Sura 9

1 Aliko Sauli yalashoboye kuvuga ibigwanisho nuvyo kwichisha kugigishwa bumwami, yalagiye kumuhelezi mukulu. 2 Nuku musega ibaruka kubela ama kanisa hiyo Dameski, kugira yuko yolonka umuntu waliwe kubela inzila yidya abe umugaba chikwe umugore, abafunge nukubazana Yelusalemu. 3 Noho yalimulugendo, yalavuye kuko alimwo alosohola Dameski, ubwonyene alamulika hosehose umwanga ulova mwijulu. 4 Nawene alagwa hosi na aluva ijwi imubwila, "Sauli, Sauli nukubeliki imboneya jewe. 5 Sauli alamwishula, ulinde wewe umwami? Umwami alavuga jewe ndi Yesu ulimwo ulolondela. 6 Aliko nuvyuke, niwinjile mujini nawe balakubwila yakenewe yakukola. 7 Nabadya bantu bafashe ulugendo hamwe na Sauli balanuma chane balamviliza ijwi ntibayibone numuntu. 8 Sauli alavyuka kubela ikihugu na yuguluye amaso yiwe nti yashoboye kubona nikintu, balumutola amaboko bola muzana hadi Dameski. 9 Kumusi katatu ntabona, ntadya nukunywa ntanywa. 10 None haliho umwigishwa Dameski izina dyiwe Anania, umwami yalavuze nawene kubela kwelekwa, "Anania." Alovuga laba ndingaha mwami. 11 Umwami ala mubwila nuvyake ugende wenka kubela munzira itwa igololoche, nukubela inzu ya yuda nu kubaza umuntu kuva Tarso yitwa Sauli, kubela yalimwo alosenga. 12 Nuko yala mubonye kubela mudoto umuntu izina dyiwe Anania yinjila nu kumushilako amaboko hejulu yiwe kugilango alonko kubona. 13 Aliko Anania alamwishula, "Umwami, numvishe inyishu zumuntu uyu kubantu beshi, kugichilo chahe chiyaba koleye bibi abelanda bahaliya Yelusalemu. 14 Hano alafishe ubushobozi kura kumuhelezi mukulu kumufata kila umumwe yudya yitiligwa izina dyiwe. 15 Aliko umwami alamubwila, "Nugende kubela wene nikintu chatowe kwiwe atole izina dyanje imbele yabanya mahanga nabami nabana babisilaeli. 16 Kubela ndobeleka ntukuntu bimeze vyishi ntukobilosha kigwa kubabazwa kubela izina dyanje. 17 Anania alugenda,alingia mudya munzi, Alomushi lako amaboko alavuga, mugenzi Sauli umwami Yesu aliwe yakusohoyeko kubela munzila hiwalimwo ulaza, yantumve ushobole kubona kandi wuzuzwe ni mpwemu mwelanda. 18 Budya gilagwa mumaso yiwe ibintu ntugubu, aloshobola kubona alahagolala alabatizwa aladya ivyokudya nukulonka inkomezi. 19 Alichara hamwe nabigishwa haliya Dameskikumisinyishi. 20 Umusi ugonyene alomutangaza Yesu kubela amukanisa avuga kuti wene numwana wimana. 21 Nawene yumvishe yalatongaye nukuvuga, Sumuntu ntuyu yabononye bose bahanagaye izina lino hiyo mulisilaeli? Nahuno alaje kubela yukubafunga nukubatwara kubahelezi. 22 Aliko Sauli yalashoboleshe jwe kuhubili nu guko la abayahudi badya bichaye Dameski alabeleka yuko yuno ni Klisto. 23 Hanyuma yimisi mwishi abayahudi balukola ichichalo hamwe kugira bamwiche. 24 Aliko imipango yabo ila menyekane na Sauli balamute gela kumudyango kumutaga numwijoro bashobole kumwicha. 25 Aliko abigishwa biwe bala mutwara mwijoro balamwululucha kuchira musi yulukuta bala mwululucha hasi kubela ikikopu. 26 Na Sauli amze kusohola Yelusalemu, yalashoboye kujana nabigishwa aliko bala mutinya balamwikeka ko yuko yuno yokonona abigishwa. 27 Aliko Barnaba alamutwara nuku mutwale kubotowe alaba bwila yuko Sauli ntukuntu yamubonye Umwami munzila numwami alivyo yavuze nawene, nukuntu Sauli yavuga ubutumwa kunkomezi mwizina dya Yesu hiyo Dameski. 28 Yalahuye nabene balimwo balinjile nukuvayo Yelusalemu alavuga kunkomezi mwizina dyu mwami Yesu, 29 Alimwo alavugana naba yaudi na bayunani aliko bola shobola kumugenda nira nukumwicha. 30 Aliko umugenzi amaze kumenya ijambo idyo, bala mutwara kulele mwa kaisaria nuku mutwala agende Tarso. 31 Hama ikanisa dyose kubela abayahudi Garilaya numulisamalia dyalilifishe amaholo, nukubakwa, nukugenda kubela ubutinyi bwumwami na kwitanga ni mpwemu mtagatifu ikanisa lila kula nukugwila beshi. 32 Hanyuma haza Petro alimwo alazuguka zuguka kumahingulilo yose yintara alabamanu kilako aba Klisto babayeho kubela umuji wa Lida. 33 Alabona umuntu umwenya izina dyiwe Ainea, uyo muntu yalimukitanda imyaka munoni, kubela. 34 Petro alababwira, "Ainea, Yesu Klisto akukize vyuka wisasile ubulili bwawe," Maze alavyuka. 35 Na bantu bose balibichaye lida na shaloni bamaze kumubona umuntu wudya, bala kebuche balalaba umwami. 36 Haliho umwigishwo yitwa tabitha kuko balali hinguye basanga "Dorcas" yuno mugole yalazuye imilimo nziza na ningendo yiwe ibeleye yiyakoze kumukene. 37 Vyalavuye kubela umusi ugo yala gwaye alapfa bamaze kumugilaneza bachiye bamwuliza hejuru nukumu dyamika. 38 Kubela lila yaliho hafi na yafa nabigishwa barumvishe kubela Petro yaliho balabatu mwe abantu babili uwiwe, balamubwira, nuze uwachu utatevye. 39 Petro alavyuka nukugenda hamwe nabo. Asohoye balamu zanye kubela ichumba chihe julu. Nibatafishe abagabo bose batahagaze hambavu yiwe balimwo balalila, bamweleka ikoti ni mpuzu kubela Dorcas ziyababaliliye aho hibalikumwe nabo. 40 Petro alabasohola bose hanze yichumba alafukama amavi alasenga hanyuma akebuka alaba umubili avuga, "Tabitha vyuka." Alugulala amaso yiwe amaze kumubona Petro alichara hasi. 41 Hanyuma Petro alamuheleze ukuboko kwiwe alamuhagalika, na amaze kubavyula abashilika nibatafishe abagabo, alaboheleza bene akomeye. 42 Lino jambo dyala menyekanye yafa yose, nabantu beshibola mwizela umwami. 43 Havuye Petro alichora imisi mwishi yata hamwe nabantu biyitwa Simoni akola ibishato.