Sura 9

1 Ahamagara bamwe chumi nababili hamwe, abaha ubushobozi nu bubasha kubadayimoni bose nikukiza abagwaye. 2 Abatuma bagende kubarira abantu ivyu Bwami bwimana ni kukiza abagwaye. 3 Ababwira, "Ntimuzotware ikintu chochose kubera urugenda gwanyu chanke inkoni, chanke isaho cha impamba chanke amahera kandi ntimugira inkanzo zibiri. 4 Inzu yose muzokwinjiramwo, abe ariyo mugumamwo kugeza aho muzovira aho bantu. 5 Kuribadya bzaokwanka kubakira, nimwava muniwo miji muze mukunkumurer umukungugu wo mubirange vyanyu bibe ikimenyecho kubabera ichabona. 6 Baragenda bagendagenda mamihana bavuga ubutumwa bwiza bakiriza abagwaye hose. 7 Rero Herode, umwami yumvishe ivyabaye vyose arazazanigwa chane, kuko bivigwa nabamwengo Yohana abatiza yazuche mubafpuye. 8 Abandi ngo Elia yaseruche na bandi ngoyumuse mubavugishwa bakera yazuchu kandi mubapfuye. 9 Herode aravuga, "Nijewe Yohana namuchiriye izosi, aliko uyo ninde numvako ibimeze bivyo? Na Herode arandera ingene yomubona Yesu. 10 Za ntumwa zigaruche zitandera Yesu buri kintuza koze. Arabatwara hamwe nawe, agenda wenka mumiji witwa Bethisadia. 11 Aliko ikoranirobumvishije ivyelekeje ibi bara mukurikira, arabakira ababwira ivyu Bwamibwi Mana, na yarakijiji badya basha kukizwa. 12 Umusi gugomvye kuhera, bamwe chumi na babili bagenda kuri we bavuga, "But Sezara iko raniro ngo bagenda mumuhama ya hofi ni mwimuji barondere habalumurira na badye, kubera turihano mukahinga". 13 Ariko arababarira at, "Mwebwe ni mubahe icho badya". Baravuga, "Ntitufishe ibirenga ibimanyu bitanu vyi mikate ni samaki zibili, yomba tugiye ni kugura ivyo kudya kubela ili koramiro dyabanantu". 14 Hari abagabo bagera ibihumbibitanu hadya Arababwira abijishwa biwe, "Bikaricha imigwi ya bantu mirongitanu tanu kuribwri mugwi. 15 Rero bakora kutyo abantu bichara hasi. 16 Atora imikate zitanu ni samaki zibili arangamira mwijuru arazihezagira, na arazima nyagura, ahereza abigishwa biwr kugira bazishire imbele ya bantu. 17 Bose baradya barahaga, nibimanyu vyo vyokudya vyarivyasigaye birato ramwa buzuza ibisimbo chumi na babili. 18 Maze yariko, arasenga yiherereye, abigishwa biwe bari kumwe nawe arababaza avuga, Abantu bavugajewe ndinde?" 19 Barishura bavuga, "Yohana abatiza, aliko abandi bavuga Elia, na baveli bavuga yumwe mubavugishwa ni mana bakera yazuche kandi", 20 Arababwira, "Aliko mwebwe muvugajewe ndinde?" Petro yishura avuga, "Kiristo kuva ku mana". 21 Aliko kukubahana, Yesu ababwira kutagira numwe babwira ivyo. 22 Aravuga ati umwana wumuntu akwiye kuzobabazwa mubudyo bwinshi ni kuzokwankwa na bashingantalie na baherezi bauru nabamdichi, na azokwichwa, kumusi ugira kutatuazozuka. 23 Abarabwira bose, "Nimba umuntu wewese ashaka kumkurikira niyiyanke wene vyene, yikorere umusalaba wiwe buri musiyankwrikire. 24 Kuko ugimba kukiza ubugingo bwiwe azobubura, aliko utakaze ubugingo bwiwe kukamaro kunje azokwiza. 25 Mbego vyomurira iki umwana wuntu, nimba yoronka isiyose, aliko akatakaza chanke ni yabwira ubuyingo bwiwe? 26 Kuko umuntu wese bizotera isoni kunyemera no kumera na majambo jenje, kuri we umana wu muntu azomubonera ioni niyabu mubwera bwiwe, nubwera bwa Daha na marayika yera. 27 Aliko ndababwira ubukweli bamwe muri mbebwe bahagaze ngaha, harimwo bamwe batazobona unyopfu kushicha bahone, ubwami bwi mana" 28 Hanyuma yayo majambo haheze imisi nkernumani Yesu avuga ngo atwara Petro, Yohana, na Yakobo baduga kumusozi kusenga. 29 Na aliko arasenga, ishuho ya muso yiwe irahinduka, imyamboro yiwe iba iyera ni kukayangana. 