Sura 8

1 (Wikomeze: Raba insobanulo ya Yohana 7:53- 8:11 aho hejulu) Yesu yalagiye mumusozi wa mizeituni. 2 Kale mugitondo alaza kandi mulusengelo, na bantu bose balamugila; alichala nokubigisha. 3 Abandichi naba falisayo balamuzanila umugole yafashwe mugi kogwacho gusambana bala mushila hagati . 4 (Wikomeze: Raba inzobanulo ya Yohana 7:53-8:11 aho hejulu) Niho bamubwila Yesu, "Mwigisha, uwu mugole yafashwe mugusambana, mugikogwa iki kabisa. 5 Ubu, mumategeko, Musa yatutegeche kubatela amabuye abantu kaba, uvuga gute hejulu yiwe? 6 Bavuze ibi kudya ngo bamutege kudya ngo yuko balonke ijambo dyo kumulega aliko Yesu alinama hasi alandika hasikuluto kwgwiwe. 7 (Wikomeze: Raba inzobanulo ya Yohana 7:53-8:11 aho hejulu) Babanda nije kumubaza yalahagaze alababwila, 8 "Uwutafise ichaha mulimwege abe uwa mbele kumutela amabuye." Alunama kandi hasi, alandika hasi kulotokegwiwe. 9 (Wikomeze: Raba insigulo ya Yohana 7:53-8:11 aho hejulu) Bumvishije ivyo, balagiye umwe hanyuma yuwundi, kuhela uwalumuzehe umwisho Yesu yasigaye wenka, hamwe numugole yali hagati yabo. 10 Yesu yalahagaze nokumwubila, "Wamugole, aba kulega balihe? Ntauliho numwe yachiliye ulubanza?" 11 Alavuga, "Ntanumwe mwami." Yesu alavuga, "Nanje sinda kuchila ulubanza. Genda izila yawe; kuhela ubu nokuba ndanya ntulo kole ichaha kandi." 12 Kandi Yesu alavuga nabantu avuga, "Jewe ndumucho wisi; uwu nkwilikiye ntalo gendagenda numwijima ahubwo azoba numucho wubugingo." 13 Abafalisayo balamubwila, "Ulichabona wewenyene intahe yawe siyu kuli." 14 Yesu alishula alamubwila, "Nahonzo kwishingila intahe ahantu navuye na haliya ndimo ndagenda, aliko mwege ntimumenya ahantu mvuye chanke haliya yongenda. 15 Mwege mufishe ulubanza gumubili, jewe sinda muchila ulubanza uwo wese. 16 Jewe naho ulubanza, ulubanza gwanje nukuli Daha yantumvye. 17 Ego nomumategeko yanyu bilandichwe yuko ivyabona vyaba ntubabili nivyu kuli. 18 Jewe nije nibela ichabona, na Daha yantumvye alambela ichabona." 19 Bala mubwila, "Daha wawe alihe?" Yesu alishula, "Jewe ntimunzi chanke Daha wanje ntimumenya; yomwamenya jewe, mwomumenya na Daha wanje kandi." 20 Yalavuze amajambo aya ali hafi na hazina aho yalimwo aligisha mulu sengelo, kandi ntanumwe bado italashika. 21 Sawa alababwila kandi, "Ndagiye vyanje muzo ndondela kandi muzo afya muvyaha vyanyu haliya ngenda, ntimushobola kuza" 22 Abayahudi balavuga, "Azo kwiyichab wene nyene aliwe yavuze, haliya ngenda ntimushobola kuza?" 23 Yesu alababwila, "Mulava hasi jewe mva hejulu mwege mulabisi iyi jewe sindi uwisi iyi. 24 None lelo ndababwila yuko muzopfwa muvyaha vyanyu atalivyo mwizehe yuko JEWE NDIWE, muzopfwa muvyaha vyanyu." 25 None bala mubwila, vyabindi nababwiye kuva muntango. 26 Ndafishe amajambo menshi yokuvuga no kucha ulubanza hejulu yanyu. No kulivyo, wene yantu mvye niwu kuli: na majambo yo numvishije kuva iwiwe amajambo ayo avuga kwisi." 27 Ntiba mumenye yuko yalimwo alavuga nanabo kubela Daha. 28 Yesu alavuga, "Nimwa mwuna mula hejulu umwana wumuntu niho muzo menya yuko JEWE NDIWE, na yuko ntakola chochose kubwunjutima wanje nka Daha ukoyanyi gishije, ndavuga amajambo aya. 29 Wene yantumvye alihamwe nanje, kandi wene ntalandeka jenyene, none bulakanya ndakola bidya bimubela." 