1 Ndashaka mwebwe mumenye musazange na mushikiwanje, kubela dahu wachu bali hasi yigichu nobene bachiye kubela inyanza. 2 Bose batabatijwe bamela nta Musa hagati mukichu ni hagati yinyanza, 3 Nabene balaliye ivyo kudya bidya nyene vyi mpwemu. 4 Bose banyonyo ibinyobwa bidya nyene vyi mpwemu kubela balanyoye kuva kubela kwibuye dyimpwemu dyaba kwilikiye ni buye lidya dyali limeze na Klisto. 5 Aliko Imana ntiya nezelezwe chane nabeshi mulibone, nulupfu gwabo gwala kwiye mubu galagwa. 6 Kubela bino vyose vyali mukugelelenya uwachu, kubela twebwe ntuntu menye abantu bugushakana ibintu bibi ntuko nabene bakoze. 7 Ntumumele ntibasenga ibigigwa mana, ntabene abandi bene bali bameze. Line nukubela yuko vyandichwe, "Abantu bali chaye hasi badya nu kunywa, nukuvyuka nukucheza nukushakana mulukundo. 8 Ntudukole kushakana nkamadani nkabandi beshi bene ntuko bakoze balapfa umusi umwe abantu milongibili na batatu ibihu mbi kubela ivyo. 9 Aliko ntitu mugelageza Klisto, nkabandibeshi bene ntukobakoze nu kunonagwa mu nzoka. 10 None lelo ntumusha vulanila ntabeshi mulibo bashavulaniye nukonona nu mumalaika wulupfu. 11 None ibintu ivyo vyalakoleshweje nti kigelelanyo chachu bilandikwa kugilango biduhane twebwe ntuko batwi yumvi yemu vyahoye muvya kela. 12 None lelo bulu muntu yibona alahagaze amele ntinga bontaze agwe hasi. 13 Ntakintu na kimwe chukugela gezwa chabafashe mwebwe litali ukuli imbele ya bantu. Aliko Imana numwizi gigwa. Ntalobasigaza mugelagezwe kuchila ubushobozi bwanyu. Hamwe nukugela gezwa wene alobaha umudyango wokuselukila, kubela yuko Imana ni mwizigigwa. 14 None lelo, bagenzi banje, numuwikale amasenge yibigigwa Mana. 15 Ndavuze namwe ntuko mula bantu bafishe ubwenge, kugilango mushobole hejulu yalino mvuga. 16 Ikikombe chumuhezagiro tubaheza gililako, ntabwo alukusangira namaraso ya Klisto? Umukate gudya tuwumila, sigusangira kubwu mubili wa Klisto? 17 Kubela imikate nigumwe twebwe tulibeshi tulumubili gumwe twebwe twese tulafata imikate gumwe hamwe na gumwe. 18 Numu labe abantu babisilaeli, None badya bosebalila ikimazi saba sangira kubela ikimazi? 19 Ndavugakute none? Kubela yuko ibigigwa Mana ni kintu chankwe bimeze ntivyo kudya vyatunzwe ishikanwa kubigigwa Mana ni kintu? 20 Aliko ndavuga hejulu yibintu bidya batunze ishi kanwa abantu baba nyamahanga bomwisi kubela yuko batonga ibintu bino mwasatani siku mana nange sishaka numwe kusangira na madoimoni. 21 Ntimu shobola kunywela mukikombe chumwami nkikombe chama daimoni. Ntimu shobola kugira gusongira kubela ameza yumwami nukubela ameza yabadaimoni. 22 Aliko tula muha umwami ashavu? Tutafishe inkomezi hejulu yiwe? 23 Ibintu vyose ni vyiza? Aliko sivyose bisha kigwa ibintu vyose ni vyiza Aliko si vyose bibu kila abantu. 24 Ntanu muntu numwe yoshobola kulondela ivyiza vyiwe wenka. Hanyuma yiwe, bula muntu yalondeye ivyiza vyamugenziwe. 25 Mula shobola kudya bili kintu kiguzwaho mwisoko utiliwe ulabazagiza kubayuko ichipfuzo. 26 Kubela "Isi niyumwami, ni bintu vyose vyazuye chane. 27 Numuntu atizeye ababwiye kudya mulashobola kugenda nimudye chochose chiyabahaye mutiliwe mulabaza majambo yichipfuzo. 28 Kuko umuntu ashobola kubabwira, "Ivyo kudya bino vya vonywe nishi kanwa yoba nyamahanga, "ntimudye lino nukubela wene yobabwiye nukubela yichipfuzo. 29 Nanje si shobola ichipfuzo chanyu aliko ichipfuzo chanyu yawu dya uwundi. None nu kubeliki kwide gevywa kwonje uchibwe ulubanza kukwi pfuza wumuntu wuyundi? 30 Aliko jewe ndakolesha ivyo kudya kuga shimwe kubeliki bantuke kukintu chinda shoboye kushima chonka? 31 None lelo, ikintu chose chumu shobola kudya nukunywa chankwe ni bintu mukolesha. Kolesha vyose kubela ivyiza vyimana. 32 Ntimu batakaze abayahudi chanwe abayunani chankwe ikanisa dyimana. 33 Nimukoleshe ntange ntiko nkolesha kuba kunda abantu bose. Kubintu vyose sindondela kugwiza kwanje jewe nyene, abantu beshi. Nanje nkola kuti kubela balonke kukila.