Sura 11

1 Haliho umuntu yitwa Razaro yaligwaye. Yavuye Bethania mukijiji cha Mariamu namushikwe na Martha. 2 Yali Mariamu yudya nyene aliwe yamusize umwami Mariamu nukumu kwirikila amagulu yiwe kumushachi wiwe, kubela abagenzi biwe Razaro yaligwaye. 3 Niho mushikiwe hawa batamye intumwa kwa Yesu nukuvuga, "Mwami nulabe yudya wama ukunda alagwaye. 4 Yesu amaze kumva alavuga, "Ubugwayi bono sulupfu aliko hanyuma yiwe nikube ubwiza bwimana kugirango umwami wimana ashobole kushimwa kubela bunobugwayi." 5 Yesu yalamukunze Martha na mushikwe na Razaro. 6 Amaze kumva yuko Razaro alagwayeb Yesu yalichaye imisi zibili hejulu ahantu hiyalili. 7 Niho hanyuma yalababwiye abigishwa biwe, "Tugende uyahudi kandi. 8 Abigishwa balamubwira, "Rabi abayahudi balashoboye kukuhonda amabuye nawe ushaka kusubilayo kandi?" 9 Yesu alabishula, "Isaha zumutaga sichumi na zibili? Umuntu alimwo alagenda kumutaga ntashobola kuchitora kubela alabona kumwanga wumutaka. 10 Aho nyene namba alogenda genda mwisolo alochitara kubela umwanga ntayilimwo hagati yiwe." 11 Yesu alavuga, amajambo yano nayandi amajambo ayo, Alababwira, "Mukuzi wachu Lazaro, Aliko bene avuga hejulu kugilango ndonke kumuvyura kuva kwitila. 12 Niho abigishwa balamubwira, "Mwami ndama ya dyange alaza kudyuka. 13 Aho nyene Yesu yalimwo alavuga ibintu vyulupfu gwa Lazaro, Aliko bene bagira avuga hejulu yukudyama kwitilo. 14 Niho Yesu alavuga nabo aho nyene, "Lazaro yapfuye. 15 Ndanezewe kubela mwebwe, kubela sindahilo haliya kugilango mulonke kwizera. Tugende uwiwe." 16 Basi Tomaso, aliwe yitwa pacha, yalababwiye abigishwa bagenziwe, "Natwe tugende nyene tupfe hamwe na Yesu." 17 Aho nyene Yesu amaze kuza yasanze yuko Lazaro tayari bamaze kumushila mukinogo imisi zine. 18 Nawe Bethania yali hafi na Yerusalemu ntuko kilometa alubaini na tano kutwo. 19 Beshi muli badya bayahudi balza kwa Martha na Mariamu kubahumuliza kubela yumugenzi wabo. 20 Niho Martha amaze kumva yuko Yesu alaza, yalagikuhura na wene, aliko Mariamu yagumye yichaye muhira. 21 Niho martha bwira Yesu, "Umwami aho hiba uliho hano mwene wachu ntiyali kupfa. 22 Aho nyene ndomenya yuko chochose chusega kuva kumana alaguha." 23 Yesu alamubwira, ndamenya yuko alazuka kandi." 24 Martha alamubwira ndamenya yuko alazuka kubela kzuzuka numusi wihelezo." 25 Yesu alamubwira, "Jewe ndazura nubuzima, yudya anyizenye aliko alopfa aliko aloba aliho. 26 Na wene abaye nukungizera jewe ntaropfa nunyizere lino." 27 Alamubwila, "Ego mwami ndizeye yuko wewe ni Klisto umwona wimana, wene aloza kubela ivyisi." 28 Amaze kumala kuvuga lino yalagiye wenka nukumuha magara mushikwe Mariamu ahantu hatuliye. Alavuga, "mwigisha alichano kandi alakuhamagara. 29 Mariamu amaze kumva ayo yalavuche nanigoga nukugenda kwa Yesu. 30 Na Yesu ntiyali bwaze kandi mukiji aho nyene yaliho hanyuma ahantu yahuliye na Martha. 31 Niho abayahudi bali kumwe na Mariamu kubela mwiyanzu na badya balimwo bala muhumuza, bamaze kumubona alavyuka naninoga nukuva hanze, bala mukwilikie, bamenya agiye kumva kugilango alilile hiyo. 32 Niho Mariamu yasohola hadya Yesu ala hantu yalamubonye nukugwa hasi yamaguru yiwe nukumubwira, "Mwami ahaba waliho hano mwene wachu ntiyali kupfa." 