Sura 6
1
Nukubela idyo kukola akazi hamwe tulabinginga mwebwe ntimwa kile ineema yimana ahatali ivyakozwe.
2
None kubela avuga, "Umwanya gwe melewe nalinagavye iwanyu, nukubela umusi wububi ndabafashinje leba none numwanya gwe melewe leba none numusi wubibi.
3
Ntitushilaho ibuye dyo kutangila imbele yumuntu wewese, kubela ntituishaka ingabile yavhu izanwe kubela kushimigwa nabi.
4
Hanyuma yiwe tuliyemela twebweneye kubikogwa vyachu vyose yuko tulibakozi bimana. Tula bakozi bimana biwe kubela ubwishi wo buhumule Amateso ukubabala ukukomela vyomubulavyi.
5
Kukubitwa kufungwa ighasia, kubela kukola ikazi kumwete kubela kubula itilo mwijolo kubela inzala.
6
Kubela ubwiza ubwenge kwihangana ubwiza kubela mpyemu yela kubela ulukundo lukwiye.
7
Tulabakozi bime kubela ijambo dyukulu kubela inkomezi zimana tufishe ingoho yukuli kubela yuko vyabaye mkuboko kubudyo numukubokokukumafu.
8
Tutakola imilimo kubela ichubahilo nukutugaya kubela kuvumbula nukushimwa itula vugwo kubela kotubabi numwanya kotuli abukuli.
9
Tulakola ibiko kubela yuko tutamenyakana na kandi tulamenye kananeza. Tulakola imilimo nkaba habwa ikihane kubela ivyo vyimilimo yanu alikosiko nkaba dya bahawe ikihano kugela kupfa.
10
Tulakola ibiko gwa kubela bali kubabala aliko imisi yose tulafishe umunezelo tulakola ibikogwa nkaba kene, aliko tulaha ubutaji beshi tulakola ibikogwa kwingana yuko ntilunki ibintu nkuko tutunze buli kintu.
11
Twavuze ukuli kote iwanyu, wakolinto nimitima yachu yugawe kubela kikipanga.
12
Imitima yanyu ntitangiwe na twebwe kubela mula bujijwe nibili mukeka yanu mwebwe nyene.
13
None kubela kuhindulana kubwu kuli ndagani la kubela nkabana nimwa gulule imitima yanyu kubunini.
14
Ntimuhambigwe hamwe na batizeye nkikobili bilafishe kuba hamwe nyabaki kuli ukuli nukugwa? na hali ukusangila nyababa yumucho nu mwijima.
15
Nu kwemela nyana nyabaki Klisto ashobola kuba nadyo nu mubehari? Chankwe wene yizeye afishe umwanya nyabaki hamwe nutizaye?
16
Haliho vyo mumela nyije ibiki? Ibili hohagati yu lusengelo gwimana luli mubuzima nkwikwimana ivuga ndokwichala hagati yabo nukutambulila hagati yabo ndobimana yabo nabo baloba abantu bange.
17
Kuko, vahagati yabo mwitenge na bene yalavuze umwami ntimufate ibintu bibi ndoba kalibisha mwebwe.
18
Ndoba na daha wanyu namwe muloba abana banje bumugabo gabo numu golagola, "yavuze mwami wumulemyi."