Sura 6

1 Habaye kwisabato Yesu yalimwo alagenda acha mumulima abanafunzi biwe balulizimishi yinafaka bazivingela mumuboko yabo baladya. 2 Alikobamwe mubafarisayo balavunga, " nikuki mukola kizila kumategeko kukogwa kwisabato: 3 Yesu, alabishula, avuga, "Ntahomula some ili Daudi yakoze hoyalifishe inzala, wene nabandibagabobali hamwe? 4 Yagiye munzu yimana, atolaimikate, mitakatifu alayidya, atola niyindi aheleza bobalihamwe balayidya, niho yalilekuliwe amakuhani kusa kuyidya" 5 Alababwila, "Umwana wumuntu nu mwami wisabato" 6 Vyalabaye kandi yigindi sabato yagiye mwi sinagogi yigisha abantu hiyo. Haliho umuntu kuboko bwiwe kwiwe kukudyo kwali kwala nyunyiche. 7 Abandichi na Bafarisayo balamugenza kugila babone kwa kiza umuntu kumusi wi sabato, kugila balonke chotuma bamushitaka koya koze ikosa. 8 Aliko yalamenye chobiyumvila alavuga kumuntu yaliya lanyunyuche ukubuko, "Vyuka, hagalalangala hayatiya kila yimwe" 9 Yesu avugakulibene, "Ndababaza mwebwe, bilewene kukolaneza kwisabato au nikukola bibi, kukiza ubuzima au kubwonona?" Male alababeba bose abwila yudya muntu. 10 "Golola ukubuko kwawe, "akola kutyo, ukuboko kwiwe kulakila. 11 Aliko buzuye ishavu, balaba zanya bene kulibene chobomukola Yesu. 12 Mwizo siku yagiye kumusozi kusenga, alakesha ijorodyo asenga imana. 13 Hageze mukitondo, yahamagaye abanafunzi biwe, achagula chumi na babili mulibene, yabishe kandi "Intumwa" 14 Amazina ya zidya ntumwa yali Simoni (woyitakandi Petro) na Adrea mwene wabo, Yakobo, Yohana, Filipo, Bartolomayo, 15 Mathayo, Tomaso, na Yakobo mwene Alfayo, Simoni, yitwa zelote. 16 Yuda mwene Yakobo na Yuda iskariote, niwe yamuhemukiye. 17 Yesu yululuche hamwe na bene kuva kumusozi bahagalala ahantu tambalale. Abanafunzi benki balihiyo, hamwene abantu benki kuva yulieya na Yerusalemu nokuva hakudya ya tiro na Sidoni. 18 Baje mumwumviliza no kukizwa igwala zabo. Abantu babazwa ni mpwemu yibi balakijijiwe kandi. 19 Kilayumwe mwichokitelane yagejeje kumukolaho kubela inguvu zo kukiza zalimwo zilava kuliwene, yalabakijije bose. 20 Male aleba abanafunzi biwe alavuga, mulahiliwe mwebwe mula bolo, kubela ubwami bwijuru ni bwanyu. 21 Mulahiliwe mwebwe mufishe inzala ubu, kubela mulohazwa mulahiliwe mwebwe mulila ubu, kubela muloseka. 22 Mulahiliwe mwebwe abantu nibabanka nokubacha no kubavuga nabi, kubela umwana wumuntu. 23 Nezegwa kugomusi nokusimba simba kumunezelo, kubela nubuhakika mzoba ni ngelo nini mwijuru, kubela basokulu banyu bakileye kutyo abavugishwa ni mana. 24 Aliko mulagowe mwebwe mulabatajiri! kubela mwamaze kulonka umunezelo wangu. 25 Mulagowe mwebwe muhazaubu, kubela muloba ninzala hanyuma mulagowe mwebwe museka ubu, kubela muzoba na mulila nakulila hanyuma. 26 Mulagowe mwebwe, nimwashimwanabantu bose! kukubela basewabo bakoleye abavugishwa bububeshi kutyo. 27 Aliko ndavuga iwanyu mwebwe munyumviliza, nimukunde abansi banyu mukolele neza ababanka. 