Sura 7

1 Umuhelezi mukulu akambuza ibibintu nukulu? 2 Sitefano alavunga bangezi nadaha banje, ni Munyu pfirize jewe Imana yukuru yaramujeko data wachu burahimu mumwanya hoyarari meso patomi aliko atarabaho horani, 3 alamubira nungende kuva mungi hungu chawe numdyako wawe ungende mukihungu cho ndokwereka. 4 Hanyuma alangenda mukihungu chaba kaidayo acheaba harani kuva aho hanyuma ya data yiwe kupfa Imana yarazanye mwene ikihungu iki babamo ubu. 5 Nkiya muhaye chochose nkibisingazwa vyiwe kihariho nakahande na hoyoshira amanguru mungabo aburaha muya randikwe naho ataribwaronke umwana yuko alohabwa ikihungu arokingaze wenyene numudyonko wiwe. 6 Imana naravunze nawene kuti kubera uruvyaro ngwiwe balikubaho muki hungu chubuginyi no kubera abahamenyereye bohiyo balobangira nkabakozi babo balobakorerenabi kumwanya wimya wimyaka ine. 7 Imana iravunga ndochira ulubaza amahanga lilobangila imbohe hanyuma yaho balovaho no kusenga kubera mumpande izi. 8 Alamuha abulahamu isezerano dyo kusilamungwa kunto abulahamu alaba dada waisaka alamusi lamula kumusi ungila kane Isaka acha aba dada wayakobo no Yakobo achaaba dada wabasongokulu mbachu chumina babili. 9 Basongo kulu bachu balamubonera izingo yusufu balamungu lisha kubera mukihungu chaba misili ni mana yalikumwe hamwe nawe, 10 alamukinza kubera ububabale bwiwe alamuha imbabazi niehubahilo imbere yofarao umwami wo mulimisili falao amungila kuba umutengechi hejulu yaba Misili hejulu yizu yiwe yose. 11 Hanyuma yaho haba izala nini ya chane na mangongwa, meshi kubera mugihungu cha Misili na kanani nabadada bachu nkabaloze ivyokudya. 12 Aliko yakobo amaze kuva yuko hali ibintu Misili yala batumye badadata bachu ubwambere. 13 Aliko ulungendo gwa kabili Yusufu aliyelekana kwabe ne wabo umudyako wa yusufu umenyekane kwa falao. 14 Yusufu alubatuma benewabo kungenda kubabwila Yakobo data wabo aze Misili hamwe nu mudyako bose hamwe balabantu bose nisabini na tano. 15 Uko Yakobo Misili hanyuma alapfa wene hamwe na data wachu. 16 Balatwaringwa muluhande balazika kubera iva kuberaho Abulahamu yangunze kubihande vya mahela kuva kubana bahomali hiyo muluhande. 17 Kumwanya udya wisezelano nuko Imana yamuseze laniye Abulahamu umaze kushika abantu bamaze kugeira hiyo Misili. 18 Umwanya uwo yalahangulunze umwami uwundi hejulu yaba Misili umwami atamenya Yusufu. 19 Uyo mwami uyundi alababisha abantu bose no kubakola ikinu kibi daha wachu no kubatanga abana babo batoi kungila nkibabeho. 20 Kubera umusi Musa yaravuche yalimwiza imbere yimana balamulela amezi atatu kubera izu yadaha wiwe. 21 Ahonyene yatawe abakobwa bafalao bala mutoye bala mulela nkambana biwe. 22 Musa yalingishijwe amajambo yose yikimusili yalifise ikomezi kubera amajambo yingendo. 23 Aliko amaze kungeza imyaka milongo ine ilamuzila kubera umutima wiwe kubangenda ngendera imidyako ziwe abana bomu lisilaeli. 24 Amaze kubabona umwisilaeli alimwo akolengwa bibi Musa ala mutabala ahura nikintu kibi cho muliekiputa. 25 Aliyu vura kubera umungezi wiwe balomenya kubera Imana ilabakiza kukuboko kwiwe aliko nkibamenye. 26 Umusingwa kwilikiye alungenda kulibake bo mulisilaeli mwa badya balimo balagwana, alabishula abashila hamwe alavunga abami mwenge mulabangezi kumenge mulanka na mwenge kulimwenge? 27 Aliko uwamungiliye mungenziwe nabi alamusinikila kule no kuvunga, nindeyakoze umutegechi achulubanza wachu? 28 Wewe ulashaka kunyicha nkiko wa muushe umumisi nijoro. 29 Musa aliluka hanyuma yo kuva ivyo amera nkumegenyi kubera ukihungu chamidiani aliko haho daha wabana babili. 30 Hanyuma yimyaka milongo inekuchaho umumalaika alamuzila kubera mubungalagwa bwo mumisozi Sinai kubera ulubeya ngumulilo imbere mukisaka. 31 Umwana Musa abonye umulilo yalatangawe no kwita lingwe kidya yabonye amaze kwegera kungirango akilibe ijwi dyumwami lilamwami livunga. 