Sura 18

1 Hanyuman ya Yesu kuvuga amajambo yano yagiye nabigishwa biwe balimwo barasohora mwibonde dya Kidroni ahohantu haliho ibusitani kuko wene na bigishwa biwe balinjira muliwene nyene. 2 None yudya yuda, yashache kumugura, nawene yalalimeye ahohantu, kubela Yesu yalimwo alagenda kwicho kijiji aho nyene alikumwenabigishwa biwe. 3 Na wene Yuda hanyuma yamaze kulonka ikundi dyabasilikale nabatware kuva kuba kuru wabahelezi, balaza bafishe na matora, namatochi ni ngoho. 4 Nawe Yesu ahonyene amenya kilakintu chochose chakola hejulu yiwe yachiye abaselukalo imbele nukubabwira, "Ninde mulondela?" 5 Na bene bala mwishula, "Yesu munazareth," Yesu alababwira, "Jewe ndiwene" Nawa Yuda aliwe yamuguze, yaoli yahagaze hamwe na babasilikale. 6 None amaze kubabwira, "Jewe ndiwene" Balasubiye inyuma batimenya nukugwa hasi. 7 Aho nyene alababaza kandi, "Ninde mulondera? Na bene balamwishura kandi Yesu munazareth." 8 Yesu alabishula, "Namaze kubabwira yuko jewe ndiwene, None ndamba mundondela jewe numubaleke bano bene bagende." 9 Yana galigameze gutwo kugira lidya jambo lishobole kushika hadya hiyavuga, kubela badya wampaye sinda mutaye numwe. 10 Niho Simoni Petro, yalifishe ikipanga alamutema ukutwi kubudwo umutumishi wumuhelezi mukulu na nizina dyiwe ni mutumishi yudya yali yitwa. 11 Yesu alamubwira Petro, "Subiza ikipanga chawe kuchibati chawe. Kubeliki sinkinywe ikikombe kidya chiya mpaye daha?" 12 Aho nyene dyakundi dyabasilikale numukulu, nabaozi wa yahudi balamufashe Yesu nukumuboha. 13 Nabo bala mulongora kwanza hadi kwa Anasi, kubela wene yali umukwe wa Kayafa, kubela niwe yali umuhele zi mukulu kumwaka uwo. 14 None Kayafa niwe yali yabahaye inama wayahudi kubela yuko yasabwa umuntu umwe apfe kubela ya bantu. 15 Simoni Petro yalamu kwilikiye Yesu gutwo gutwo umwigishwa uyundi. Nudya mwigishwa yalimenye kana kumuhelezi mukulu nawe alinjira hamwe na Yesu kubela mukitebe chumuhelezi mukulu. 16 Aliko Petro galihagaze hanze yumudyango. Ahonyene wa mwigishwa aho nyene hiyamenyekana kumuhelezi mukulu yalasohoye hanze alagenda kugonila na yudya mugole wumutumwishi wudya yalinda umudyango nukumwinziza Petro munzu. 17 Aho nyene yudya mugole ahoyalinda kumudyango, yala mubwiye Petro, "None wewe sumwe mwabadya bakwilikila wudya muntu? Na wene alavuga, "Jewe siwene." 18 Na badya batumishi nabakulu balihagaze hadya hantu, bachaye umulilo kubela yuko, haliho imbeho, nahonyene balimwo balota umulilo kugilango bashuhigwe. Na wene Petro yali hamwe nabene, alimwo alota umulilo yahagaze. 19 Umuhelezi mukulu yalamubajije Yesu hejulu yabigishwa biwe ninyigisho ziwe. 20 Yesu alamubwira, "Ndamaze kubabwira vyovyose vyisi jewe ndatigishije burakanya kumasinagogi ni mwikanisa ahantu abayahudi hibegelana. Nanje sindavuze yoyose kubela ibanga. 21 Kubeli kimwa mbajije? Nubabaze banyu mvishije hejulu ya kidya chinda vuze. Bano bantu balamenya amajambo yadya yindavuze. 22 Yesu yamaze kulivuga gutwo mulibamwe bakulu mwawudya yali yahagaze alimukubita Yesu kukuboko kwiwe kandi alavuga, "None ivyonivyo nivyo bikusaba kumwiishula umuhelezi mukulu?" 23 Na Yesu alimwishula, "nkuko ndavuze ijambo dyose libi basi ube umwagirizi kubela uchaha namba ndamwishuye neza kubeliki wa nkubishe? 24 Niho Anasi yamutwaye Yesu kwa Kayafa umuhelezi mukulu yaboshwe. 25 None Simoni Petro yali ya hagaze alimwo alinyasha alonko ubushuhe wene. Hanyuma yabadya bantu balamubwira. "None wewe nyene sibamwa mubigishwa biwe?" Alanka alavuga jewe siwene." 26 Umwe mubaba tumishi wumuhelezi mukulu, kubela yalumugenziwe yawa mugabo kubela Petro yala mutemye kwa gutwi, yalavuze, "None siwewe nakubonye nawe hariya mwitongo. 27 Petro alahakana kandi ahonyene isake icha ilabika. 28 Aho bacha bala mutwara Yesu kuva kwa Kayafa hadi kwa Praitorio, hari mukitondo chane. Bene nyene ntibinjie mudya kwa Praitorio kugila ntibaze kwihumanya kuidya Pasaka. 29 None Pirato alabagira alavuga. "Na makosa nyabaki limulaba yino muntu?" 30 Bala mwishula nukumubwira, "Ntiyumuntu ntiyoshobolaka kukola ivyaha ntitwalikumuzana ngaha iwawe." 31 Pilato alababwira, "Numutware mwebwe nyene, numuche ulubanza bikwilanye ni teleko yanyu." Naba yahudi bala mubwira, "Hegeko ntituleba twebwe kumwicha umuntu wewese." 32 Bavuze yano kugila ijambo dya Yesu lishobole kushika, ijambo dyi yalimaze kuvuga hejulu yibintu yulupfu gwiwe. 33 Aho Pilato yachiye yinjira kandi Praitorio alamuhamagara Yesu alamubwira, "None wewe numwami wabayahudi?" 34 Yesu alamwishura, None wewe umbaza kino kibazo kubela washaka kumenya chankwe kubela yuko abandi bagutumye kugira umbaze jewe?" 35 Nawe Pilato alamwishura, "Jewe sindu muyahudi chankwe sivyo?" Amahanga yawe numuhelezi mukulu nibo bakuzanye uwanje wewe wakoziki? 36 Yesu alamwishula, "Ubwami bwange sibwa mahanga bwubu ntuko ubwami bwange wogize na hantu kubela amahanga yubu batumwe nange bali kushaka chane kugira ntibantange kuba yahudi. Aliko ubwami bwanje ntibuva hononyi. 37 Pilato alamubwira, "None wewe ulumwami?" Yesu alamwishula, "Wewe nuko ndavuche nukubela lino jewe ndaje mwiyisi kugila imbe ichemezo cha kidya kukuli. Wudya wewese yemeza yuko ukuli alayumviliza ijwi dyanje. 38 Pilato, "Ukuli niki?" Na wene amaze kuvuga ayo alagenda kubayahudi nukuba bwira, "Simbona kubela ibintu vyose vyuyumuntu yuno. 39 Mwebwe mulafishe ubutamaduni bwoshobora nda kamwu gululila umufungwa umenya aho nyene kwipasaka. None mushaka nda mwugulile umwa wabayahudi." 40 Aho bachiye babologa bavuga, siwene twugululile Baraba yamare Baraba yalakana.