28 Hezagila badya babavuma mwebwe kandi sengela badya babagilala nabi. 29 Ukukubita umusaya ugumwe, muhindukilize nigwa kabili, nimba umuntu akwache ijoho ntumwime ni nkanzo. 30 Hakila wukusega, umuntu niya kwaka ikintu chimali yawe, ntulomusabe gwakugaluze. 31 Nkiko mushaka abantu babakilele, namwe bakolele nkuko. 32 Nimwakunda abantu babakunda mwebwekusa, vyoningelo yakute kwanyu? Kubela na banyavyaha bakunda badya babakunda. 33 Nimwakolelaneza badya babakolela neza mwebwe, iyo ningelo ya kute kwanyu? Kubela nabanyavyahu bakola kutyo. 34 Nimwakopesha ibintu kubantu mwinzera kobalabagaluza, iyo ni ngelo ya kutekwanyu? Nabanyavyaha bala kipesha abanyavyaha, bategeleje kulogaluzwa nkiyo kandi. 35 Aliko kunda abansi banyu, nabakoleleneza, bakipeshe ntimutinye kabata zobagaluza, ingelo yangu izobanini. Muzoba abana buli hejuru, kubela wene ni mwiza kubantu bata shima na babi. 36 Nimube ni kigongwe, nkiko so wanyu afishe ikigongwe. 37 Nimuche ulubanza, mwebwe ntimulochiligwa ulubanza ntimu vume, namwe ntimulovumwa. Ganyila bandi, namwe muloganyigwa. 38 Nimuhe abandi, namwe mulohabwa. Ingelo nyinshi ichindagiwe, isesekaye no kuseseka - bilo seseka mumugulu yanyu. Kubela kukipimo chochose mukolisha kupimisha, ichi kipimo nicho kulokoteshwa kunapimila namwe. 39 Male ababwila ikigelelanyo kandi, "Mbe umuntu alimpumayi yeshobola kulongola uyundi muntu wi mpunyi? Akozekutyo, bose bogwa mukinogo, mbe ntiboguyumwo? 40 Umwanafunzi ntaba mukulu kusumba mwalimu wiwe, aliko kila muntu amaze kwigishwa akamalila azoba nka mwalimu wiwe. 41 Nikukinone ulaba ibihonzi mujisho dya mwene wanyu, nikivuvu kilimujisho dyawe ntukilaba? 42 Woshobola kute kumubwila mwene wangu, mugenzi, ndasaba ndakikukule ikihonzi kili mujisho dyawe, nawe utalevye ukivuvu kilimujisho dyawe nyene? Munyamutima mubi wewe! Banza wikule ikivuvu mujisho dyawe wewenyene, niho ulobonaneza kukula ikihonzi mujisho dya mwene wangu. 43 Kubela nta kituchiza kivyala amatunda mabi, kandi ntakiti kibi kivala amatunda meza. 44 Kubela kila kiti kimenyekana kumatunda yacho. Kubela abantu nitbamula itini kuva kumawha, kandi ntibamula izabibu kuva kumichonkoma. 45 Umuntu mwiza mumali nziza yu mutima wiwe havumwo vyiza, nu muntu mubi mumali yibi yumutima wiwe havamwo ububi. Kubela umunwa wiwe guvuga vyuzuye mumutima wiwe. 46 Nikuki mumpamagala, mwami, mwami, kandi nutakola bidya vyomvuze? 47 Kila muntu aje kwange no kumva amajambo vyos no kuyakutela ikazi, ndobeleka kuntu ali. 48 Asusa nu muntu yubaka inzu yiwe, yimba hasi chane yubaka umusingi hejuru yu mwamba gukomeye . Umwuzule gumazekuza, inkukuli yamazi yakubishe kanzu, aliko ntiyashoboye kuyinyiganyiza, kubela yaliyubachwe neza. 49 Aliko wewese yumva ijambo dyange ntadyabahe, ikigelelanyo chiwe nu muntu yubacheinzu hejiru yubudango hatagila umusingi, umwanga uyisulilako kunguvu, idyanzu yala homvoche chane.