Sura 5

1 Turamenya yuko ivyicharo vyomwisi alivyo tubamwo birororekara. Turafise inzu kuva kumana ninzu itubakwa kumaboko ya bantu Aliko ninzu itazohera yo mwijuru. 2 Nuko rero muriyinzu turagwara twipfuza kwambikwa ivyicharo vyachu mwijuru. 3 Twipfuza kuribi kubera tuyambaye ntituzo bone kana yuko turigusa. 4 Mubyukuri mugihe turi imbere yiyinzu turagwara turemegwa ntitushaka kukurwa muriyo aliko tushaka kwambikwa kugiranyo kidya chapfuye kishabore kumigwa nubuzima. 5 Udya yatuteguye twebwe kurikikintu nimana yamuhaye mpwemu wi sezerano kuri kidya kizoza. 6 Nuko mube nubutinyuchi imisi yose mube masi yuko mugihe tukiri muhira mumubiri yuko turi kure ni Mana. 7 Kubera tutembera kubwu kwizera si kubwu kubona nuko tufise kutinyuka. 8 Bikwiye tube kurere nivyu mubiri ni muhira aliko hamwe ni Mana. 9 Noko tuigira ivyipfuzo vyachu nimba turi muhira au kurere hagombegwa tubere neza Imana. 10 Nukobibwiriye twese tubonekane imbere yikitebe churubanza cha Klisto kugirango kira umwe ashobore kwakira kidya kikwiriye nkikintu chakoreche mumubiri mububi chanke muvyiza. 11 Nuko kubwo kuyimenya iterabwa yumwami turabinyinya abantu nkuko turi biraboneka yoko Imana ndafise ichizigiro yuko limenyekana mumitima yanyu. 12 Ntitushora kubahendahenda mwebwe kandi kutubona twebwe yuko turabukuri kurivyo turabaha mwebwe ichemezo chokwirata kwabwachu kugirango mushobore kubishara kwa badya bishira hejuru nkuko inyene baborekana aliko sikwa kidya bishira bishira hejuru inyene babonekana aliko si kwa kidya kiri mbere mumitima yabo. 13 Kurivyo nimba twarabuze ubwenge nukubera ukugomba kwimana nimba turi mubwenye bwachu bukwiye ni kubera kubwanyu. 14 Nuko kubera ulukundo gwa Klisto rututuma kubera tufise ichemezo kuribi yuko umuntu umwe yarapfuye kubwabose nuko bose barapfuye. 15 Na Klisto yapfiriye bose kugirango badya bakiri bazima ntibabeho kandi kubwabo kubwiwe babeho aliwe yapfuye yonyera arazuka. 16 Kukuberibi kuherubu no kwenderea ntitushobora kuchirurubanza umuntu kunyama nibichiro vyabantu naho aho ubwambere twara murevye Klisto muribi nyene aliko ubu ntitumu chirurubanza umuntu uwowese kandi. 17 Nuko rero nimba umuntu ari muri Klisto wene nikiremwa kishasha ivyakera vyarachiyeho raba bibaye bishasha. 18 Ibibintu vyose biva kumana yara tuhurijije twebwe kuriwe ubwiwe kuchira kuri Klisto kandi yaturonkeye inchunyuzi yo kutuhuza. 19 Uko nukuvuga muri Klisto Imana ihuza abisi kuriyo ubwayo ntiya haruye ibichumuro vyabo kuribo irabikisha kuri twebwe ubutumwa bwo kuhuza. 20 Kurivyo twasizweho kuba intumwa za Klisto nkuko Imana yahora ikora itora yayo kuchira muri twebwe turabinyinya mwebwe kubwa Klisto muhuzwe kumana. 21 Yagize Klisto kwitanga kubwivyaha vyachu wene niwe ariwe atakoze ivyaha yakoze kutyo kugirango tube nukuri kwimana muriyo.