Sura 19

1 Aho nyene Pilato yachiye amutwara Yesu kumukubita. 2 Badya basilikale batorab amahwa bayakora ikichibo bagishira hejulu yumutwe wa Yesu nukumwambika umwenda wirangi ya Zambarau. 3 Balamuzira nukuvuga, "Wewe mwami wabayahudi! Aho nyene nukucha bamukubita kumaboko yabo. 4 Aho nyene Pilato yavuye hanze nukubabwira abantu, "Raba ndabazanie yuno muntu uwanyu kugilango mumenyev yuko jewe sinda bonye ikosa dyiwe hohose muliwene." 5 None lelo Yesu alava hanze yali yambaye ikichibo chamahwa numwenda wa zambarau. Niho Pilato alababwira numulabe yuno muntu nguyu ngaha!" 6 Aho nyene umuhelezi nukulu nabakulu bamaze kumubona Yesu balabologa bbavuga numu mubambe numumubambe." Pilato alababwira, "Numu mutware mwebwe nyene mumubambe, kubeka jewe simbona ichaha hagati yiwe." 7 Abayahudi balamubwira Pilato, "Twebwe tulafishe itegeko nukwitegeko idyo asabwa kupfa kubela wene yikoze kuba umwana wimana." 8 Pilato amaze kumva amajambo ayo yagumye alatinya, 9 Alinjila praitorio kandi nukumubwira Yesu, "Wewe uvahe ahonyene Yesu ntiya mwishuye nalimwe. 10 Aho nyene Pilato alamubwa, "None wewe ntuvuga nange? None wewe ntumenya yuko jewe nfishe ubushobozi bwukubohora nubushobozi bwukubamba?" 11 Yesu alamwishula, "Wugize ni nguvu yuku nsumba jewe ntuko wali kulonka kava hejulu. None umuntu yamvyanye uwawe alafishe ichaha kinini." 12 Kuvana ninyishu lino agomba kumulekula neza aliko abayahudi balabologa bavuga, "Namba umulekula neza ahonye wewe ntuli mugenzi wa Kaisari. Namba wikolesha yuko ulumwami ulavuga mubi nyoma vya kaisari." 13 Pilato amaze kumva amajambo ayo alamuzana Yesu hanze aho nyene alichara kukitebe chukuchira ulubanza ahohantu hamwe nyekana ntumwisakafu aliko kwa Kiebrania Gabatha. 14 Umusi wa mandakizi ya Pasaka imaze kusohora, kumasaha ya saa sita. Pilato alababwira abayahudi, numulabe umwami wanyu nguyu ngaha!" 15 Balabaloga, " Numumuvaneho, numuvaneho mumubambe!" Pilato alababwira, "None ndamubambe umwami wanyu?" Aho umuhelezi mukulu ala mwishula, "Twebwe ntudufishe umwami aliko Kaisaria." 16 Niho Pilato yachiye amuvana Yesu uwiwe kugira abambwe. 17 Niho bachiye bomutwara Yesu, newe alava, aho yaliyikoleye umusalaba wiwe nyene handi ahantu hitwa fuvu yumutwe kuki ebrania hitwa Golgotha. 18 Niho bamubamba Yesu, hamwe nabagabo babili umwe uluhande luno uyundi uluhandeluno na Yesu hagati yabo. 19 Hanyuma Pilato alandika ilama nukuishiraho hejulu yumu salaba. Aho handi chwe. YESU MNAZARETH MFALME WA WAYAHUDI. 20 Beshi baba yahudi balayisomye icho kimenyecho icho kuko ahohantu yabambiwe Yesu hali hofi yumuji ikimenyecho yandichwe kwa Kiebrania, mukirumi numukiyunani. 21 Aho nyene abakulu babahelezi baba yahudi balamubwira Pilato, "Ntiwandike, "Umwami wabayahudi, kubela wene yavuze jewe numwami wabayahudi." 22 Nawe Pilato alabishura, "Vyindaniche." 