Sura 10

1 Izele izele ndababila idya alalokwinjila mumudyango wulungo ngwi ntama mungabo alulila kunzila iyindi umuntu wo numusuma kandi numwambunzi. 2 Wene yinjila mumudyako numunongenzi wintama. 3 Iwe numulinzi womudyako alamwingila intama bumvishi isauti alabaha mangala intama ziwe na amazi na yabo no kubasohola hanze. 4 Amaze kubasohola hanze ababokwiwe abaja abaja imbele ni ntama zilamukwilikila kukubela balamenya inji dyiwe. 5 Ntibo kwilikila umunginyi mungabo hanyuma yaho balo mwikulaho kubela batamenya injwi zabangenyi. 6 Yesu avanga ikingelelanyo iki iwabo mungabo ntibabimenye amajambo ayo yavunga iwabo. 7 Yesu avunga nabo kandi izele izele ndababwila jewe ndumu dyako wintama. 8 Abase batanguye nabasuma kandi na bambuzi mungabo intama ntizibuvu. 9 Jewe ndilungi udya wese yinjila achiliye iwanje alokizwa alokwinjili imbel no kuvayo nawe alolonka ahalila. 10 Umusuma nkanza ataliko yiba no kwicha no kuhonya ndalaje kubela balanke ubunzima babe nabwo buhangaze. 11 Jewe ndumunongezi mwinza umunongezi mwinza nkatanga ubuzima bwiwe kubela yintama ziwe. 12 Umukozi yahawe akazi atalumunongezi aliko itama ataliziwe ntaleba amabingila yangaje alabaleka no kwiluka intama. 13 Amabingila ngalazifata nokuzisambaza zililuka kukubela alumukozi yahawe akazi ntiyi taho intama. 14 Jewe ndumulangizi mwinza kandi ndabitaho abokwaluka kukubela alumukozi yahawe akazi ntiyi taho intama. 15 Baba alamenya nange ndamumenya baba nange ndatanga uzima bwanje kukubela yintama. 16 Ndafise intama nyishi kandi batalimulungo luno abo kandi bakwiye ndabazane nabo balanyumva injwi dyange kungitango habeho umungwi umwe numunongezi umume. 17 Ikinichongitumve baba ankunda nange ubunzima bwanje hanyuma ndabutwale kandi. 18 Ntamuntu abumenya kuva iwange mungabo jewe ndabatanga jewe nyene nafise ubutengeko bwo kubutanga jewe nyene nafise ubutengeko bo kubutwala kandi ndakiliye dyo ndatumwe ili kuva kwa baba. 19 Ubuchakubili kandi bulaba hangati ya bayahundi kukubela amajambo aya. 20 Abeshi babo balavunga alafise imvemu kandi bali ni kibuli kukubeliki mumumvulinza?" 21 Abeshi balavunga aya samajambo yumuntu yasaze ni mvwemu imvwemu lilashobala kuhumula amaso yimpumvi. 22 Ni hohaza umusi mukulu wongushingwho ukwenzwa Yerusalemu. 23 Hali mungihe chimbeho na Yesu yalimwo alangendagenda mulusengelo kubela ikibunga cha Selemani. 24 Niho abayahudi bamukikinza bala mubwila ni mpaka dyali ulotungayisha? Niba wewe ulikilisto tubwileneza. 25 Yesu alabishula dalamaze kubabwila mungabo nkimwemela ikazi zikongwa mwizinadya baba wange izizemengwa hejulu yange. 26 Mungabo kwivyo nkimwemela kubela yuko mwenge mutalintama zange. 27 Intama zange zupfishe isauti yange dabamenya nabo balakwilikila jewe. 28 Ndalabahaye ubungingo butahela ntimulohona kandi nkanumwe alobatwala kuva mumaboko yange. 29 Baba wange yampaye abo nimukulu kusumba abandi bose kandi nkanumwe afise ubusobozi bwokubatwala kuva mumaboko ya baba. 30 Jewe ni Baba na umwe. 31 Balatoya amabuye kungilango bamutele kandi. 32 Yesu alabishula ndabalabeleche ikazi nyishi zinza kuva mwababa ni kazi yahe hangati yinzi mungomba mutele amabuye. 33 Abayahudi balamwishula ntitungutela amabuye kwikazi nyinza yoyose imenze nenza mungabo kukulogotwa kubela wewe ulumuntu wingila yuko ulimana. 34 Yesu alabishula nkivandichwe kubela amatengeko yanyu ndalavuze mwenge ni ngishushanyo. 35 Bilaba alabita ibishushanyo kwa badaya bijambodyimana dyalabaziye (amandiko ngatashobola kononekala.) 36 Mulavunga hejulu yaudya baba yalumutanze nokumutuma kubela abalimwisi ubwele kubela ndavuze jewe ndumwana wimana. 37 Nimba intakola ikanzi za baba wange ndimunyemele. 38 Nimba alingundyo nkola noho mwoba mutanyemela nimwemele ikazi kungila yuko mumenye yuko baba alimulijewe nange yuko ndimuli baba." 39 balondela kandi kungene bomufata Yesu mungabo yalangiye avuye mumaboko yabo. 40 Yesu alangenda wenka kandi hakudya ya Yolodani muluhande Yohana hoyabatilinza ubwambele kandi yikaala hiye. 41 Abantu beshi balaza kwa Yesu balangumve bavunga Yohana kweli nkiyakoze ikimenyecho chochose mungabo amajambo yose yavunze Yohana hejulu yuyumuntu ni kweli. 42 Abantu beshi balamwemela Yesu aho ali.