Sura 20
1
Haba umusi umwe, Yesu aliko aligisha abantu mwikanisa no kuhubii injili, abahelezi bokulu na bahimu bamategeko balamugiliye hamwe nabazehe.
2
Balaganiliye, balamu, bamubwila, "Tubwile nikubushobozi nyabaki ukola aya majambo? Chabule ninde uyo yaguhaye ubwo bushobozi?
3
Nawe alishula alababwila, "Nanjie kandi ndabalaza ikibazo.
4
Nimumbwile nlubatizo gwa Yohana, mbegwavuye mwijulu chabule kubant?
5
Aliko balabazamya bo kulibo bavuga, kotuvuga, "Gwavuye mvijulu, alatuboza, none komutanyemeye?
6
Kutovuga gwavuye kubantu, abantu bose hano balatutela amabuye, kuko bose bemela yuko Yohana yali umvugishwa.
7
Balamwishula yuko ntibamenya ahogwavuye.
8
Yesu alababwila, "Kandi jewe sindababwila mwebwe nubushobozi nyabaki nkola aya majambo.
9
Alabwila abantu akakalolelo, "Umuntu umwe yalateye isambu dyimizabibu, alolikodesha kubalinyibimizabibu alagenda muyindisi kukihe kilekile.
10
Mukihe chaponzwe, yalatumye umukozi kubalinyi bimizabibu, kugila bamuhe ikiche chamatunda yisambu dyimizabibu. Aliko abalimyi bimizabibu balanka, bamulungika amabokoyonyene.
11
Hanyuma alamutuma uyundi mukozi nawe bala, balamukubita, bamukolela nabi, no kumusubizayo amaboko yonyene.
12
Yalamutumye kandi uwagatatu nawe balamukomeletsa kalamutaga hanze.
13
Hanyuma umukuluwa yasambu alavuga, Nkole iki? Nzotuma umwana wanje nkunda. Hamwe bazo mvubaha.
14
Aliko abalimyi bimizabibu bammbonye, balavuganyebo kulibo bavuga, uyuniwe nulagawa, Tumviche kugila ubulagwa bwiwe bube bwiwachu.
15
Bamusohala hanze yisambu dyimizabibu balamwicha mbe umukulu wisambu yukoze iki?
16
Azoza kubahonya abalinyi bimizabizu, kandi iyosambu azobaha abandi. Nalo bumvishije ayomajambo balavuga imana yavyase.
17
Aliko Yesu alabalaba alavugambe ulugwandiko lusobamla eke? Ibuye banse ababutsi dyabaye ibuye likulu dyo kwi pembe?
18
Kila muntu agwa hejulu yidyo buye, azovunika ibihimba himba. Aliko udya lizogwako hizomuhonda.
19
Kulivyo abanditsi nabakulu babahelezi balalondeye inzila yokumutata mulicho kuhe, balamenya yuko yatanze akatolelo mutibo. Aliko abantu balatinye.
20
Balamulavye kukumwetondela, balatuma abapelelezi bigize antu bukuli, kungila bashobole kulonka ikosa dyo kutihana kwiwe, kugila bamutwalile abatwala na bamategeko.
21
Nabobalambaza, bavaga, "Mwalinyu, tulazi yuko ulavuga no kwigisha amajambo yukulisimahenda hanzwe numuntu wewese, aliko wewe uligisha nkuli kuvyalekeyeinzila yimana.
22
Mbe bilakwiye iwachu kuliha ikoli kulikaisali chabuke oya?
23
Aliko Yesu yamenye umutego wabo, alababwila.
24
Niunyeleke idinali, ikishushanyo nikishusho cho mwande kili hejulu ya yiwe? Balalvuga, ni kwa kaisari.
25
Nawe alabwila, Basi muhe kaisari ivyiwe nikaisari nimana ivyiwe ni mana.
26
Abanditsi na bahelezi bakulu ntibali bafise ubushabozi bwo kukusola kidya chavuzwe imbele ya bantu. Balatangala inyishu yaho ntibavuze ichochose.
27
Bamwe mubasadukayo lamugila, badya bavuga yuko nta kuzuka.
28
Balambaza bavuga, "Mwalimu, Musa yatwandikiye yuko nimba umutu apfiliwe na mugenzi afise umgole atafise umwana akwiye kumutwala umugolewa mugenziwe no kuvyalana nawe kukubela mukulu wiwe.
29
Haliho abagenzi mushanju uwambele yalimuye, alapfa atasize umwana.
30
Nuwakabili kandi.
31
Uwagatatu alamutwala kudya nyene, nkuko nyene uwa mushanju ntiyaske umwana alapfa.
32
Hanyuma wamugolagole kandi alapfa.
33
Mukuzuka azoba umugole wande? Kuko bose mushanju bali bamwimuye.
34
Yesu alababwila, " Abana bo muliyisi balimvula kandi balimugwa.
35
Aliko wewe ukwige kwakila ukuzuka kwa bapfaye no kwingila mubuzima budahula ntibimula chabule ntibimugwa.
36
Aliko badya bwakwiye kwakila ukuzuka kwa bapfuge no kwingila mubuzima budyahela ntibimula chanke ntibimngwa. Kandi ntibashola kupfa kandi kuko balicho kimwe nabamalaika kandi nabana bimana abana bo kuzuka.
37
Aliko uko ubapfu bazozugwa, na musa yalelekanye ahantu munkulu zo mukisanze, hadya yalamuhamagaye umwami nkimana ya Iburahimu nimana ya Isaka na Yakobo.
38
Uwuwene simana yabapfuye, ahubuso nuwabakomeye, kuko bose baba iwiwe.
39
Bamwe mubalimu bamategeko balamwishula, mwalimu, wishuyeneza.
40
Ntabasubiliye kumubaza ibindi bibazo bilinze.
41
Yesu alababwila, nigute abantu bavuga yuko Kristo numwana wa Daudi?
42
Kuko Daudi wenyene alavuga muli zaburi; Umwami yalamubwiye mwami wanje. Ichala kukiboko kubudyo.
43
Mpaka ndabashile abasi bawe hasi ya mugala yawe.
44
Daudi alamuhamala Kristo, "Mwami none azobagute umwana wa Daudi?
45
Abantu bose baliko balamu umviliza balamu bwila banafunzi biwe.
46
Niwilinde abanditsi, bakunda kugenda bambange imyambalo milemite, bakunda indamutso zikwiye mwisoko ni ntebe z chubahilo mumakanisa, nimubiche vyiyabashe mubugeni.
47
Bobo kandi badya inzu zabapfakazi, no kwigila balasenga anasengo malemale ababazokwakila ulubanza hunini chane.