Sura 12
1
Ningo bwa nishime aliko ntachongezwa nidyo ahubwo nzoba ndanya mundabo no kwelekwa kuva kumwami.
2
Ndamuzi umuntu umwe muli Klisto alininywaka chumi numunani yachiyeho aliwe alaba mumubili chanke hanze yumubili jewe simenya Imana ilamenya yalaleluwe hejulu mwijulu dya gatatu.
3
Kandi ndazi yuko uwu muntu abaye mumubili chanke hanze yumubili jewe simenya Imana ilamenya.
4
Yalatwawe hejulu nhaka paladiso no kunvaa majambo yela chane kumuntu wowese kuyunva.
5
Kulu hande gumuntu nkuo nzokwishima aliko kulu hande gwanje nyene sinzo kwishima aliko kubela integenke zanje.
6
Namba shaka kwi shima sino baye umupumbafu kukubela nobaye ndimwo ndavuga ukuli alikonzo leka kwishima kudyango ntabeho uwowese azonyi yumvila chane kusumba ibiboneka imbele yanje chanke kumvikana kuva iwanje.
7
Sindo kwishima kandi kubela inyo nelekwa yingene atangaye none invyo sindo kuzugwa mwoni nzigo igifya chasizwemwo imbele yumubili wanje intumwaya shetani kugwanya jewe kudyango sinhindu kile kuba uwo kwishima.
8
Ichulo zitatu nala mubwiye umwami kubela ili kudyango wene kuvanaho kuva iwanje.
9
Nawe alambalila, " Inema yanje ilatosheje kubela wewe kukubela inguvu zakozwe neza mu ntegenke kwivyo nishuzayu ko chane kwishima chane kubela integenke zanje kudyango ubushobozi bwa Klisto bushobole kwichala hejulu yanje.
10
None ndakwiza kubela Klisto muntegenke muntuko, mungolane mukubabazwa mugihe chokwichulikila kukubela ingihe ndi wintegenke hamandini nguvu.
11
Njewe nabaye mupumbafu! Mwege mwala ndazimishije kulili, kukubela nobaye nashimwe namwe. Kubela sina baye muto chane kulabo bitwa intumwa-- nziza, naho jewe atali kintu.
12
Ikigelelezo chukuli chintumwa chalakoleche hagati yanyu kukwihangana, ibigelelezo nibitangaza ni bikogwa bikulu.
13
Nukubela gute mwabaye abukuli bohasi kusumba insengelo zisigaye, ahubwo sina baye umuzigo iwanyu? Munha lile kiki kichumulo.
14
Raba! Jewe nditayali kuza iwanyu kukigila gatatu sindoba umuzigo iwanyu, kubela sishaka ikintu kili ichi wanyu. Ndaba shaka mwege kukubela abana ntiba shakigwa kushila mukubika kubela yaba mveyi hanyuma yaho, abamveyi bashakigwa kubikila abana.
15
Ndonezegwa chane kukolesha nogutumigwa kubela imitima yanyu nimba ndaba kunda chane, shakigwa gukundwa gatoyi?
16
Aliko nkuko bili sina balemeye umuzigo mwege aliko kubela jewe ndumumenyi chane jewe ndudya nabafashe mwege none mbaye nkuwa babonye kububeshi.
17
Aliko natoye kukwikolela inyungu kuwali wewesiwo natumye iwanyu?
18
Nalamwinginze Tito kuza iwanyu kandi nalatumye mwene wanyu hamwe nawe aliko, Tito yabako leye inyungu mwege? Aliko ntitwa giye munzila idya idya nyene aliko, ntitwagiye mubilenge bidya bidya?
19
Mwiyumvila yuko umwanya uwuwose twabaye twiteteya twege nyene iwanyu? Imbele zimana nokuli Klisto twabaye tuvuga kila kintu kukubela kubahagalika mwege.
20
Kukubela nfise ubwoba yuko ninaza noshobola sinda babone jewe nkuko mwiphuza ndatinya yuko hasho bola kuba imvugano inzigo kutongana nishavu ichiphuzo chukwikunda ulusaku, ishavu, nokugwana.
21
Ndinubwoba yuko nina galuka kandi Imana yanje ilashobola kunyitondesha imbele yanyu ndafishe ubwoba yuko ndashobola kubabazwa nabeshi balibakoze ivyoha hatalagela ubu, nabatali bali hana ubuchafu, nubusambanyi na majambo yokwishuza yobakola.