Sura 17

1 Yesu yalavuze ibintu ivyo bibaye ala bibaye aladyula amaso yiwe ale mwijulu nuchavuga, "Daha isaha ilageze, shimagiza umwana wawe kugila numwa wiwe akushime wewe. 2 Nkukuntu kudya wamuhaye ubushobola hejulu ya vyose vyumabili kugila alonke ubukomezi bwimisi yosi badabose bamuhage. 3 Buno nibwo ubuko mezi bwimisi yose kubela bamenye wewe, Imana yukuli ni yitanije, na wene yali ya mutunye Yesu mukiza. 4 Nala kushimagioje hamo kwisi nukuimala ikazi yowa mpaye ndayikole. 5 None Daha shumagiza jewe hamwe nawe wenyene kubwela budya ndali fishe budya hamwe nawe bitalabe vyisikulemwe. 6 Ndaluguluye izina dyawe kubantu bowa mpaye hanokwisi balabantu bawe. Aliko wala sigiye jewe. Na bene bafashe ijambo dyame. 7 None balamenya kubela buli kintu chowampaye jewe kiva kwawe. 8 Kuma jambo yadya gowa mpaye jewe- ndamaze kubaha bene amajambo ayo. Gobakiye nukuli nabalamenya no kubela jewe ndavuye kwawe, nobalanyizela nkuko wewe uliwe yantumye. 9 Ndabasengela bene sisengela isi kubela badya bemwaye no kubela badya nibawe. 10 Ibintu vyovyose alivyo vyanje vyawe na bidya vyufishewewe nivyanje nanje ndashimwa kubela ivyo. 11 Jewe sindimo kandi mwisi, kubela bene balimo mwisi, nanje kandi ndaje iwawe. Daha mwela babike kwizina dyawe lidya dyowa mpaye twebwe kugila na bene nabobabe nuku shila hamwe nkadya jewe na wewe tufishe nuku shila hamwe. 12 Hondali kumwe nabo, ndalaba labalagiye kwizina dyowa mpaye ndalabalinze nontayuliho kandi numwa mulibene yatakaye bitabaye umwana wokuta kala, kugila yuko ivyandichwe bikwile. 13 None ndaje kwawe; aliko ndavuze gano mwisi kugila yuko umunezelo gwange bishike hagati yabo bonyene. 14 Ndabahaye ijambo dyawe isi yabase nokubela bene sibomwisi, nkuko bidya jewe ntaliwe womwisi. 15 Sindabasengeye yuko ndaba kule mwisi aliko ubachishe impelamwa mwasi. 16 Bene sibomwisi nkakudya jewe ntaliwe womwisi. 17 Ubashile ibikwiye kwawe wenyene kubela ukuli ijambo dyawe nukuli. 18 Wala ntumye mwisi, nanje ndala batumye mwisi. 19 None kubela ayo jewe nyene nditanga kwawe kugila yuko na bene bitange kwawe kukubela ukuli. 20 Sabanyene gusa bosengela none nabadya balokwizela kuhitila mwijambo dyabo. 21 Kugila yuko na bene nabo babe nukushilahamwe nkakudya wawe Daha uli hagati yanje naje hagati wawe ndabasengela kugila yuko nabo kandi bashobole kuba hagati yachu kugila isi ishobole kubizela kuwa wewe niwe watumye. 22 Ubwela budya wampaye wewe ndaba haye bene kugila yukoba shobole kuba na bali hamwe nkakudya twebwe tuli bali hamwe. 23 Jewe hagati yabo nanje hagati yawe kugila bashobola kumala kubela kuba hamwe, kugila isi imenye nukubela wewe niwe wantumye nukubakunda, nkaku dyawe we nkiko wankunze wewe. 24 Daha, kidya chowampaye jewe, ndashaka kubela none kandi bashobola kuwa hamwe nje ahantu hondi kugila bashobole kubona ubwela bwanje budya bwo wa mpaye kubela wewe wankunze jewe, bitalabe vyokule mwakuntango yomwisi. 25 Daha afishe ukuli isintiya kumenye wewe, aliko jewe ndakumenya wewe, na ndabamenya yuko wantumye. 26 Ndala likoze izina dyawe limenye kane kwawe, nadndo likola limenyekane kugila yuko ludya lukunda aligo kulugo wala nkunze jewe lishobole kuba hagati yao na jewe shobole kuba hagati yabo.