Sura 5

1 Halabaye ikihe abantu bamwegelanila Yesu balamuzunguluka bumviliza ijambo dyi mana, ahoyalihagaze impela yinyanza Genesareti. 2 Yabonye mashua zibili zahagaze impela yi nyanza. Abaliba bali bavuyemwo balimwo baloza imitego yabo. 3 Yesu yingila mwimashua yimwe mulizene, yali ya Simoni amusaba ayitwale mumazi kule kato numulambi. Alikala atangula kwigisha sli mwimashua. 4 Alavuga abwila Simoni, "Yitwale mashua yawe mpaka hagati munyanza wululuche imitego yawe kuloba isamaki: 5 Simani alishula alavuga, mwami, twakoze ikazi ijorodyose, ntitwafashe ikintuchochose, aliko kwijambo dyawe, ndazululucha imitego. 6 Bakaza kutyobegelamije isamaki nyishi mitego yabo itangula kunogoka. 7 Kulivyo, baleka ikimenyecho babagenzi babo bo munyindi mashua kugila baze kubafasha, balaje baluzuza mashua zose, kushichaho zitangula kwibila. 8 Aliko Simoni Peto amaze kubona ivyo, yaguye mumavi ya Yesu alavuga, "Vakwange, kubela jewe ndumuntu winyaha mwami: 9 Kubela yalitangaye, hamwe nabobalihamwe kubulonyi bwi samaki bali bakoze. 10 Ilidya kolonije Yakobo na Yohana abene Zebedayo nibobali bafatanije na Simoni. Yesu abwila Simoni, "Ntutinye kubela kuhela ubu no kwendelea uzoloba abantu". 11 Bamaze kuzana imashua zabu kumulambi baleche kula kingu bakuli kila wene. 12 Yabaye alimugundi muji, umuntu yaliyuzuye imibembe yali hiyo. Mukihe yabona Yesu, yalaguye yuna mika ameso mpaka hasi alamusaba, avuga, "Mwami, nimba ushaka, ulashubula kumpumanula. 13 Male Yesu agolola ukuboko kwiwe amukolaho avuga, "Mtashaka humanuka" iyesaha nyene imibembe imavako. 14 Yala muvihanije ntabibwile umuntu wewese, aliko yamubwiye genda wiyeleka kuma kuhani utange isadaka yo kuhumanugwa kwawe sawa sawa na kidya musa yategeche, kukushuhuda kwabo? 15 Aliko ihabari imuhusu wene ilokwila kugela kule, abantu benkibaza hamwe kumwummviliza ukoyigisha no kukizwa igwala zabo. 16 Aliko mumwanya nu mwanya yagenda mwibanga kusenga. 17 Kumusigumwe muliyo yalimwo aligisha, baliho abafarisayo na balimuba mategeko bakaye ngaho bavuye mubijiji nyinki bilitofauti mumukoa wa Galilaya na Yudeya, kandi nabavuye mumuji wa Yerusalemu. Inguvu yu mwami yalikumwe nawene kukiza. 18 Abantu bamwe balaje, bateluye mukilago umuntu ya nyunyuche, balonda inzila yo kumwigiza kugila bamudyanika hasi imbele ya Yesu. 19 Ntibalase inzila yo kumwingiza kubela abantu benki, kulivyobuliye hijunu kuhushwei gwinzu bala mwululucha udyamuntu hasikuhitila mumatagula, hauru mukilago chiwe hagati ya bantu, imbele ya Yesu. 20 Abonye kwizera kabo, Yesu yalavuze, "Mugenzi, ivyaha vyawe ulaganyiwe". 21 Alabandichi na bafarisayo batanguye kubaza idyo, bavuga. "Uyuninde avuga amalogotano? Ninde yoshobola kuganyila ivyaha atalimana yonyene. 22 Aliko Yesu amenya chubalimwo balinyumvila yalabishuye no kubabusila, "Nikukimubazanya ili mumitima yangu? 23 Nichahe chotosha kuvuga, "Ivyaha vyawe bilaganyiwe, au kuvuga hagalala utambule? 24 Aliko mumenye yuko umwana wamuntu alafishe ubushobozi kwisi kuganyila ivyaha, ndakubwila wewe, "Vyuka, twala ikilago chawe ugende muhila kwawe" 25 Mulugo mwanya nu mwanya alevyuka imbele yabo atwala ikilagi chiwe yali yadyamyeho. Asubila muhila ashimila imana. 26 Kila yume yalatangaye no kushimila imana. Buzuye ubwaba, bavuga, "Tubonye ibintu bitali vya kawaida uyu musi" 27 Hanyuma ivyo bintu bimaza kuba Ysu yalavuye hiyo abona utoza ikoli yitwa Lawi yikaye hobaloleza ikoli. Amubwila. "Nkulikila" 28 Kulivyo, Lawi alahaguluka alu mkusikila, asiga kila kintu nyumu. 29 Male Lawi yandala ubukwe bunini kubela Yesu. Haliho abatoza ikoli benki haliya nabanto benki bikaye imbeyi meza badya hamwe nabo. 30 Aliko abafarisayo na bandichi bene balimwibala bidogela abanafunzi, bavuga, "Nikukimudyo nokunyea nabatoza ikoli hamwe na bandi bantu babanyavyaka? 32 Yesu alishula, "Abantu bakomeye ntibashaka wubavula nibadya kusa bagwaye nibo bamushaka umwe. 31 Sindaje kuhamugala abagololochi bihane, ahubwa kihegala abonyavyaha bihane" 33 Balamubwila, "abomafunzi ba Yohana kenki balisenzesha no kusenga, nabanafunzi ba Bafarisayo nabo bakola kutyo. Aliko abanafunzi bane baladiya no kunywa. 34 Yesu alababwila, "vyoshoboka, umuntu wewese akabapangila abatowe mubukwe bwumukwe kwisonesha mumwanya umukwe akili namwe na bene? 35 Aliko imisiziloza ikihe mukwe azobanwa iwabo, niho mwiyomisi bazokwisonzesha". 36 Male Yesu aganila nabene kubimenyecho. Ntawitabula ikidasu kumwenda mushasha akakilemula kumwenda gwashaje. Niyakola kutyo alotabula umwenda mushasha ikipande kuva kumwenda mushasha ntikilo kwiligwa, kukoleshwa kumwenda gwa zamani. 37 Kandi nta muntu ashila idivai nshasha mubirika vya zeheche niyakola kutyu, idivai nshasha ilopasula kidya chombo ni divai yoseseka, nibirika vyokenonekala. 38 Aliko idivai nshasha lazima ishigwe mubirika bishasha. 39 Ntamuntu amaze kunywa idivai ya kela, ashaka nshasha kubela avuga, "yakela ni nziza"