32 Jewe nimana wasowanyu Imana yabulahamu kandi waisaka na Yakobo Musa ya jungu miye nkavyakuze yuko aliba. 33 Umwami alamubwila ikule ibilato vyawe ahantu uhagaze nahera. 34 Ndalabonye amagogwa yabantu bawe bali Misili naluvishije kugwala kwanyu nange naluluche kungila ngo ndabakize none nelangu tuma wewe Misili. 35 Uwisa bose mumwanya bavuze nide yakungize umutegechi no mucha maza wachu? Ni wene yarimana yala mutumye abe umutengechi numuchunguzi Imana yaramu tumye kukuboko kumumalaika kubera yamuziye Musa mukisaka. 36 Musa yalabangaye kuva musili hanyuma yokukora ibitangaza nibiboneka kubera Misili no kubera munyaza yashamu kandi kubera mubungalangwa kingihe chi myaka alubai. 37 Ni Musa uwo niwe yababwiye abantu bo mulisilaeli yuko Imana ilobazanila umuvungisha nkange. 38 Uyu numuntu yalibaye kubera mukuboko komubungalangwa ni mumalaika nawe yavuze nawe kubera. Kumusozi wa sinaye uwi numuntu yakuliye ijambo liliho nokutuha twenge. 39 Uwu numuntu bose badata bachu kumwumyila bala musunuliye kule kubera imitima yabo yahidukiliye Misili. 40 Kubera ikiho icho balamubwiye haluna tukolele ubingingwa mana bilo turongora uwumusa yalatulongora kuva mungi hungu chamisili nkitumenya choyabonye. 41 Kandi balakoze inyana kumisi uwu balatanza ni sadaka kubera ungo lungingwa mana bana nezerengwa kukubela yikazi zamaboko yabo. 42 Mungabo Imana yalabahindukiliye ilabaha basenge inyenyeri yo hejulu. Nkiko nyandichwe kukitabo chumuvungishwa none mulatangila jewe ishikanwa zi bukoko mwabaze kubungalangwa kungihe chimyaka milongo inenizu yomulisilaeli? 43 Mwalemeye ulusengelo ngo nguhulila maleki ni nyenye li yimana lefani ni gisanamu mwikoleye kugisenga bonyene ndoba twala kulele chane ya babeli. 44 Data bachu balulusengelo ngoguhula no kusengila nitaintahe mubungalangwa nkiko Imana ya mulishijeaho yakungana na Musa yuko yalikukola kungushusha nabidya bibone kana. 45 Ulunusengelo gwadata bachu kumwanya wabo balazanwe kubera igi hungu noyoshuwa iba vyaje kumwanya binjili kutengeka ihanga dyangizwe Imana yala bilukanye bitalabe ukubaho baba wachu ibi vyavayenguti mpaka kumusi za Daudi. 46 Yalolose ububichi mumaso yimana alasenga kulondera amakao kumana ya Yakobo. 47 Mungabo Selemani yalamubaekiye izu yimana. 48 Aliko kwivyo ibahejulu nkaba muzuzuba chwe kumaboko ibi ni nkaba vungishwa yavuze. 49 Yulu nintembe yanje yakera nisi nuluhande ngongushi laho amangulu yange nizunyabaki mulo yubakila alavunga umwami, chankwe nihe uluhande ngo kuluhukila? 50 Sikuboko kwange kwangize ubibintu vyose? 51 Yemwe bantu mufise izosilikomeye mutasilamungwe mumutima no mumatawi buru mwanya mukubita umutima mwelanda mulakola nkivyo badata bakola. 52 Umuvungisha nyabaki kubera abavungishwa kubera bababa bachu batamutese? Bala bishe abavungishwe abavungishea bose batanguliye hatalabeumwe wukuli namwe mwalamze kuba mwalamuhe mukiye no kumwicha kandi. Na bantu mwalakiye amatengeko ngadya gavuze. 53 Namwe bantu malakiliye amatengeko lidya vyavunzwe na malaika mungabo nkimwuvilije. 54 Hanyuma abahunzi bamubantu bamaze kuva amajambo ayo balababaje mumitima yabo balamushavulira balamulila amanyo sitefano. 55 Mungabo wene yaliyuzuwe umutima mwelanda halalavye mwinjulu neza abona ubuntu bwimana acha abana Yesu ahangalaye mukuboko kubudyo kwimana. 56 Sitefano alavunga laba nabonye ijuli lilunguluwe numwana wa adamu alahangalaye mukuboko kudyo kwimana. 57 Mungaba abahanuzi babantu balavunza ungwaneo kwinji dyo hejulu balazibila amatwi yabo bala mwilu kila hamwe. 58 Bala mutahaze yumuji balamutela amabaye abasu tabamaza kwikula impunzu zabo zohaze nokuzishila hasi hambavu yamangulu yumusole yitwa Sauli. 59 Ahabalimo bamutela amabuye Sitefano yangumye ahamangala umwami no kuvunga mwami Yesu akila umutima wanje. 60 Alavukama no kuhamangala kwinji linini mwami nkubahalulile ivyaha ibi amaze kuvunga acha alaechi kana.