Sura 9
1
Kususilanya ni mikikogwa kukubela abizeye, ni vyiza kuli jewe kubandakila.
2
Ndamenya kuvyelekeye ikishika chanyu, alicho nishimiye kubantu ba Makedonia. Wabwiye yuko Abanyakaya biteguye kuva kumwaka wahela nyota yanyu yasohohe kumutima benshi mulibo kukola.
3
Ubu ndabatumye bagenzi kugilango ukwishi ma kwanyu kuvyelekeye mwebwe ntikube kubusa kugila mwobaye mwitguye, nkuko nabivuze niko mwobaye.
4
Ahandiho nimba umuntu wewese wa Makedonia ni yaza hamwe nanje tukabasanga mutahitegula twogize isoni - simvuga ichochose kuvyelekeye mwebwe kuba abatinyuche chane kuli mwebwe.
5
Kulivyo nabonye alibintu vyakamalo kubinginga bagenzi kuza kwanyu nukukola integulo hakili kale kukubela udushimwe mwasezela niwe ukunuko kugila kabe kateguye nkumugisha kandi si nkintu chategechwe.
6
Ikichiyumvilo: Umuntu atela ubusa azosoloma ubusa uwewese azotela kuntumbelo ya mugisha kandi azosoloma umugisha.
7
Basi kila umwe atange nkuko yateguye kumitima wiwe. Nawe ntatange kumubabalo chabule kukugobegwa. Kuko Imana ikunda udya atanga kumunezelo.
8
Nimana ilashobola kulengelezaho kila magisha kuli mwebwe, kugilango kila gihe, kumajambo yose nushobole kulonka uyomwipfuza ibi bizoba kugila mushobole kulenza kila kikogwa chiza.
9
Ni nkuko vyandichwe: "Yasanzaje ubutajili bwiwe no kutaga kubakene ukuli kwiwe kulalamba ibihe vyose.
10
Nawe utanga imbuto kutela numukate kukubela ivyokudya kandi azotanga mukulenza imbuto yanyu kukubela kutela.
11
Muzoshongoka kubudyo bwose kugilango mushobole kuba abatanga. Ibi bilozana akashimwe kumana kuchila twebwe.
12
Kukukola iki kikogwa sukukugilango ifata kubikenewe kubizeye. Kandi ileza kubikogwa byishi vyakashimwe kumana.
13
Kukubela ukupimwa kwanyu nukwemeza kwikikikogwa kandi muzoshemagiza Imana ku bwubashi nu bwemezi bwanyu kunjili ya Klisto. Kandi muzoshemagiza Imana kubutanzi bwingabile yanyu kulibo ni kwa kila umwe.
14
Balabipfuza na balabasaba kuli mwebwe bakola kuti kukubela Inema nini yimana ili hejulu yanyu.
15
Utushimwe tube kumana kungabile yiwe itavugika!