Sura 5

1 Nkimuvume umugabogabo wumutama aliko muhe umutima nkiko aliso wawe umuhe umutima umurose wumuhungu baboneka nkichutizawe. 2 Ubahe umutima abagorengore abatama nkiko boba banyoko bawe nabagorengore binkumi kiko boba bashika we kubwiza bwose. 3 Wubahe upfakazi badya bali pfakazi zukuli. 4 Mugabo kamba ipfukazi ifise abana chankwe abuzukulu baleke chambele biyingishe kwelekana ikubaha kubantu bumuhira iwabo benenyene bareke barihe abavyei babo ivyiza kubela ibi bibereye imbelezi mana. 5 Aliko ipfakari ukuri ukuri nudya yashizwe wenyene nawe ashira ivyizingiro vyiwe kumana imisi yose aguma alimugusenga ijoro numutanga. 6 Aliko ivyo udya mugorengore udya abayeho kuvyisi yarapfuye umwanya akiriho. 7 Abisingure ibi ayamajambo kungira nkiba kwendongere. 8 Nimba umuntu atarotunga benewabo nkabadya babaye muhiriwe yarahakanye kwinzera kandi nimubi kusumba udya atemera. 9 Aliko umugorengore yandikwe hamwe nkiko aripfakari niyaba afise imwaka itarihasi yimwaka urukanga kandi numugore wumugabo umwe. 10 Mpaka abemenyekana vyiza aliko niyaba akunda abana chankwe akunda abagenyi chankwe yaranavye amanguru yabakirisu chankwe yarafashije ababayeho babonegwa chankwe yitaze kwikazi yoyose nyiza. 11 Mugabo kwa badya bapfakari bakiribato ni wanke kubandikisha kugwandiko ngwabapfakazi nibaba bijiye mukwipfuza mwuvyo umubiri batari muri Klisto bashaka kwimungwa. 12 Kuzi iyi baba binjiye muchaha kubela baba bonoye kwitanga kwabo kubwambere. 13 Kandi bababinjiye mukamenyero kubenebwe bene bazunguka izu kunzu. Aliko ngusa sabanebwe aliko ngusa nibo kuvunga no kuvunga amajambo yabandi bene bavunga amajambo katakwiye kuvunga yabandi alikiko bavunga amajambo batalibakwiye kuvunga. 14 Aliko jewe nashaka amba gorengore bakiribato bimugwe bavyareambana bahagarikire izuzabo kungirango nkumuhe akanya umwasi kutirenga kukora uvyaha. 15 Aliko bakei baho balamaze kuhindukilira shitani. 16 Nimba umugore wewese yemera yuko afise ipfakazi aliko nabafashe kungira ngo ikanisa nkiriremengwe kungira lishobore kubafasha badya baripfakazi chane chane. 17 Aliko abazehe badya batengeka vyiza baharuri ngwe kuba bakwiye ikubawa kwibwishi badya badya bakunda kwingisha ijambo dyimana. 18 Aliko amandiko alavunga nkizibite inka kudyo chankwe kunywa inafaka na umukozi alashakigwa kuliha impembo yiwe. 19 Nkiwakile ulubanza hejuru yumuzehe aliko halilo ivyabona bibili changwe batatu. 20 Bereke abononyi imbere yabantu bose kungirago na bandi basingaye changwe botinya. 21 Ndakutumwe chane imbere yimana, nimbere ya Klisto Yesu na malaika yatenguwe ubike ubutumwa ubu utasizemwo uchakubili bobose kandi kukore ijambo lidya dyose utasizemwo ukwirata. 22 Nkushiremwo umuntu wewese amaboko nanigoga kufate ivyaha vyumuntu uwindi bikwiye kwibika ube mwinza. 23 Nkibikwiye ungwe amazi hanyuma yaho ungwe umuvinyu mukei kuboida namagwai yawe yo kumwanya no kumwanya. 24 Ivyaha vya bakei babantu nkibimenyekana haboneka nkihatangurira ihukumu mugabo bikei vyi vyaha nkibikwirikiraho havyuma. 25 Nguto nguto bikei vyikazi nyiza imenyekana ahabona ariko izindi nkizironyengezwa.