Sura 4
1
Aliko mwemu avuga yeruye yuko mugihe kizoza bamwe mubantu bazoreka ukwizera no kuba maso kwumviliza imwemu zibesha ninyigisho za badaimoni.
2
Zizokwigishwa mububeshi nu budyadya, imitima yabo izohindugwa.
3
Bazobabuza kwimura no kwakira ivyokudya vyimana yalemye bikoleshwe kukushima muribo bizera na bamenya ubukweli.
4
Kubela burikintu chi mana yalemye ni chiza. Ntachotwakira kukushima kikwiliye kuhakana.
5
Kubela chezwa kuchira mwijambo dyimana ni kunzira ya masengo.
6
Nimba uzoyashira aya ibele ya benewanyu, uzoba umukozi mwiza wa Yesu Klisto. Kubera warelewe mumajambo yu kwizera no kunyigisho nziza wakwiliye.
7
Aliko uhakane imigani zo mwisi zikundwa nabakeshuru. Hanyuma yaho, wiyigishe wewenyene kwubaha Imana.
8
Kuko kwimenyeleza kwumubili kulakwinye katoyi, aliko kubaha Imana kulakwiye chane uri vyose. Kubiha isezerano mubuzima bwubu nabudya buzoza.
9
Ijambo ili nidyo kwizegwa na rikwiye kwemezegwa gwose.
10
Kuko aligituma tugogwa chane no kukora akazi nu mwete chane. Kukubela tufishe ubushobozi mumna ikomeye aliyo muchunguzi wabantu bose, aliko chane chane abizera.
11
Uyavuge nu kuyigisha ayo.
12
Umuntu wese ntabugaye ubusore bwawe. Hanyuma yaho, abe akarolero muribose bizera, mumvugo, mungendo, murukundo, mukwizegwa, no kubwiza.
13
Kushika ahonzoza, guma mukusoma, mukuhanura no mukwigisha.
14
Ntugabanye ikichiro kili muri wewe, chowa hawe kuchira kumuvugishwa, kukushiorigwa kwa maboko na bazehe.
15
Witwalarike ivyo ube muri ayo kugira ukukula kwawe kube kubonekera kubantu bose wilinde chane urugendo gwa ninyigisho.
16
Guma muraya kubela kukukora ivyo uzokwikiza wewe na badya bakwumviliza.