Sura 8

1 Turabashakira mwenge mumenye bene wachuna bashikanje kumenya ubuntu bwimana alibwo mvuye kumakanisa yomuri Makedonia. 2 Umwanya bokwi bukaa magongwa ubwishi bwinezero wabo nubwishi bwibukene bwabo bwala ye ubutunzi bwishi bwibungwaneza. 3 Kubera yuko ndemeza kubera barataze nkiko balibashoboye kandi no kurushaho kabashoboye kutanga ibintu vyabo benenyene. 4 Kandi no ubushachi bwabo bene nyene no kutu senga kubwishi bala tusezee kubera kungufashanya kukukora ibikongwa ibi kuba Klisto. 5 Ibi nkivyabaye nkiko twa bishaka hanyuma yaho ubwambere baritaze bene nyene kumwami aliko balitanze bene nyene iwachu kurukundo gwimana. 6 Kandi twara musavye Tito yalihafi ya tanguje ikazi iyi kuzana kubera ubwitozi ijambo ilidyubito zi hejulu yachu. 7 Mungabo mwenge murafise bwishi kubera burikintu kubera ukwizera kandi no mukuvunga kandi ni mubwenge kandi ni nguvu kandi ni murukundo ngwanyu kubera twenge kandi mwitaidi mube nubwishi kandi no kukora ikichubwitozi. 8 Ndavunga lino kandi sikamatengeko hanyuma yaho vunga kuti kungira kumenya ulukundo ngwanyu kungereranya kwa kila abadi batu. 9 Kubera ndamenya ubuntu bwimwami wachu Yesu Klisto niho yari umutuzi kubera kuri twenge yalumukene kuchira kubekene bwiwe umungezi kuba umutuzi. 10 Kubera ijambo ili no baha impanuro kungirango ulobafashe mumwaka umwe wachiyeho nkamamajije ngusa kukora ijambo mungabo mwipfuze je kurikora. 11 None ni muri marize nkiko twabishaka impanuro no kukora nukwiyupfira kukora hanyuma none mwalikushobora kandi kunzana kubera ubwizingingwa nkiko mushoboye. 12 Kubera murafise impanuro yokukora ikintu iki ni jambo dyiza dyemerewe bilashoboka lihangarale hejulu ya kidya afise hejulu yumuntu. 13 Kubera ikazi iyi sikubera kubera abandi balashobora kuronka hakiri namwe mushobore kuremengwa hanyuma ube nubwiza. 14 Ubwishi bwanyu bwimwanya urafasha kwa badya uroba ushaka ibi nivyo kandi ubwishi bwabo burashoboye kubafasha ibintu bikenewe vyanyu no kubera tubeubwiza. 15 Uku niko vyandichwe wene afise vyishi nkiyarifise ibintu vyovyose choyalifise na wene yalifise kitoi nkiyalifishe kushaka vyose. 16 Kandi ishimwe Imana waisize mumutima wa Tito umutima udya udya umwete kubera ivyo ndi nayo kukubera mwenge. 17 Kubera sikubera ngusa yakiriye amasengo yachu aliko yalifise ikomezi kungereranya na masengo ayo yaraje iwachu kubushachi bwiwe. 18 Twara mutumvwe hamwa nawe mwenewabo udya ashimingwa muri bene bomumakanisa kubera yikazi yiwe kubera kuvunga injili. 19 Si nguti ngusa mungabo kandi yatoranwe na makanisa kungenda natwe kubera kuheka impengo zose ikikongwa ikicho kukundana iki ni kubuntu bwumami wene nyene no kubuhanuzi bwachu bakufasha. 20 Turikura ubusobozi kubera udya wese ata kwiye kwanka kuvana natwe kuvana nokukunda ukukoheka. 21 Turareba neza kukora chu bwitozi sikubera yuko tuba turimbere zumwami mugabo kandi imbere za bantu. 22 Kandi twara mutumvwe mwene wachu uwundi hamvwe nawe kandi twaramupimvwe kuva keshi kandi twara mubanye yuko alio kuhanuzwa fori kubera yikazi nyihi kuhera ubu alafise umwete chane kukubera yubukomezi bukulu bwafise muri twenge. 23 Mulivyo vya Tito wene numugezi wanje kandi umukozi wimirimo mugezanje kubera mwenge nkiko kumugezi wachu batumwa na makanisa bitonde kubwa Klisto. 24 Kandi berekane ulukundo ngwanyu mwerekane kumakanisa kukubera ubwishimo yachu kukubera mwenge.