23 Hanyuma yabasilikale kumubamba Yesu batuye impuzu ziwe nukuzigaba kubela amakandi ane, kira um umusili kale ifungu dyiwe, kutwo nyene ni kanzu, none yidya nkanzu ntiyali yabaliwe aliko yalifu mwe yose kuva hejulu. 24 Hanyuma balavugana bene kuli bene, "Ntutuyisature, aliko tu yicha gule kugirango ninde ayitora. "Lino dyavuye kugirango vyandichwe bishike, lidya livuga balagabanye impuzu ziwe, nimwe nda wiwe balalucha gula." 25 Abasilikale bagoze bino nyina wa Yesu namushikiwe wanyina wiwe, Mariamu umugole wa Kleopa na Mariamu Magdalena Abagole bano balibahagaze hafi yumusolan ba wa Yesu. 26 Yesu amaze kumubona nyina wiwe hamwe na wudya mwigishwa aliwe yamukunda balahagalala hafi alamubwira nyina wiwe, " Umugole, Raba nulebe umwana wawe wuno nguwo!" 27 Aho nyene ala mubwira yudya mwigishwa, "Raba, nguyu ngaha nyoko wawe. Kuva isaha iyo yudya mwigishwa alamutwara kugenda muhira uwiwe. 28 Hanyuma yidyo, aho Yesu alamenya yuka vyose vyamaze kurangira kugira amalize vyandichwe alavuga "Nabona inyota." 29 Ichombo chali chuzuye inkorisha chali chasizweho hadya none balashilaho amafuta yuzuye inkalisha hejulu yulukulazo gwa Hisopo balamushilaho kumumwa wiwe. 30 Aho nyene Yesu amaze kumviliza iyo alavug, " Yalangiye "Hanyuma alumanisha umutwe wiwe, ayiheleza impwemu yiwe. 31 Kubela yali umusi wikwiya ndala nukubela imibili hiya shakigwa kusigara hejulub yumusalaba kuko halimwo halagera Isabato (Kubela isabato yalikwiye) Abayahudi balamuse za Pilato kuko namagulu yabo badya babambwe baya vunagole, nukubela imibili yabo bayululuche. 32 Niho umusilikale bamaze kuza nukuvunagula amagulu yumuntu wa mbele ni wakabili bibali babambwe hamwe na Yesu. 33 Bamaze kumusoholako Yesu bamusanze yamaze kupfa, none ntibavunye amagulu yiwe. 34 Aho nyene umwe mwababasilikale yala muzibuye Yesu mulubavu kwichumu aho havaye amazi na maraso. 35 Nuyo yabonye idyo yatanze ikishinka ntahe ni kishinga ntahe chiwe nuwu kuli wene alamenya yuko chiyali yavuze nichu kuli kugirango namwe yuko mwizera. 36 Amajambo ayo yalimeze yuko lidya jambo dyali dyavuze lilonke kushika, "Nttanumwe niguta nulimwe lilo vunwa. 37 Tena dyandichwe ilindi lilavuga, "Balomuleba wene bamuzibuye" 38 Hanyuma yibintu ivyo Yusufu wa Arimatheya, Kubela yalu mwigishwa wa Yesu aliko kukinyegejwe kubatinya abayahudi, yalamuseze Pilato kuko au twale umubili wa Yesu. 39 Nawe Pilato alamuha umwanya. None Yusufu alaza kuwuvanaho umubili gwa Yesu. Nawe Nicodemo kubela aho imbeole alamukwilikira Yesu nawe alaza. Wene yazanye bivanganye na manemane ni wuudi yalose ibilo ijana. 40 None lelo balatora umubili wa Yesu bala uhambili kumpuzu yela na hamwe nibimota ntuko vyalibimeze ntibombele bakela babayahudi bashaka kuzika. 41 Ahantu Yesu yabambwe haliho itongo, hagati yadya tongo haliho imva ishasha kubela ntanumwe numuntu numwe yali yaligezwe ho kumuzika aho. 42 Kubela haliho kwiteguka umusi waba yahudi nukubela imva yali yegeye, aho balamu dyamika Yesu hakati yikingo chiwe.