30 Reba hariabugabo babili bagamira nawe! hari Mura na Elia. 31 Babonekana bafishe ubwiza, bavuga ivyo kuzotambura kwiwe agira anonosore iyerusalem. 32 Petro na badya bari kumwe nawe buri baremerewe mitiro dyishi, aliko bikanguye babona ubwiza bwiwe na bagabo babili baribahagaze hamwe nawe. 33 Biboneka bagira batandukane na Yesu, Petro amubwira, "Mwami, nivyiza twebwe kotuguna hano tugombegwa tukore isaya zitatu. Tukore numwe gwawe, urundigwa musa na rumwe gwa Elia". Ntiyamenya ichoriko aravuga. 34 Aliko aravuga ayo, haza ikichu kirabapfundikira, na baratinye babonye bazunguchwa ni kichu. 35 Ijwilivu mukichu livuga, "Riti nguyu umwana wanje natoranije. Ni mumumumvilize wene". 36 Ijwi linunye, Yesu yaliwenka bikara akachetela na muriyo misi ntibabwiye uwosese idyodyose nuyobabonye. 37 Umusi ukurikira, bavuga kumusozi, ishengero linini dya bantu lihura nawe. 38 Reba, umugobo wo mwribo avuga nijwi rirenga, "Ati mwigisha ndagusivye arabe umwana wanje kuko aru mwana wanje wikinege. 39 Urabona mwemu mbi iramufata, akavuza amaborogo, kandi iramujegeza kabimba ifuro mukanwa, nayo imuvamwa kungorane, ikumutuma ububabare bukaze. 40 Nalingize abigishwa bawe kuyisenda iraba na nira. 41 Yesu anishura aravuga, Yemwe bikigihe mutizera na mwazimiye, nidyari nzo kwichara namwe ni kubihangamira namwe? Zana umwana wawe hano" 42 Umusora aliko araza, mwemu mbi imutura husi iramujegeza ningagana ningoga, Aliko Yesu akankamira iyo mwemu ihumanye akiza uwo muhungu amusubizase wiwe. 43 Bose butangazwa ni chubahiro chi mana. Aliko bakitangarira ivyo yukoze vyose abarira abigishwa biwe. 44 Amajambo abichare mumatwi yanyu, kuko umwana wamuntu azoshigwa mumaboko ya bantu" 45 Aliko ntibamenye idyojambo kandi barahishijwe mumaso yabo, kugira ntibaze barimenye. batinya kubimubaza ivyarivyo. 46 Kandi havyuka ibihari mwiribo vyamukuru wabo mwiribo uwariwe. 47 Aliko Yesu abonye ivyo bihari vyo mumitima yabo, utora umwana mutoyi amuhagarika impande yiwe. 48 Na aravuga, "Ati umuntu wewese azekwakira umwana muto nkuyu mwizina dyanje, azokwakira jewe kandi, na uweo wewe azokwakira jewe, azobutoye kandi uwantumye, kuko wi muto mwiri mwebwe niwe ari mukuru" 49 Yohana alishura aravuga, "Mwami twabonye umuntu asenda abadayimoni mwizina dyawe turanubuza, kubera atutukuvikira natwe". 50 Aliko Yesu aramwishura, "Ati ntimumubuze, kuko utari umwansi wangu ari muruhande gwanyu. 51 Maze imisi yiwe youduzwa mwajiru gira ishike yerekueza iyerusalemu. 52 Atuma integuza imbele yiwe nazo ziragenda zija mumihana ya basamariya kumuteguliza. 53 Aliko abantu hiyo ntibamwakira, kikayerekeje iyerusalemu. 54 Abigishwa biwe Yakobo na Yohana babibonye, baramubaza, "Ati muganili ugambo kotubarira u muriro ngutibuke uva mwijuru ubayigize?" 55 Naze arabahindukirira arabakankamira. 56 Nuko baja mujindi mihana. 57 Bariko baragenda munzira yabo, umuntu yumwe aramubwira, "Ndayukurikira ahouja hose. 58 Yesu aramwishura, "Imbwebwe zilinibinogo, ni ngoni zo hejuru zifishe ivyari, aliko umwana wu muntu ntafishe aho adyamika umutwe wiwe. 59 Maze abariri uwundi muntu, "Nkurikira" Aliko wene arishwa, "Mwami ndekura manze ngende kuzika Daha wanje" 60 Aliko wene aramwishura, "Reka abapfu bazike abapfu babo, aliko wewe genda ukwize ivyu bwami bwi mana hose". 61 Kandi uyundi muntu aravuga, "Ndakukurikira mwami, aliko ndekura manze nsezera abari munzu yanje". 62 Aliko Yesu aramwishura nta muntu, ashira ukuboko kwiwe kulima ni kuraba inyuma ubereye ubwami bwi mana".