30 Mugihe Yesu avuga amajambo aya beshi balamwizeye. 31 Yesu alavuga kuli badya bayahudi bamwizela, "nimba muzo kwichala mumajambo yanje, niho muzoba abigishwa banje bukuli. 32 Namwe muzomenya ukuli, nukuli kuzoba bohola." 33 Balamwishuye, "Twege tululu vyalogwa ibulahi mukandi ntituligela tuba hasi yubutumwa bwuwowesi, uzovuga gute, "tuzo bohogwa?" 34 Yesu yalabishuye, "Nimwizele, nimwizele, ndababwila bulumuntu akola ichaha numutumwa wivyaha. 35 Umutumwa ntiyichala muhila igihe chose Umwana abaho imisi yose. 36 None, nimba umwana ababohola, muzoba mubohowe kweli kabisa." 37 Ndazi yuko mwege mululu vyalo gwa iblahimu, mulondela kunyicha kubela ijambo dyanje ntamwanya lifise imbele yanyu. 38 Ndavuga amajambo yona bonye hamwe na Daha wanje, mwege budya nyene muko la amajambo yomwu mvishije kuva kwa Baba wanyu." 39 Balishuye nokumubwila, "Baba wanyu ni Ablahamu. "Yesu alababwila, yomwaba abana ba Iblahimu, mwokoze, ikazi za Iblahimu. 40 Nubulelo mulondela kunyicha, umuntu yababwiye ukuli yuko numvishije kuva kumana. Ablahamu ntiyakoze ibi. 41 Mukola ikazi za Baba wanyu. "Balamubwila," Ntiwa vuche mubusambanyi, tufishe Daha umwe, Imana." 42 Yesu alababwila, "Nimba Imana ali Daha wanyu, mwokunze jewe, kubela navuye kumana; chanke sinaje kubwiwanje, ahubwo wene yalantumvye. 43 Kubeliki muta bimenya amajambo yanje? Kukubela mutashobola kwihangana kuyumviliza amajambo yanje. 44 Mwege muliba Baba wanyu shetani kandi mushaka kukola ivyifuzo vya Baba wanyu yali umwi chanyi kuva muntango kandi ntimushobola kuhagalala mukuli kubela ukuli ntikuli imbele yiwe. Iyo avuze ububeshi, avuga kuva kunge yiwe kubela numubeshi na Daha wumubeshi. 45 Nubu nyene, kukubela mvuga ibili ukuli, ntimunyizela. 46 Ninde hagati yanyu ashingila ntahe yuko nfishe ichaha? Nimba mvuga ibilukuli kubeliki muta nyizela? 47 Wene aliwe Imana ayumviliza amajambo yimana; Mwege ntimuvyumva kubela mwegenti muli Imana." 48 Abayahudi bala mwishula nokumubwila ntitula vuga ukuli yuko wewe ulumusamalia kandi ufise amadaimoni?" 49 Yesu alabishula, sifishe abadaimoni; aliko ndubaha Daha wanje, namwe mula mwubaha. 50 Sindondela ubwela bwanje; Haliho umwe alondela no kucha ulubanza. 51 Izele izele, ndababwila, habaye uwo wese azolifata ijambo dyanje, ntazobona ulupfu kandi." 52 Abayahudi balamubwila, "Ubutulazi yuko ufise ipepo. Ablahamu nabavugishwa balapfuye alikoula vuga, Nimba umuntu azo lifata ijambo dyanje, ntazo bonza ulupfu. 53 Wewe ntulu mukulu kusumba Daha wachu Ablahamu yapfuye sivyo? Abavugishwa kandi bapfuye. Wewe wikola kubande?" 54 Yesu alishula, "Nimba nzo kwitunga jewe nyene, ubwela bwanje ni gusa; ni daha wanje antunga udya muvuga yuko ali Imana yanyu. 55 Mwege ntimula mumenya wene, aliko jewe ndamu menya wene, nimba nzovuga, sindamuzi nzoba nkamwe, umubeshi, nokulivyo ndamuzi namajambo yiwe nalayafashe. 56 Daha wanyu Ablahamu yalashangiliye uko azabona umusi wanje; yalaibonye kandi ya lanezelewe." 57 Abayahudi balamubwila, "Ntulageza Imiaka igihe chimiaka milongitano bado, nawe wamubonye ibulahamu?" 58 Yesu alamubwila, "Izele, izele ndababwilaha nyuma Abulahamu atalavuka JEWE NDIYO." 59 Niho batolana amabuye bashobole kumukubita aliko Yesu yali nyegeje naacha alasohoka hanze yulu sengelo.