Sura 9

1 Kumwanya, nkuko Yesu hoyali ahihita, yalabonye umtu wimpumyi kuva kuvuka kwiwe. 2 Abanafunzi biwe bala mubaza, "Umwali ninde ya yakoze ichaha umuntu yuno chanke aba vyeyi biwe kugela havuka impumyi. 3 Yesu alishula, "Siwe yuno muntu kandi umuvyeyi wiwe bakoze icha, aliko nimilimo zimana zibonke kugulu ligwa kuhita iwiwe. 4 Bila tukwiye kuko likozi ziwe nyene yantumye hakili hafikumutaga ijolo lilaje kumwanya halime ntayuliho alo shobola kukola ikazi. 5 Umwanya homba hondimwisi, jewe ndumuchogo mwisi. 6 Hanyuma yiwe Yesu kuvuga ago majambo ayo, yatemye kwisi, yakoze ugondo kuma chante no acha lamuha yudya muntu mumaso na lidya dyondo. 7 Ala mubwila genda unabe ku mwonga we Siloamu (Bisoba nugwa nikukoya tumwe) Ni kubela vyomuntu yalagiye alanaba asubile abona. 8 Ababe bayudya muntu na badya bamubonye kole nkuko umusenzi bala vuze, none yuno siwe numuntu yalimeze yichaye nukusenga?" Abandi balavuze, "ni wene" 9 Na bandi balavuze, "Ntaho aliko bala susanya nawe aliko yaliko alavuga, ni jewe. 10 Ndababwila, "None amaso yane galuguluwe? 11 Yalishuye untu alokwitwa gute Yesu yakoze ugondo nukusiga kumaso yanje nukumbwila, genda siloamu uzekunabo none kubela gende nkanaba nchandonka kubona kandi. 12 Bala mubwila, "Alihe?" Yalishuye, "Simenya" 13 Balamutwale yudya muntu aje kale kuba impuyi kube Falisayo. 14 Na yene yali umusi wi sabato kumwanya Yesu yakoze ugondo nukusiga nukuyu gulula amaso yiwe. 15 Niho kandi abafalisayo balamubaza yalosegute kubena. Yalababwiye, "Yalasizeho ugondo kumaso yanje, ndanaba no kandi ndashobola kuleba. 16 Muli bamwe baba Falisayo balavuga, "Umuntu nkuyu ntalave kumana yo kubela ntafata Isabato, "Abandabala vuze, "Bishoboka gute umuntu wichaha kukola ibiboneka nkivyo?" No kubela bilaba bigaba nyiche kuli bene. 17 Niho bamubaza yudya kipofu kandi, "Uvuga gute hejulu yiwe kubela yuguluye ama soyawe? Impumyi chile vuga numuvugishwa. 18 Kandi umwanya nkugu abayahudi ntiba mwizeye yuko yalimpumyi nawe na lose kuleba kugela ahoba hamagala abavyeyi biwe wenyene boyalose kuleba. 19 Balaba babazije abavyeyi, none yuno mumwana wanyu womuvuga yavuche alimpumyi? Yashoboye gute kuleba?" 20 None bavyoyi banje balishula, "Tulamenya yuko umwana wachu na yuko yavuche impumyi. 21 None niki none abona ntitumenya nawene yamuhumuye amaso yiwe ntitumumenya, mubazewene numuntu akuze yoshobola kwivugila wenyene. 22 Abavyeyi biwe bavuze amajambo ayo, no kubela labatinye aba yahudi. Nkakudya abayahudi balibemelanye neza kwichala, bilaba wewese alemela nkuko Yesu ni mukiza alosigwa impela nulusengelo. 23 None kubela idyo aba vyeyibiwe balavuze, "Nukumuntu akuze mumubaza wene. 24 No kubela kocha kabili balahamagaye yudya muntu igeze kuba impumyi nukumubwila, "Muhe Imana ubwela tulamenya yuko umuntu yuno nuwi dhaha." 25 Niho yudya muntu yishula, "Abe nuwi vyaha jewe sinanya jewe menya. Ikintu kime chomenya ndali impuyi none ndabone. 26 Niho yamubwila, "Yakukoze ibiki? Yuguluye gute amaso yiwe?" 27 Alishula, "Ndamaze kubabwila neza, namwe ntimwa nyumvishije! None mgomba kumviliza kandi? Namwe ntimushaka kuba abigishwa biwe kandi sivyene. 28 Bala mutuche bavuga wewe ulumwigishwa wiwe, aliko twebwe tulabigishwa ba Musa. 29 Tulamenya yuko Imana yalavuze na Musa aliko kuluyumuntu, ntimenya haliya yava. 30 Yudya muntu alishula avuga, kubeliki hino nijambo dyo kutamaza, yuko mutamenya yava, na kandi yuguluye amaso yiwe. 31 Tulamenya yuko Imana ntimviliza abi vyaha aliko halu muntu wewese asenga Imana nakola vyashakewenye Imana ilamwumvilize. 32 Kuva kubanza kumwisi ntibila nyene kumva aliwe wese yuguluye amaso yanje uwavwehe atabona. 33 Aliko umuntu yuno ntiyavuye kwimana ntiyakoze buli kintu. 34 Bali shuye nukumubwila, "Wavuche muvyaha nyene nawe utatugisha twebwe?" Nihoba mwilukanya kuva kwikanisa. 35 Yesu yalumvishije yuko bamukuyeho kwikanisa yamulose nukumubwila, "Wizele umwana wumuntu. 36 Yalishuye nukuvuga, "No nonde umwami, kugila nanje ndonke kumwizela?" 37 Yesu alamubwila, "Wamaze kumubona, nawe avuga nawe ni wene. 38 Yudya muntu achavuga, "Umwami ndizeye, " Nho ya mufukamila. 39 Yesu alavuga, "Kulubanza ndaje kuli yisi yino kugila yuko badya tabona balonke kuleba na badya baleba babe impunyi. 40 Muli badya bafalisayo bali hamwe nawe balumva amajambo ayo nukumubaza, "Natwe kandi tuli impumyi. 41 Yesu alamubwila, "Nkiko yamwaba muli impumyi, ntimwaza ivyaha. None lelo kandi mulavuga, tulaleba ichaha chanyu kilichala."