Sura 8

1 Sauli yalifishe umwumvikano wurufu gwiwe, uwo musi niho yatanguye kuhama ikanisa dyari Iyerusalemu, na bizera bose basanzaye, mubihu gu vyi yudaya na samariya, akuyemwo intumwa. 2 Abantu bubaha Imana bahamba Stefano bagira amarira menshi hejuru yiwe. 3 Aliko Sauli atikiza ikanisa agenda inzu kunzu ni kubakwegera hanze abagore na bagabo ni kubata murufungo. 4 Abizera bari basabagiye bagama bavuga ijambo dyi Mana. 5 Filipo yaruruka mumujiwo muri Samaria amengesha Klisto hiyo. 6 Hanyuma amakoraniro bumvish ikubona ibimenyecho filipo Bashira kwitondera kidya choyavuze. 7 Kuva aho abantu benshi bumvishije mwemu zihumanye zabavuyemwo abantu ino barila nijwi linini na benshi bari bamugaye nabachumbagira barakizwa. 8 Kaudi hari umunezero munini mumiji. 9 Aliko halili umuntu umwe muri uwo mijiizi na dyiwe yitwa Simoni uwali akora vyuburozi bwo yakoresha bwumiza abantu bubwoko bwi Samaria mukihe yavuga kowene ari umuntu yiyita akakomeye. 10 Abi Samaria bose kuva kumuto ni kumukuru, bara mwumviliza baravuga, "Umuntu uyu nini budya bubasha bwi Mana ariyo nkuru." 11 Baramwumviriza kubera yubumije kuva kera ba mareba yiwe. 12 Aliko mukihe balibizeye yuko filipo yavuga hejuru yu Bwami bwi Mana ni hejuru yizina dya Yesu Klisto, babatijwe abagabo kubagore. 13 Na Simoni nyene arizera kandi amaze kubatizwa yamana na filipo Abonye ibimenyecho nibitangaza vyoyakora aratangara. 14 Mugihe intumwa za Yelusalemu zumvishe koabo muri Samaria bakiye ijambo dyi Mana batumwa Petro na Yohana. 15 Mukihe bariko bamanucheyo barabasengera ngobamwakile mwemu yera. 16 Kugeza uwo mwanyua, mwemu yera ntiyaribabururukile numuntu nunuwe muribo baligusa babatijwe mwizira dyu mwami Yesu. 17 Niho Petro na Yohana babashirirako amaboko, nabo baramwakira mwemu yera. 18 Mukihe Simoni abonyeko mwemu yera yatanzwe kuchira kushirigwa kwa maboko ni ntumwa azizarila kubaha amahera. 19 Alavuga, "Nimumpe ubu bubasha kugira bngo wonzoshira kwibiganza yakile mwemu yera." 20 Aliko Petro aramubarira amahera yawe hamwe na wewe muzimirile kule, kubera wibaza yuko ingabire ya Mana ibonekana kumahera. 21 Ntakihimba ufishe murijambo, kubera umutima wawe ntugororoche imbele yimana. 22 Ahorero niwihane ibibi vyawe ni kusenga Imana hamwe uzoharigwa ivyiyumvirovyumutima wawe. 23 Kuko mbona yuko uri mwibamba dyu mururazi ni mukifungo chichaha." 24 Simoni arishura nu kuvuga, "Musenge umwami kubera jewe, kuko amajambo yose mwavuze gashobora kumbonekera. 25 Mukihe Petro na Yohana balibashuhudiye ni kuvuga ijambo dyu mwami, basubiye iyerusalemu kunzira iyo, bavuze ubutumwa mubijiji vyishi vyi Samariya. 26 Noneho umumarayika wu mwami aravuga na Filipo ni kuvuga, "Raba uje mubumanuko munzira igenda ushiki kunzira imanuka iyerusalemu ikaja muri gaza,(Ninzira yo mubugaragwa.) 27 Aralaba kandi aragenda . Reba hali umuntu wi Ethiopia, towasi uwufishe ukuganza kuluta kandase umwami kazi wabanyetiyopia uwali hejuru yububiko bwiwe bwose nawe yali yagiye iyerusalemu kusenga. 28 Yari agaruka yichaye mumodoka yiwe yiga muchuo chu muvugishwa yesaya. 29 Mwemu avuga na Filipo, "Egera hofi ni modoka iyi ufutane nayo. 30 "Rero Filipo agenda ariruka amwumva yiga mwehuo chu muvugishwa yesaya Aravuga mbega urazi chowiga? 31 Umuethiopia aravuga nzoshobora gute umuntu atandongoye?"Aramwinginga Filipo wirire imodoka no kwicharana nawe. 32 Rero ikihimba chi vyandichw vyoyaliko araso ma umuethiopia nibi yajanywe nki ntama itwagwa mwibagiro kubagwa, nkuko intama itekeleza ntiyafunguruye uumwa gwiwe. 33 Kukuhabwa kwiwe kwiligwa urubanza kwiwe kwarakuweho ninde azovuga uruvyaro gwiwe? Ubuzima bwiwe bwakuwe mwisi. 34 Towasi abaza Filipo aravuga, "Ndagusaba niumuvugishwa uyule avugigwa ivyiwe vyelekeye wene, chanke vyu wundi muntu. 35 Filipo yatanguye kuvuga yatanguye kuliki chandiche cha Yesaa kumubila ubutumwa bwa Yesu. 36 Bali munzira bashika ahari amazi Towasi alavuga, "Raba ahahari amazi nikikichombuza simbatizwe?" 37 Amajambo aya, "gudyo umuethiopia arishura ndizera Yesu Klisto numwana wimana, "Ntibiri muvyandichwe vya kera) Niho umwethiopia yategeka imodoka zihagarare. 38 Bagiye mumazi hamwe Filipo na Towasi Filipo aramubatiza. 39 Mukihe baribavuye mumazi mwemu wumwami ijana Filipo kule towashi ntiya mubona agenda inzira yiwe anezelewe. 40 Aliko Filipo abonekera Azoto yachiye muri yidya mukowa avuga injili mumiji yose mpaka kushika kaisaria.