Sura 22

1 Imisi nikuru yimikate itambiye yari hofi kushika, nayitwa pasika. 2 Abaherezi bakuru na bandichi barondera ingense bokwicha Yesu, kuko batinye abantu. 3 Shetani yinjira muri uda isakiyote, yumwe muri badya bagishwa chumi na babili. 4 Yuda agenda kuja inama na bakuru babaheruzi bakuru ingene yobaronkera Yesu kuribo. 5 Baranezegwa, bumvikana kumula amahera. 6 Nawe aremera, arondera kuntu yobishikiriza Yesu kuribo ishengero litariho. 7 Umusi wi mikate itambiwe urashika, aho umwagazi wintama utangwa. 8 Yesu atuma Petro na Yohana aravuga, "Nimugende mututengwire ivyokudya vya pasika kugira tuze tubidye. 9 Baramubaza, "Bat ugomba tugutugurire hehe?" 10 Arabishura, mwumvitize, nimwaba mwinjiye mujini, umugobeyabo yikoreye ugweso gwa mazi azohura namwe. Muramukurikira mpaka numzu yinjiramwo. 11 Hanyuma mubwira nyeni nzu, "Umwigisha akubwira, "Kirihehe ichumba cha bagenyi, ahosangirira ivyi paika na bigishwa bonye? 12 Araberuka ichumba cho munzu yo hejuru kiteguye, abe arichomuteguriramwo. 13 Baragenda basanga bwi kintu nkuko yakibabwiye. Hanyuma bategura ivyokudya vyi pasika. 14 Umwanya ushiche yichara na za ntumwa. 15 Hanyuma arabubwira, "Nifuje chane kusangira isikukuu yi pasika kumwe nabagishwa banje ntarababanzwa". 16 Kuko ndababwira, "Sinzodya kandi mpaka hizoshikira mubwami bwi mana. 17 Hanyuma Yesu atora ikikombe, amazekushimia mana, aravuga, "Nimutora iki kikombe na musangire mwebwe kwi mwebwe. 18 Kuko ndababwira, sinzonywa kandi kumuzabibu kugeza aho ubwamubwi mana buzozira. 19 Hanyuma atora umukatu, ashimiri mana aramwanyura, arabaha, avuga, "Uyu nu mubili wanje uza kutangwa kubela mwebwe murakora kuti kukunyibuka jewe. 20 Atora ikikombe akigenza gutyo amaze amaze kudya ivyokudya vyo mwijoro aravuga, "iki kikombe nisezerano nishasha mu maraso yanje yaseseche kubera mwebwe. 21 Aliko reba, yudya angura alikumwe nanje kumeza. 22 Kuko umwana wa muntu kweri aragenda nkuko vyashinzwe, ariko uwo muntu amugura azobona ibara!" 23 Babanza kubazanya bene kwibene, ninde muribo agira akore icho kintu. 24 Maze havyuka kuharira mwribo, zuwobagere ranyako kwariwe mukuru uwariwe. 25 Arababwira, "Abami babantu babanyamahanga bafishe ubwami hejuru yabo, na badya bofishe ububasha bwo kuganza hajiru yabo bitwa bubahwa batwale. 26 Aliko ntibishakigwa kobibaguti iwanyu. Hanyuma yaho, reka yudya alimukuru mwri mwebwe abe nka mutoyi nayudya aganza abe nkubakorera. 27 Kuko winde mukuru, yudya yichara kumeza chanke yudya akoregwa?, Mbega siyudya yichara kumeza? Nanje ndihagati mwri mbwebwe mmeze nkubakorera. 28 Aliko mwebwe nimwe mwagumye kumwe nanje mumageragezwa yanje. 29 Ndabaha mwebwe ubwami, nkuko Daha yampayejewe ubwami. 30 Ngo muronke kudya ni kunywa kumeza yanje mubwami bwanje. Kandi muzowichara kumtebe zichubahiro muchire imanza imidyango chumi na zibili zabisilaeli. 31 Simoni, Simoni, menya yuko, shetani yaseze abaronke kugira abatwae nki ngano. 32 Aliko nakusengeye, ngo ukwize kwawe ntikuchindwe. Niwamara kuhinduka kandi uze uremeshe bagenzi bawe. 33 Petro aramubwira, "Mwami, nditeguye kujana nawe mwibohera na hohoba mwrupfu". 34 Yesu aramwishura, "Ndukubwira, Petro, Isake ntiza kubika uyu musi, utaranyihakana ichuro zitatu ngo ntunzi". 35 Hanyuma Yesu aramubwira, "Hanobatwala mwebwe ata mufuko, atashahoyivyo kudya, chanke ibirato, Mbega mwaraherewe ikintu?" Bishura, "Oya". 36 Hanyuma arababwira, "Aliko rero, bwri ufishe umuko, na utore hamwe ni sahoyi vyakudya yudya yoba atafishe inkota ashakigwa aguze impuzu yiwe ayigure yimwe. 