Sura 7

1 Bagenzi banje, kubela tulafishe vyemeye kukuti nuko twiyoze twebwe nyene kubela ijambo litukolesha umwanda kubela imibili yachu nu kubela impwemu nane tulondele ubwelanda kubela ubutinyi bwimana. 2 Nimukole integulo kubela twebwe! Ntitala mukole bibi umuntu wewese. Ntitwa mkomeleche umuntu wewese ntaotwagiriye inyungu umuntu wewese. 3 Ndavuzelino siko kubagililanabi kubela ndamaze kuvuga kubela umwumwe mumitima yanyu, uwachu twebwe kupfa hamwe nukubaho hamwe. 4 Nafishe ubushobozi bwishi muli mwebwe nubu ndibona kubela mwebwe. Ndujujwe kuhumulizwa nujujwe nu munezelo kuva hagati yumubabalo wachu wose. 5 Twalaje makedonia, imibili yachu ntiya lose ikilukuko hanyu yiwe, twalalose umubabalo kubudyo bwose kuku kubitwa ingwano hidwa yihanze nubutinyi hidya yu bwoba bwiwe. 6 Aliko Imana ila humuza badya bachiye ubugufi yala tuhumulije kuza kwa tito. 7 Ntivyabaye kugaluka kwiwe nyene kubela Imana yala tuhumulije hali kuhumuliza vyali kuti kubela kuhumuliza kidya Tito ziyakiye kuva uwanyu wene yatu bwiye ulukundolukulu gomufishe umubabalo yanyu nukunu mwali mumeze munkeka kubela jewe. None ndadugije umunezelo chane. 8 Naho jewe ubuntu bwange bwalabakoze kubabazwa jewe sindo wu babazwa. Aliko ndiko ndibaza hadya ndali mwo ndabona bidya bintu vyalimwo bila kogwa mwebwe kubela numubabalo aliko mwali mufishe umubabalo umwanya mutonyi. 9 None ndafishe umunezelo, sikubela mwali mufishe ingolane, kubela mufishe umubabalo wanyu mwala zanywe kwi chisha bugufi. Mwala lose umubabalo kubudyo bwukubonegwa bitagira inyungu kubela twebwe. 10 Kuko bili kumu babalo kubudyo buzana kwichisha bugufi kubela yuko bimaliza akakiza bitafishe umubabalo. Umubabalo wisi, nukubela yuko, bizana mpfu. 11 Numulebe umubabalo guno wimana yalavya jije umwete bunini muli mwebwe. Kubeliki umwele vya libinini muli mwebwe kuhakikisha kubela mutali mufishe amakosa. Kubiki kandi umubabalo wanyu gwali gumeze munini ubutinyi bwanyu kwi pfuzanya mwebwe, inguvu zanyu nukutinya kwanyu kubona yuko mwejejwe bishobola kukolesha kubela bilijambo mwashoboye mwebwe nyene kubela mwejejwe mulivyo. 12 Aliko ndala bandi kiye mwebwe, sinda ndikiye kubela muwakoseye, aliko sukumuntu yakubishe numu vyaha ndandiche kubela yuko ubwiza wimitima yanyu kubela twebwe ikogwe kumenyekana kwanyu imbele yamaso yimana. 13 Kubela yuko nino kuko tulahumulizwa kubela kongeleza nu kuhumulizwa kwachu twebwe nyene, tulonezegwa kandi kandi hejulu kubela vyabaye numunezelo watito, nukubela umtima gwiwe gwala nejelejwe namwe mwese. 14 Kubela yuko nteko ndilaje kuliwene mukuva muli mwebwe, sindalifishe ibitetegwa ububeshi bwiwe tudwa ijambo lidwa twavuze uwanyu dyali lili ukuli mukilata kwachu kubela mwebwe natito yala hakishije kubela ukuli. 15 Ulkundo gwiwe kubela mwebwe nubu nilunini chane, ntuko yibuka kubaha kwanyu mwese, ntukuntu mwamwa kiliye wene kubutinyi nukujugumila. 16 Ndafishe umunezelo kubela ndafishe ubushobozi neza muli mwebwe.