Sura 13
1
Ikinigihe cha gatatu yuko inje iwanyu. "Kila kilego ningobwa chabakwe nukwemezwa ni vyabona babili au bitatu.
2
Namaze kuvuga kuli badya bakoze ivyaha hanyuma yokubandi bose mugihe nalihiyo igihe cha kabili ndavuga kandi. Ninaza kandi sindo bihanganila.
3
Ndababwila mwegeli kukubela mulonda ivyabona yuko Klisto avugu kuchila kuli jewe. Wene ntategenke iwanyu, hanyuma yaho, Wene ni winguvu imbele yachu.
4
Kubela yababajwe muntegenke, aliko nimuzima kunguvu zimana. Kukubela twegeka nditulibitengenke imbele yiwe aliko tuzo ho nawe kunguvu zimana bamwe mulitwege.
5
Nimwi suzume mwenyene, mulabe yuko mumukwizela nimwipime mwenyene. Ntimubona yuko Yesu Klisto yuko ali imbele yanyu? Wene alimwo atalivyo mutala vyemeza.
6
Ndafise ukutatinya yuko mwege muzomenya yuko tweg ntitwa nkiwe.
7
Ubu tulasenbga kumana yuko ntimushobole kukola chochose kibi. Sise ngayuko twege tushobole kuboneka yuko twachiye mubigela gezo, hanyuma yaho ndasenga yuko mushobole kukola ikili chiza, naho tushobola kubonekana yuko twananiwe amagelagezo.
8
Kukubela twege ntitushobola kukola chochose kinyulanye nukuli, aliko nukubela ukuligusa.
9
Kukubela tunezelewe mugihe tuli binte genke namwe mufishe inguvu. Tulasenga kandi yuko mushobole guko gwa ugushika.
10
Ndaya ndika aya majambo mugihe ndikule namwe kudyango mugihe ndi hamwe namwe sishaka kubeleka ugukala mwege. Sishaka kukolesha itegeko umwami yampaye jewe ndabubake sukubonona hasi.
11
Ahubo bagenzi wumuhungu numukobwa nezegwa nimukole akazi kubela ukugalula, mushileho umutima, nimwumvikane mwege kuli mwege mubeho mumaholo nimana yulukundo na maholo azoba hamwe namwe.
12
Nimula mukanye kila yumwe kwibusu yela.
13
Abashilika bose balabala mucha.
14
Inema yu mwami Yesu Klisto, ulukundo gwimana no gusangila kumutima mwiza kube hamwe namwe mwese.