1 Jewe sindumucho jewe sinduntumwa jewe sinda muboye Yesu Umwami wachu? Mwenge nkimurivyamwa vyakazi kanje kubera umwami? 2 Nindaba jewe intarintumwa kubeshi chankwe ni ntumwa iwanyu. Kubera mwenge muramenya yuko ndintumwa yanje kubera Umwami. 3 Ubuni bwo ubutetezi bwanje kubera badya ambaneba jewe. 4 No nkitufise ivyachu vyo kudya na kunywa. 5 Nkitufise ihaki yokutwala umungore yamze kwizera nkiko bangira intumwa izindi na bene wachu bokumwami na kefa? 6 Changwe ni jewe jenyene na barinaba kubera tukwiye kukora akazi? 7 Ninde akora akazi nki umuporisi kubera igaramaziwe wenyene? Ninde atera umuzabibu kandi nkadye ivya vyaho chankwe ninde anogera umungwi atangwa amata yaho? 8 None vunga aya kubutengeko bwumuntu? Atiko amatengeko nango nkiga vuga nguti. 9 Kubera vyandichwe kubera amatengeko yamusa nkumuzibire inka kunywa niyadya ibilimwa ukuri nikuti aha Imana iritayeho inka? 10 Aliko nkavunga aya kubera twenge? Vyandichwe kubera kwenge kubera udya alima ibirimwa bimukwiye kurima yizeye na udya asoroma bimukiye aorome kwiyuvera kufasha kubera kusoroma. 11 Nitaba twarateye ibintu vyumutima muli kwenge none ni jambo rikuru kuli kwenge nitwa soroma ibintu vyumubili kuva muritwenge. 12 Ni haba abandi balarose ihaki kuva muli mwenge none twenge sitwenge kurusha? None kwivyo aliko kurivyo nkitwa iseze iyo haki hanyuma yaho twari hanganyie amajambo yose hanyuma yokuba ikingerangezo chijili ya Klisto. 13 Nkimumenya yuko mwese bakora ikazi murusengero baronka ivyokudya vyabo kuva mwisengero? Nkimumenya yuko bose bakora ikazi murusngero muruhande ngwakudya chatanzwe kumazabahu? 14 Kubera uko umwami yaratumwe kudya badya bose batangaza injili nimpake baboneho kubaho kuvana nuko ijili. 15 Mugabo sidabishuza ihaki zose izi kandi sindadika aya kugirango ijambo dyodyose rikoreshwe kubera jewe hoba jewe imve hako umuntu wewese kukwibwira ino kukwirata kwanje. 16 Kubera yuko vyanga ubutumwa bwinjili sifise akanyako kwirata kubera yuko no kora ibu kandi nakazikanje nintakara akazi kongu hubili injili. 17 Aliko ninakora ibi kukwishakira kwange nafise ikihembo mugabo nitaba atarikwishakira ndombafise akazi ndahawe kuba umuserukiwa. 18 Aliko ijawabu yanje niki? Yokuba mubili ndo iyi kuraho ijili hatariho igarama kandi hatariho kukoresha umwizingingwa wivyanje vyofise kubera injili. 19 Kuberaa niho dabaye ndihuru kuribose ndara koreshe nje ndumushuba wabase kubera yuko shubore kubaha ronka beshi chane. 20 Kubayahudi ndarabaye nkumuyahudi kungirango ndabaronke abayahudi. Kwa badya bali hasi yamatengeko ndarabaye kuko umwe muribo alihasi yamatengeko. 21 Kwa bandya bari haze yamatengeko, ndarabaye kumwe wabo haze yamatengeko aliko jewe wenyene sidabaye haze yamatengeko yimana aliko hasi yamatengeko ya Klisto ndarakoze ibi kungirango ndabaronke badya barihaze yamatengeko. 22 Kwa badya bangewe ndarungowe kubera ndabaroke badya baribangowe ndabaye ukubarokose kubantu mbose kubera kuzira zozose donke kubakiza bakei. 23 Nange ndakora amajambo yose kubera yinjili kungirango fashanye kubera yimingisha. 24 Nkiumenya yuko kubera yukwiruka bose bachi ndana nkibiruka mugabo araronka impembo numwe? Aliko nimwiluke kungirango muronke impembo. 25 Aliko umukinyi nkiyibuza kubera vyose aliko nihoyomba alimunyingisho izo nkakora ibi kungirango yakire yononekara mungambo twenge twiruka kungira turonke impembo itononekara. 26 Kubera yuko jewe intihika atavu changwe nkubita na igumi nkiko alingu kubita ubusa. 27 Mungabo na babaza umubili wanje no kuwungira nkumushumba. Kungira yuko ninaba barabahubili abandi chankwe jewe nyene si wo kwa nkwa.