"
9
Yesu yumvisha kutyoyala tangaye, ahindukilila ikitelane chali kimukulikiye alavuga. "Natababwile, sindigole mbona umuntu afishe ukwizera kunini nkuyu mubisraeli.
10
Badya batumwe basubiye muhila basanze umukozi akomeye.
11
Hanyuma yaho, Yesu agenda mumuji witwa Naini. Abanafunzi biwe bagenda na wene bajanye na bantu benki.
12
Asohoye hofi yumudyango wijiji babona, umuntu yafpuye bali bamutaluye, yalimwana yumwe kwanyina wiwe. Yalumufpakazi, abantu benki kuva mulidyojiji bali hamwenawene.
13
Umwami ambonye alamwegela kukigongwe kinini chana hijini yiwe alamubwila "Ntulile".
14
Yagela imbele akola kwijeneza balibantaye mwo umubili, bodya bali bateluye balahagalala avugu, "Musole ndavue vyuka".
15
Umupfu alavyuka yikala hasi atangula kuvuga. Male Yesu amukabizi kwa nina wiwe.
16
Male bose bategwa nabwoba. Bashinila imana bavuga umuvugishwa nimana agambalaye asaluche mulitwebwe ni "Mana yalevye abantu bayo"
17
Izi habari nziza za Yesu zakwiye Yudeya yose no kumikoa yose jirani.
18
Abanafunzi ba Yohana bamubwiye ibibintu vyose.
19
Niho Yohana yahamagala babili mubanafunzi biwe abatuma kimwami kuvuga, "Wewe niwe yudya akwiliye kuza autwitege nyundi?
20
Basokoye hofiya Yesu ababalavuze, "Yohana umubatiza yatutunye kwawe kuvuga, "Wewe uliwayundu awilive kuza au twitege uyundi?
21
Mulugo mwanya yakijiji benki igwala nabalimumateso, abantu balibalahumye Yakaha kubena.
22
Yesu alishula ababwila, "Nimwasubila yo mwavuye mulomubalile Yohana cho mwabonye mwumvishe. Abahumye balakila kubona ni bimuga bila tambula, abafishe imibembe balakila, ibiziba matwi bilumva, abafpu balazugwa bakakomela kandi, abakene balabwingwa ihabari nziza.
23
Umuntu atazoleka kunyizera kubela ibikogwa vyange alahazagiwe"
24
Hanyuma badya batumwe na Yohana basubiye yobavuye, Yesu atangula kubwila ikitelane vya Yohana, "Mwagiye hanze kulabiki, umwanzi gulungabangwa numuyaga?
25
Aliko mwagiye hance kulabaiki, umuntu yambaye neza? Laba atantu bambala imyendazi chami bakabaho amaisha yi raha bali mumwanya wu mwami.
26
Aliko mugenda hanze kulaba iki, umuvugishwa? Ego, mvuga kulimwembe chana kusuvya kumuvugishwa.
27
Uyu niweyandichwe, Laba, ndamutumye umujumbe wange imbele ya maso yangu, alokwandala inzila yange.
28
Ndabawila, mubavyawe bose numugole, ntamukulu nka Yohana, aliko umuntu muto aliba ni mana ahoyitiyene, azoba mukulu kusumba Yohana"
29
Abantu bose bumvishivyo nabatoza ikoli, baliho mulibene ababatijwe kulubatizo gwa Yohana bemeye kugololoka viwi mana.
30
Aliko a Bafarisayo nabanyabwenge ba mategeko yakiyahusi, bodya batabatijwe na wene balanse ubwenge bwimana kulibene ngene.
31
Kandi no basubilanya niki abantu bulu luvyalo? bame kute?.
32
Basusa na bana batamba mwisoko, bikala bahamagalana yumwe kuyundi bavuga, tubateye ifilimbi, ntamwatavye twabaye na malila ntimwalize.
33
Yohana umubatiza yalaje ntiyaliye umukata kandi ntiya nyoye idivai, muvuga ilafishe imfemu yibi.
34
Umwana wumuntu aje adya nokunywa muvuga, "Laba nu muhuvyi ni mbolezi, umugenzi wabatoza koli nabanyavyaha!
35
Aliko ubwenge bumenyekana yuko bugololoche kubana biwe bose.
36
Yumwe mubafarisayo yasavye Yesu agende kudya hamwe nawene. Yesu amaze kwingila munzu yumufarisayo, yegamiye kwidya meza.
37
Laba halumugole yume mwalidyajiji yalifishe ivyaha. Ameya yuko yikaye kumufarisayo, azana ichupa ya mavuta.
38
Yalagaze inyuma yiwe hofi ya maguru yiwe alila. Kandi yambanjij kubomeka amaguru yiwe kumasozi, no kuhana gula kumuchachi wu mutwe wiwe, asomagula amaguru yiwe no kuya siga amavuta.
39
Udya mufarisayo yaliyahamagaye Yesu abonyevyo, aliyumvila wenyene avuga, "Nimba uyu muntu yobaye umuvugishwa, yomenye uyu ninde numugole amezekute amukolako, yuko alumunyavyaha.
40
Yesu alishula no kumubwila, "Simoni ndini kintu cho kukubwila "Alavuga" kivuge kusa mwalimu!"
41
Yesu alavuga, "Haliho abadaiwa babili kuwabakupeye yumwe, yumwe yadaiwa idinari amajana atanu wakabili yadaiwa idinari milongo itenu.
42
Balabuze amahela yo kumuliha alabahebela bose ninde azo mukunda kusuvya?
43
Simoni alishula avuga, "Ndibaza uwahebewe vyinsi" Yesu alamubwila, "Uchiye ulubanza gukuli"
44
Yesu ahindukilila vyo mugole abwila Simoni, "Ulamubona uyumugole. Ningiye munzu yawe. Ntiwampaye amazi kukubela angulu yange, aliko nyu, kumasozi yiwe, yatalaje amagulu yange no kuyahana gula kumuchachi wiwe.
45
Ntiwansamaguye, aliko wene, kuwa ningiye umuntiyaleche kusomagula amagulu yange.
46
Ntiwasize amagulu yange amavuta, aliko yasize amagulu yange kubimotaneza.
47
Kwili jambo, ndullubwila yuko yalafishe ivyaha vyinki alaganyiwe kusuvya, kandi yakunze kusuvya. Aliko uwaganyiwe bito, akunda katokusa"
48
Hanyuma abwilavyo mugole, "Ivyaha vyawe bilaganyi.
49
Badya bikaye kumeza hamwe na wene batangula kivugana bene kuli bene, "Uyu ninde mpaangangila ni vyaha?"
50
Yesu alamubwila uyo mugole, "Ukwizera kwawekula kukijije genda na maholo"