37 Kubera ndababwira, vyose vyandichwe kubera jewe bikwiye kushika, na yaharurenywe na banyabichumuro; kuko kidya chavuzwe kwrijewe kigira kishike. 38 Hanyuma baravuga, "Mwami, raba, ngizi ngala inkota zilili". Na arababwira, "Birakwiye". 39 Igihe chivyokudya vyo mwijoro, Yesu avaho, nkuko yahora akkora bwri kanya, agenda kumusozi wi mizeyituni, na bigishwa baramukurikira. 40 Bashishe ababwira, "Musenge kugira ntimuje mumosha babi. 41 Agenda kube nkaho kutera ibuye, arapfukama arasenga. Avuga, "Daha, nimba ugomba nkwrako iki kikombe. 42 Aliko sinkuko nshaka jewe, aliko ivyo ushaka bikoreke". 43 Hanyuma umumarayika ava mwijura aramubonekera, amuha ububasha. 44 Alimukubabara, ashishikara kusenga chane nimpia yiwe iba nkabatamanga manini manini ya maraso atibukira hasi. 45 Amaze kusenga, avako aja aho abigishwa biwe bari na asenga bahumiye kubera umubabaro wabo. 46 Na arababaza, "Kuki muhumira? Muvuvyake musenge, ngo nti muje mumasha mabi. 47 Akiliko arabuga, raba ishengero dya bantu rilaza, halimwa na Yuda, yumwe murizantumwa chumi na zibili aliwe abarongoye. Aja hofiya Yesu ngwamusome. 48 Aliko Yesu aramubwira, "Yuda mbega utanga umwana wu muntu kukumusoma? 49 Muricho kihe bamwe balihafi ya Yesu babonye ivyo bibaye, baravuga, but "Mwami, mbega tubakubite inkota? 50 Hanyuma yumwe muribo akubita umokozi wumuherezi mukuru amucha ukutwi kwiwekwi budyo. 51 Yesu aravuga, "Gezaho, amukora kugutwi kwiwe aramukiza. 52 Yesu avuga kumuherezi mukuru, ni kubakuru bisengero, na buzehe bamuziye, "Mbega munziye nkumwambuzi na muzanye amahiri ni nkota? 53 Imisi zose nama kumwe namwe mwisengero, komutagoroye amaboko yanyu hejuru yanje. Aliko iki nikihe chanyu, nububasha mbumwiza. 54 Baramufata, baramujana, bamwinziza munzuu muherezi mukuru. Aliko, Petro amuja inyuma barenga arenguka. 55 Bachanye Umuriro murugo hagati bichafye hamwe, Petro yichara hagati yabo. 56 Inchoreke yimwe yu mukobwa, iramubona Petro ahoyariyichaye ahabona kubera umuriro, aramuraba aramubwira, "Uyu muntu kandi yalikumwe nawe". 57 Aliko Petro arahakana, aravuga, "Wamugore jewe sindamuzi". 58 Haheze umwana muto, uyundi muntu aramubona aravuga, "Nawe kandi numwe muriba". Aliko Petro arishura, "Wamugabo jewe siwe". 59 Haheze nkisaha yimwe guti, umugabogabo yumwe yaneza yuko, avuga, kweli nyene uu muntu kandi yalikumwe nawe, kubera nmunya galilaya". 60 Aliko Petro aravuga, "Mugabo, sinzi idyo uvuga", Aho nyene akivuga, isake irabika. 61 Arahindukira, umwami aramuraba Petro. Petro yibuka ijambo dyu mwami, ho yamubwira, "Ngo isake iturabika uyumusi, uhakana jewe inchuro zitatu". 62 Agenda hanze, Petro ararila nu mubabaro mwishi. 63 Hanyuma badya bagabogabo barinda Yesu bamushinyagurira na baramukubita. 64 Bamupfuka mumaso, baramubaza, bavuga, "Menya; ninde akukubishe?" 65 Bavuga menshimeshi ganyuranye na Yesu ni kumutuka wene. 66 Hageze mukitonelo, abazehe babanu bubwobwako barakorana, na baheruzi bakuru na bandichi bamutwara mwibaraza. 67 Bavuga, nimba wewe urikiristo, tubwire, "Aliko wene arababwira, "Niho nobabwira, ntimunyizera, 68 na niho nobabaza ntimwonyishura". 69 Aliko kuhera ubu nikuja imbele, umwana wumunti arube, yichaye mukuboko kubudyo kwububasha bwe mana. 70 Bose baravuga, "None rero wewe urumwana wimana? "Yesu arababwira, "Mwebwe murabuze jewe ndiwe". 71 Baravuga, "Kukitukirondera kundi ivyabona? Kukotwebwe nyene twumvishije kuva mukanwa kiwe nyene".