Sura 19
1
Yesu yinjiliye hamgati yeliko.
2
Naho haliho umuntu yatwa Zakayo nawe yalumuku watatoza koli kandi umuntu wumutunzi.
3
Yalungomba kulaba Yesu numuntu nyabaki mungabo ntiyoshobola. Kumubona kubela yuko abantu beshi kukubela yuko yalimungufi chane.
4
Ngutwe alangola kwiluka imbele yabantu alulila kumukuru kungila ashobole kumubona kukubela yuko Yesu yangamba kuchila mwidyanzila iyo.
5
Mumunya Yesu ashiche hadya alulangumila hejulu alamubwila Zakayo ululuka vayo. Kubda unomusi kwiye kwilingwa iwawe.
6
Alangila naningonga alululuka alamwakila nakanya muneza.
7
Abantu bose babanye ivyo balidodomba balavunga angiye kulingwa kumuntu usumunyavyaha.
8
Zakayo alahangalala alababwila umwami laba mwami ingache chitungo dyange ndaboha abakene nemba. Umuntu wese ndangunze nomushumbinza bungila
9
kane.Yesu alamubwila ati vyumusi akakirinzwa kashiche muliyinzu kukubela nawe nu mwan awaibulahimu.
10
Kukubela yuko umwana wimuntu. Yaje kulondela no kukinza abantu banzimiye.
11
Bamanze kuvaivyo yagendeleye kuvugna kandi yalachiye imangani kukubela yuko yalihafi nayelusalemu na balanginze yuko ubwami bwimana balihafi kuboneka mumwana umwe.
12
Nuko alababwila umuganmwa umwe yalangije mugi hungucha kule kungila yakile ubwami hanyuma abungalukane.
13
Ahamangala abakozi bwe chimi alabaha amahela chumi alababwila nimukale vyashala kungela ahadongasuka.
14
Aliko abantu biwe balamwanka ngutwo balamukwiliki zaintumwa bangende kumukulikika na kuvunga ntitushaka umuntu uwu atutengeke.
15
Amanze kungaluka muhila hanyuma yokungingwa umwami abatengeka badya makonzi yaliyasingahinye amahela bahamangangwe kwiwa. Kungilo amenye ivyungu nyabaki balose kukukola ivyashala.
16
Umubwela alanza alavunga mwami amahela yawe yavuyemo angangi chumi kusumba.
17
Uyu mwami alamubwila wanginze neza mukozi mwunza kukubela yuko wabaye umwinzengwa kubela yijambo litoyi uloba numutwale hejulu yimiji kumi.
18
Wakabili alanza alavunga mwami amahela yawe yanginze ayandi atanu.
19
Uyu mwami nalamubwila twala amatengeko hejulu yimiji itanu.
20
Nuyundi alanza alavunga mwami laba amahela yawe ndabiche nenza itekeye mungitambala.
21
Kuko ndatinye kubela yuko wewe ulumunu ukanze. Ukulaho ivyo utasizeho nongusoloma ivyo utateye.
22
Uwomwami alamubwila kumajambo yawa nyenene ndanguchila ulubanza. Ulumukonzi mubi wamanya yukojewe yukondumuntu akanza ngotwala ukinu ntosinzeho nongusoloma ikinu untateye.
23
None kutasizeko amahela yange muubenki kungilango ninangoluka ntwabe hama ninyungu.
24
Uwo mwami alabubwila abantu kulibahanganza ahoati nunumwake amahela no kumuha mudya afise kumi.
25
Vunganye namwe muvungo itamenyekana mungabo ubuilanza hanyuma yaho ndobabwila ichabona vyababa.
26
Kuluo musi mulosenga mwinzi nadyunge kandi sindababwila. Yuko intalosenga kwa baba kubela mwenge.
27
Kuko baba wenyene alabakunda kukubela yuko mwalunkunze jewe no kukubela yuko mulanyinzeye yukondavuye kwababa.
28
Ndavuye kwababa naje mwisi kandi ndavuye mwisi ndangiye kwababa.
29
Abingishwa biwe balavunga ulabonaubu uvunga ukilinkukolesha imingani.
30
Ubuho tumenya yuko umenya vyose kandi nulondela umuntu waliwewese akubanza amaswali kukubela yuko twinzeye yuko wavuye kwa Mungu.
31
Yesu alabishula nene mwinzeye?
32
Laba ubuilaje yaukweli ilasohoye aliho muhavamusambangilika bulumuntu wese ajemuhuyo kwiwe mulondeka mwengenyene mungabo sindijenyene.
33
Kukubelayuko baba alikumwe nange.
34
Balavuga umwami alamushaka.
35
Bacha balamutwalila Yesu balasasa imfunzu zabo hejuju yumwana windongoba balamwihinza Yesu hejulu iwe.
36
Aliko alangenda abantu balalaba sasaivyo bambaye munzila.
37
Aliko alamanuka mumusozi wa muzeetuni abingishwa biwe base balanezengwa no kuhimbanza imana kwinjilinini kukubela yamajambo makulu babonye.
38
Bavunga niwe yahezangiwe umwami aloza kwizina dyimwa amaholomwinjulu ubwinza hejulu.
39
Bakayi abafalisayo kukubela umukutano balamubwila mwingisha banumye abingishwa bawe.
40
Yesu alabashula alababwila ndababila nimba aba banumye amabuye alovunga.
41
Yesu alihafikwengela umuji alabanza?
42
Alavunga namba yuko waba ubimenya nawe kubela umisi iyi amajambo yakuzoniye amahola mungabo ubu bilanyengenjwe mumosi yabo.
43
Kubela yuko imisi zilimozilanza. Aliko umwagi alokubaka ikingenga hafiyawe kukuzunguka no kukukandaminza kuvabiluluhande.
44
Balongutula hasi wewe humwe nabana wawe ntibalokulekula naho ibuye limwe hejulu yibuye. Kukubela yuko ntiwamenye umwanya imana ahoyalimo alakukinza.
45
Yesu alinjila mulusengelo achuamanza kubilukana badya balimo bangulinzamwo.
46
Alababwila, "Vyandichwe inzu yange ilobainzuyamasengo mungabo mwenge mwainginze nkisenga dyabambunzi.
47
Kubela Yesu yanguma yingisha balumusimusengelo makuhani bakulunabigisha amatengeko nabantu bakulu bakulu bangomba kumwicha.
48
Mungabo ntibashaboye kulanika inzila yokukolaivyo kukubela abantu bose balimwo balamvilinza nenza.