Sura 23

1 Ikoraniro dyose lirahagara, bamutwara imbele ya Pilato. 2 Batangura kumagiriza bavuga, "Bat uyu twamubonye agomesha ubwako bwachu, ababuza kutanga ikoridya kaisari na avuga yuko wene nyene nikiristo umwami". 3 Pilato aramubaza avuga, mbega wewe uri umwani wa bayahudi? "Na Yesu aramwishura, avuga, "Wewe uvuze gutyo". 4 Pilato abwira umuheezi mukuru nikoramiro, "Simbo ikichumuro kuruyu muntu". 5 Aliko nabobemeza bavuga, "Yaguma asibanganya abuntu, yigisha iyudaya hose, na kuhera Garilaya ubu ari ngaha. 6 Pilato yumvishe ayo, arabaza yuko uyu muntu ni wa Garilaya: 7 Amenye yuko yari hasi yubutwale bwa Herode, atwara Yesu kwa Herode, na hari Yerusalemu muriyo misi. 8 Herode abonye Yesu, anezegwa chane kubera yashaka kumbona imisi myishi, yalumvishe inkuru ziwe yifuza kubona ni kutangaza kimwe kikogwa nawe. 9 Herode abaza Yesu amajambo menshi, aliko Yesu ntiyamwishura na rimwe. 10 Abaherezi bakuru hamwe na banyambwenge bahagarara bakovya kumwagiriza. 11 Herode hamwe na busirikale biwe, baramutukani kumushinyagurira, bamwambika imyamboro myiza, hanyuma bamusubiza Yesu kwa Pilato. 12 Herode na Pilato baba abagenzi kuhera uwo musi (kuko ubwakare baribankana) 13 Pilato ahamagara hamwe, abaherezi bakuru na babwale ni shengero dya bantu. 14 Arababwira, "Mwanzaniye uyu muntu gwagomesha abantu bakora mabi, na raba, none jewe namuchumagurije imbele yanyu, nta chaha mbona kuriwe kuvyo mwamubeze. 15 Oya, na Herode, nukwo nyene kuko yamutu subije twebwe, nareba ntachochose kikwiye ikihano cho kupfa. 16 Nuko ndamukubita, ndamurekure. 17 (Kuko Pilato yarakwiye kubarakurira umufungwa yamwe kubayahudi mwiyo misi mikuru) 18 Aliko bose basemerera icharimwe, bavuga, Mukure uwo, na uturekurite Baraba. 19 Baraba yariyafunzwe kubera ubwasi bwabaye muriyo nijibwo kwicha. 20 Pilato arababwira kandi, yopfuza kurekura Yesu. 21 Aliko bene burasemerera, bavuga, "but mubambe mubambe". 22 Arababaza ubugira katatu, "Kuki, uyu munt yakoze amabi nyabaki? Sindamubonako ikwiye kumwichisha. None rero komara kumukubita incha ndumurekura. 23 Aliko bemeza nijwi dyo hejuru, bashaka abambwe. Amejwi yabo geramunesha Pilato. 24 Nuko Pilato acha urubanza nkuko bamusa vye. 25 Arekura yudya bashaka yari yafunzwe bamuhoye ubugaranji nubwichanyi. Aliko abaha Yesu kukushaka kwabo. 26 Baliko baramutwara, bufata muntu yunuwe yitwa Simoni wa ukirene, avuye mumisozi, bamukorera umusalaba auheke amukurikira Yesu. 27 Ishengero dya bantu bensi na bagore bari ni huzuri numubabaro kubere Yesu, bari bamu kurikira. 28 Aliko arabahindukiria, Yesu arababwira, "Abakobwabi Yerusalemu, ntimundilite jewe, ni mwititira mwebwe ni kubera abana banyu. 29 Reba, imisi zizoza zobuzovuga, "Hahezagiwe abagumbashe ninda zitavyara, na mabere atonsa. 30 Niho bazabanza kubwira imisozi, "Bati ni mutugweko, ni mirambi, mutufuke". 31 Kuko bagirira batyo ikikibisi, vyoba kutu ikiti chunye?" 32 Abagabo bandi babiri binkozi zikibi, batwagwa kumwe nawe kugira bichwe. 33 Bageze abantu hitwa Nyagihanga bamubambanaho naza nkozi zikibi, yumwe muruhande gwi budyo uyundi muruhande gwu bumoso. 34 Yesu yaravuze, ati Daha, nubaharire, kuko ntibazi ichobakora. Nabo butera ikura bagaba impuzu ziwe. 35 Abantu bahagarara baraba, abatwara nabo bamusekera mwijigo, bavuga, "Yakijije abandi None niyikize wene, nimba wene ari umukiristo wi mana, yatoranijwe" 36 Abasirikare kandi baramugoya, baramwegera wene ni kumuha inkarihsa. 37 Bavuga, "Nimba wewe uri umwami wa bayahudi niwikize wewe nyewe:. 38 Hari kandi ichandiko hejuru yiwe chandichwengo UYU NU MWAMI WA BAYUDA". 39 Yumwe mu nkozi zikibi yabambwe aramutuka avuga at, "Siwewe kiristo? Niwikize wewe nyene natwe". 40 Aliko yudya yandi arishura avuga, "Mbega wewe ntutinya imana, nawe uchiriwe urubanza rumwe nugwiwe? 41 Tweho turingoha kubikwiye kuko tugiriwe ibihwanye nivyo twakoze. Aliko uyu ntiyakoze ikintu chochose kibi". 42 Na arongera, Yesu unyibuke niwinjira mubwami bwawe". 43 Yesu aramubwira, "Izere ndakubwira, uyu musi uzakuba naje muri paradiso". 44 Ahohari hofi yisaha mukaga, umwiji ma uza hejuru yisiyose kugeza isaha mwenda. 45 Izuba rirazima. Hanyuma ikihuzu kikiza ahera hurusengero kitabukira hagati kuhera hejuru. 46 Arila nijwi rihenga, Yesu aravuga, "Daha mumaboko yawe nihonisze ubugingo bwanje, "Amaze kuvuga ayo arapfa. 47 Umugabisha wa basirikale abonje ibibaye ahimbaza imana avuge at kweli uyu muntu yari umugororochi. 48 Ishengero dyabantu dyaje hamwe kushuhudia babonye ibabaye, basubira inyuma ino bakubita mukatuntu kabo. 49 Aliko abagenzi biwe, nabagore baribamukurikiye kuva Galilaya, bahagara kura baraba ivyo. 50 Raba hariho umuntu yitwa Yusufu, uri yumwe mubi baraza, umuntu mwiza kandi umugorohchi, 51 (Uwo ntiyari yafatanije inama na bandi chanke ibikogwa vyabo, kwuva Arimataya, umuji wi kiyahudi, uwaritegereje ubwamibwi mana. 52 Uyu mutnu yegera Pilato, asega umubili wa Yesu. 53 Arawumanura, azingirako impuzu yera, na ushira mumva yimbwe mubitandara vya mabuye itarahambwamweo numwe. 54 Hari umusi wu kwitegura. Isabato igira ishike. 55 Abagore, baribavanye nabo kuva Galilaya, baramukurikira, na babona imva ni kungene umubili wiwe wadyamichwe. 56 Basubira inyuma tatangura kutegura ibimotaneza na mavua atamirana, kandi kwi sabato bararuhuka nkuko vyagezwe.