Sura 21

1 Yesu yalalavye alababona abahungu balimwobilalilalo akashimwe kabo mwisendugu. 2 Ambona umupfakazi umwenya wumukene ashilaho ibisenti bibili. 3 Aliko alavuga, "Nululi ndubabwiye yuno mpfakazi wumukene yasizeho vyishi kubasumbu mwese. 4 Benobose batinze zino shimwe kuva kubela ubwishi vyibalinavyo. Aliko yuno mpfakazi, kubela ubukene bwiwe, yatanze amahera yose yiyalifishe kubelayuko yalibayehe kwiwe". 5 Ahonyene abindi balimwo balavuga hejilu yikanisa, ntukintu bimeze dyalababwa namabuye meza namashi kanwa, yalavuze. 6 Kubela kubintu ntivyo muvyomubona, imisi iloza kuko ntabuye nalimwe kubela lilosigera hejulu yibiye yilindi, kukontililolenugwa" 7 Alikobala mubaza, balavuga, "Mwigisha ivyo bilo zadyali? Kandi nikubeliki biloba ikimenyecho kubele binabantu vyawe bilifafi kuza. 8 Yesu alabishura, "Mube ihanga kubela balobobeshele. Kubela beshi baloza kwizina dyanje bavuga, "Jewe ndiwene, na, masaha yalegeleje, ntumabakwilikele. 9 Mwumvishe vyingwano nibivulugu vulugu ntimutinye, kubela ya na majambo bishobole kwahola kwanza aliko, mwiho ntibiliza kusa". 10 Hanyuma alababwila, amahanga yalivyuka kugwana nambahanga ayandi, nu bwami hejulu yu bwami ubundi. 11 Holobaho vyinya mugigima binini, nimara nikiza kubela nabantu hata ntukanye. Haloboho nibintu vyakuinya nibimenyesho vyokutinga kuva mwijulu. 12 Aliko bitalasohole ibita binovyose, boloshilaho amaboke yabo hajulu yabo nikuba hezagira, kubatwara kumasinagogi nimwibolelo, kubezana imbele za bami nibafishe ubushobozi kubela izina dyanje. 13 Lino ilobagululila inzila kubashinka ntahe bwanyu. 14 None nimwamuwelelo imitima yanyu kutalondela kwanyu kwilegula naningoga. 15 Kubela yuko mulobaha amajambo yichubahilo, kuko umugwanizi wanyu wose ntabashobola kuu kubita chankwe kuyihakane. 16 Aliko mulokwanka nyene na bavgeyi banyu, umugenzi wanyu, abakunziwanyu nimukuziwanyu, nabolobicha hulibamwe mwebwe. 17 Mulo kwanka bula muntu umwumwe kubela izina dyanje. 18 Aliko ntanumwe, aliko umushachi umwe wimitwe yanyu ilotakala. 19 Kubele mwalindiye mulozikiza imitima zenyu. 20 Mumaze kubona yelusalemu yalazugushijwe nabasoda, neno nimumenye yuko ubwanongyi bwiwe ulejeleje. 21 Ahobadya baliho yueleya bilukile mumasozi, nabadya baliho hagati yikijiji nibigende, kandi ntumubasigaze baliho mubijiji kwinyila. 22 Kubela bino nisiku zukuhora, kugilango abintu vyose vyandichwe bilonke kushikaneza. 23 Yemwe mwebwe mutishe inda nimwabdya bosa kubela imisiyo. Kubela halobaho umubabola mwishi mukulu wisi, ishavu kubantu ababo. 24 Kandi balogwa kwinkaliza yikipanga kandi balotwalone nakubafata abonyamahanga yose, na yelusalemu ilohonyangwa nabantu wananya mahanga, hadi umasi wabantu wabanyahanga huloba uhezejwe. 25 Halabaho ibemenyecha kubela izuba, ukwezi ni nyenyeli, nikubela ikihugu kiloba numubabela wabanyamahanga, kulbela kwihebula kuvana nu kubombolana munyanza na mawimbi. 26 Holebabo nabantu batakala kubutinyi nukubela kulindiya ibintu biloza hejulu yisi kubela inkomezi zimwijulu zilojugumishwa. 27 Hanyuma balomubone umwana wumuntu aleza mubichu kubela inkomezi nubwiza bukulu. 28 Aliko ivyobinte ivyo hibilotangulila kuboneka, numuhagalale, muvyule imitwe yanyu, kubela wubahagalikila yegeye hafiyanyu". 29 Uesu alababwira kubigelelanijwe, "Nulebe kinokiti, nibitivyose. 30 Imazekutanga bikilibito, mulibonda mwebwenyene nukumenya yuko muchanda bilakwiye bili hafi. 31 Kutyo nyene, mumaze kubone ibinti ivyo bilavuge, mwebwe mumenye yuko ubwami biwmana bulegeleje. 32 Aliko, ndababwiye, ibibihe ntibilochaho, hadi ibintu ivyo vyose bilobe. 33 Ijulu nikihugu bilochahu, aliko amajambo yonje ntigolachaho kandi. 34 Aliko niwilabe wewenyene, kugilango imitima yanyu ntize yuzuzwe nukudandahigwa, nukubalegwa, numwitwaraliko numuzima bono. Kubela yidya siki ilobazila ntumutego. 35 Ntuko umitego kubela iloba hejulu bulumuntu umwe ahole za kubela amaso yasiyose. 36 Aliko mubehofi umusiwose, musengeyuko mulaba nukomeye chone kuyahanga ayo yose biloboho, nukuhagalala, imbele yu mwana wumutu. 37 Ahonyene kumtaga yalimwo aligisha mwikanisa numwijolo yalasahaka hanze nukugenda kukesha kubela imisazi witwa mizeituni. 38 Abantu bose balaje mukitando chakale kugira ba mwu mvilize hagati yikanisa.