Sura 11

1 Niyu mvira yuko mwo kwihanganye nanje muri bimwe vyubujuju ariko nukuri muri hanyna hamwe nanje. 2 Kubera aruwinzigo kubwanyu nfise inzigo Yimana hejuru yanyu kuhera aho naba sezeraniye mwebwe kubwumubano wumugabo umwe nasezeranye kubazana mwebwe kwa Klisto nkinkumi yejewe. 3 Aliko ndatinya yuko kuribi nkuko ya nzaka yahenda henze Eva kububi bwayo ivyiyumviro vyanyu bira shobora kwonunwa kurere kuva kumasenjo neza kuri Klisto. 4 Kubera kumufano guti umuntu furani yoza kutanyaza ibinyuranye nudya mwakiye ubundi butumwa buri tofauti na budya mwakiye mwari hanganye kuri bibintu neza birabaye. 5 Kubera yuko jewe sindi muri badya bari hasi nokuri badya bahamagawe kuba intumwa nziza. 6 Aliko naho jewe ntarigishwa mkuvuja ubutumwa suko bimeze mubwenge mubudyo bwobwose no mubintu vyose twabitumye kumenyekana kuri mwebwe. 7 None warokoze ivyaha mukwichigha bugufi kwanje kugirango mwebwe ushobore kushigwa hejuru kubera nahubiri kumwidege mvyo injiri yimana kuri mwebwe. 8 Narache amakanisa meshi kubwa kira fashanyo kuva kuribo kugirango noshoboye kubafasha mwebwe. 9 Mukipindi ahonari hamwe na mwe kandi nari mukugomba sina mubabaje uwowewese kubera ivyifuzo vyanje vyara shikijwe Nabagenzi bari baje bavuye makedonia mrikira kintu naritangiye ubwanje kugirango simbe ikichitaza iwanyu nzo kwenderea kukora kutyo. 10 Kuko ukuri kwa Klisto kuri muri Jewe. Nokwitarata kwanje. Sinzonuma hagati mwisehemu zomuri akaya. 11 Kuberiki yuko ntabakunda? Imana iramenya yuko ndabakunda. 12 Ariko kidya chonkora nzokikora kandi nzokikora kugirango nshobore kutangira umutima wa badya bipfuza umwanya wkuba ukoturi muri kidya biratira. 13 Nkuko kubera badya bantu ari ntumwa zububeshi nabakozi bububeshi bihindura ubwabo nkintumwa za Klisto. 14 Kandi nigitanyaza kubera shetani yihindura ubwayo nkamaraika wumucho. 15 Iki ntikitera kutanyara kunini nkokubakozi bayo kandi nabo bakama bihindura ubwabo nkabakozi Bukuri ikivamwo muribo kizoba nkibi kogwa vyabo bigiriye. 16 Ndavuga kandi nuko ntihabeho umuntu wowese yiyumvira yuko jewe ndi kijuju Ariko nimba mwokora nimunyakire jewe nkuko ndi kijuju kugira nshobore kwishima kutyo. 17 Kidya chomvuga kuvyerekeye ino mukwizera no kwishira hejuru ntikuchirirwa urubanza numwami ariko mvuga noba ndi kijuju. 18 Nkakudya abantu beshi birata kubwumubiri nanje nzokwirata kandi. 19 Kubera mwataranye kumunezero nibijuju ubwabo murafise ubwenge. 20 Kukubera mutwarana numuntu niya kushira mubutumwa. Nutatuma kwigabanya hagati yanyu nimba azoba koresha mwebwe kunyungu yiwe niyishira hejuru mukirere chanke niya kubita mumaso. 21 Nzovuga kubumaramare bwachu yuko twebwe tufishe intege nke chane mukukora ivyo kandi bado kumuntu uwo wese nirata ndamuvuga yuko ari kijuju nanje kandi nzo kwirata. 22 None bene nabayahudi? Nanje nuko. None bene nabaisiraeli? Nanje nuko. None bene nuruvyaro gwa iburahimu? Nanje nukwo. 23 None bene nabakozi ba Klisto? Muvuga yuko ntafise ubwenye jewe sivyaho mbaye ni mubikogwa bigoye chane kure chane kuba mukifungo mukukubitwa kugera mpaka kuhwera. 24 Kuva kubaya hudi barakiye inchuro katanu kukubitwa inchuro mirongwine kukuramwo rimwe. 25 Nara kubishwe inkoni katatu kandi nongera nkubitwa amabuye rimwe navuye habi chane nakoresheje ijaro nu mutaga Hagati munyanza. 26 Kandi nama munyendo nyishi nomunyorane zi myonya nomunyorane zibi suma nomunyorane zivuye mubantu banje bene nyene, Nomuvyorane zivuye mubantu baba nyamahanga nomunyorane zamazi nomunyorane zo munyanza nomungora zivuye mubagenzi baba beshi. 27 Nari mubikogwa bigoye nomumibereho igoye nomumajoro meshi ntadyama nomunzara ninyota keshi mukwisonzesha mumbeho nubusa. 28 Kure yikintu kindi hari umwete wakira musi hejuru yanje kuvyiyumviro vyanje hejuru yamakanisa. 29 Ninde afishe intege nke jewe ntantege nke fishe ninde yatumye uyundi kugwa muvyaha nanje sinywana imbere. 30 Nimba arirazima nishire hejuru kuvyere ye kidya cherekana intege nke zanje. 31 Imana na dada umwami Yesu wene ahimbazwa imisi yose Aramenya yuko jewe ntabesha. 32 Hriya Dameski umukuru wumukoa Hasi yumwami Areta yahora arinda umuji womuri Dameski kugira afate. 33 Ariko nasizwe mukikapu nchira mwidirisha murukuta kandi na vuye habi kuva mumaboko yiwe.