Sura 3

1 Iyi mvugo niyo kwizegwa. Nimba umuntu yifuza kuba umuhagalikizi akazi keza. 2 Relo umuhagalikizi agombegwa ntabe nu mugayo ni ngomba abe umugabo wu mugore umwe. Ni ngombwa abe atalenza urugero atalugumba, aganza ingeso ziwe, akundana ni ngombwa abe nubushobozi bwo kwigisha. 3 Ntabe akolesha umuvinyo, ntabe umusinzi, aliko uwitonda, wa mahoro. Ni ngombwa ntabe umukunzi wa mahera. 4 Agombegwa kuhagarikira neza abantu bo muhira kwiwe wene, na bana biwe bagombegwa kumwubaha kuchubahiro chose. 5 Nimba umuntu atazikubaha agalikira abantu bo muhira kwiwe wene, azolela gute ikanisa dyimana? 6 Nube umwizela mushasha, kugira ngo ntaze yikakishe no kugwa murubanza nka wa mubi. 7 Ni ngombwa kandi abe ni ngeso nziza kulibose bali hanze, kugira ngo ntaze agwe mumugayo nu mutego wa wamubi. 8 Abakozi bisengero, kudya kudya bagombegwa kuba abahabwa uchubahiro, ntibabe abavuga indimi zibili. Nibakoreshe umuvinyo gulenze ulugero chanke kuba nu kwipfuza. 9 Bashobore kugumya ibanga dyo kwizera dyahishiriwe. 10 Babe kandi bamejwe ubwambere, hanyuma bashobore kufasha kubela batafishe umugayo. 11 Abagore gutyo gutyo babe abafishe kwubaha, ntibabe ababesha babe nurugero nukwizegwa muri vyose. 12 Abakozi bisengero ni ngombwa babe abagabo bumugore yumwe yumwe. Ni ngomba bashobore kubahagarikila neza abana babo nabo muhira iwabo. 13 Kubela badya bakora neza baronka umuhaga laro mwiza nubushobozi burini mukwizera kuli muri Klisto Yesu. 14 Nandika aya kuri wewe, nizera kuza iwawe ubu vuba. 15 Aliko ninaba chelegwa, nandika kugira ndonke kumenya ingewe yo kugendela muuzu yimana, nayo nikanisa ya bmana ikomeye, inkingi ishigikiye ubukweli. 16 Ntakuhakana yuko ubukweli bwimana welechwe nubukuru, "yabonekanye mumubili, yemezwa nu mutima, abonekana na malaika, amenyekanishwa mubanyamahanga, yizegwa mwisi atwagwa mwiju mubwiza.