33 Yesu amaze kumubona alimwo alalila na bayahudi baje hamwe na wene balimwo balalila nabo, yalalili ye kumutima nukuwu hagalika. 34 Alavuga, "mwamu dyamichele? Bala mubwira, mwami nuze ulabe." 35 Yesu alalila. 36 Niho abayahudi balavuga, "Nulabe ntiko yamukunda Lazaro!" 37 Aliko abandi mulibene balavuga, "Siwene umuntu yaya humuye amaso yaudya mpumyi, ntiyashoboye kumukola wuno muntu ntapfe?" 38 Niho Yesu aho yalimwo alalila mumutima wiwe kandi, yalagiye kumva. Kuko yali musi nibaye bdyasizeho hejulu yiwe. 39 Yesu alavuga, "Livaneho linobuye, ",artha mushikiwe na Lazaro, wene yapfuye alamubwira Yesu, "Mwami kumiugu, umubili uloba gwaboze, kubela yuko yamaze kuba wapfuye kumisi ine." 40 Yesu alamubwira, "Jewe sindakubwiye yuko wizeye, ulaza kubona ubwiza bwi mana?" 41 None lelo balalivanaho dyabuye, Yesu alalaba amaso hejulu nu kuvuga, "daha ndagushimye kubela ula nyumva. 42 Ndamenya yuko ulanyumva imisi yose, aliko nukubela twegelanye kubela dyahagaze kunzuka nguka kubela navuze yano, kugilango balonke kwizera kubela wewe wantumye. 43 Aho nyene amaze kuvuga ayo, yalalize kwijwi linini, "Lazaro, vayo uje hanze!" 44 Wapfuye alavayo hanze yaboshwe amaboko namagulu kugitambala chokizikamwo, namaso yiwe yalugawe nikitambala." Yesu alababwira, "Numu mubohore mumukele agende. 45 Niho abayahudi beshi baje kwa Mariamu nukuluba Yesu chiyakoze, balamwizeye. 46 Aliko bamwe mulibene bagiye kubafarisayo nu kubabwira amajambo kakozwe na Yesu. 47 Niho abakulu babahelezi na bafarisayo baliyegelanya hamwe kubela ichicharo nukuvuga, "Tuza kukoliki? Umutu yuno akola ibimenyesho. 48 Namba tulomuleka kuti wenka bose balomwizela, Warumi baloza nukutora vyose ahantu hachu nikihugu chachu. 49 Aho nyene, umuntu umwe kulibene, Kayafa aliwe muhelezi mukulu umwaka uwo, alababwira, "Ntumumenya ikintu chochose kweli. 50 Ntimwiyumvira yuko yopfa kubela yuko mwembwe kuko umuntu umwe yoshaka kupfa kubela abantu kubela ikihugu chose chohona. 51 Yamo ntiyayavuze kube wene nyene hanyuma yiwe kubela yalumuhelezi mukulu mwa wudya yaragerelanyije kubela Yesu alopfa kubela ikihugu. 52 Natwe ikihugu chonka, Aliko Yesu alonke bidya nyene kubegelanya abana bimana kubela balasambaye ahantu kwiwe bulu muntu. 53 None lelo kuwo musi uwo nukugendi bala panga kuntu balomwicha. 54 Yesu ntiyagiye kanti hagaragara mwabadya bayahudi aliko yalagiye aho nukugenda ikihugu kilihafi yubugala gwa kubela umuji witwa Efurahimu. Aho yalichaye nabigishwa. 55 Aho nyene ipasaka yabayahudi yalimwo ilegera, nabeshi balulila balagenda Yerusalemu hanze yumji hatalobe ipasaka kugira balonke kwiyeza benenyene. 56 Balimwo balamulondela Yesu nukuvugana kila muntu aho hibali bahagaze mwikanisa, "Mwiyumviliki? Kubela ntaloza kubela umisi mukulu." 57 Aho nyene bakulu babahelezi nabafarisayo bali batanze itegeko kuko haba umwe alomenya Yesu ashobora kutanga inkulu kugirango bamufate.