1 Mulondele yewe nuko jewe ndamulondela Klisto. 2 Ubu ndabashimila kukumbela ya bidya nikuru munyi buka kubintu vyose, ndabashimila kukubela mwalabifashe ivyakilo niko ndabizanye iwanyu. 3 Kuko shaka mumenye yuko Klisto ntumutwe wumu gabogabo, nawe umugabogabo numutwe wu mugolagole, ni yo kwi Imana numutwe wa Klisto. 4 Kadi umugabogabo asinga atange ubuvugishwa abe yipfuye umutwe aleteleza umutwe gwiwe. 5 Kadi kila nugola gole asenge au kutenga ubuvugishwa kadi umutwe gwiwe gufukumye alakiteteleza umutwe gwiwe ni kubela na sawa sawa yalakatishije. 6 Kadi yuko umugolagole atalopfudikila umutwe wiwe na bamumwe umuchachi wiwe gubu muto kubela alisoni wiwe ama kumumwa, aliko apfudikile umutwe gwiwe. 7 Kadi nashakigwa umugabo gabo kupfudukila umutwe giwe kukubela wene alaka gelelezo nu ubwelanda bwi Mana kadi umugola gole ni bwelanda bwu mugabogabo. 8 Kukubela umugabogabo ni yalemwe kukubela umugola gole aliko umugolagole yalevunye mumugabo gabo. 9 Wala umugabogabo ni yalemwe kukubela umugola gole aliko umugolagole yalemwe kubela umugabogabo. 10 Uku niko kubela umugolegole ashakigwa kuba nulugelelezo gubutegechi hejulu yumutwi gwiwe, kukubela Imalaika. 11 Kadi nivyo kumwami umugola gole ntuliho wenta atamugabogabo, kadi ata mugabogabo ataliho umugola gole. 12 Kukubela kadi yuko umugola gole yavuye mumugabogabo, kadi kaldi umugabogabo yavuye mumugola gole ni bintu vyose kuva kumana. 13 Mumuhane mwebwe yene: Je ni swaswa umugolagole asega Imana umutwe gwiwe gupfukuye. 14 Je atakula iasili wenka wene nibigisha yuko umugabo gabo afishe umuchachi mulemule ni soni kwiwe. 15 Kadi iasili ntibigisha yuko umugola gole afishe umuchachi mulemule nubwe landa bwiwe? Kubela yahawe zidya michachi zilezile ni mwabalo yiwe. 16 Aliko ikiwa ibintu vyose bishaka kuhali la hejulu yibi, twebwe nitufishe Imana iyindi wala ulusegelo gwimana. 17 Kubela ivyatumwe bikwilikilaho jewe sindabashi magiza. Kubela mukosayika sikunyugu bali nikwihasala. 18 Kubela ubwabele duvishije yuko yomuhuliye kwisengelo, ntahalihokuga bayika hogati yanyu, nikwisehemu ndizeye. 19 Kuko nilazima ukubaho abemewe hagati yanyu kugila yuko badya abemelewe bamenyekane iwanyu. 20 Kuli namuna homuhulila chamudya sivyo kudya vyumwami. 21 Aho mudya kila umumwe adya ivyokudya byiwe vyevyewe naho abandi bataladye naho uyu afishe inzala nuyu yabimeye. 22 Kadi nimufishe inzu zo kulilamwo no kunywe lamo? Kadi mulaligaya isengelo dyi Mana ni kuliteteleza batafishe ikintu? vuga iki wanyu? Ndabashimagize? Sidobashimagiza kubela ibi. 23 Kubela ndalakiye kuva kumwami kidya alicho ndabahaye mwebwe kuva kumwami Yesu umusi gudya hoyasalitiwe alatoye umukate. 24 Hanyuma yo kushima, yala uvunye ni kuvuga, "Ungu nigo umubili waje, ulikubela mwebwe kala uku kukunyibuka jewe. 25 Nuku uku atola ikikombe hayuma yokudya, achavuga, " Ikikombe ni sezelano lishasha kubela amalaso yaje. Nimukole uko imisi yose naho mulonywa klukunyibuka jewe. 26 Kuli kadi mwanya mudya umukate uwu ni kunywa ikikombe, mulatagaza ukukupfa kumwami manka halogalukila. 27 Kuluyo, adya umkate ama kunywa ikikombe icho ichu mwami bitashakigwa aloba yihaye ikihano chu mubili na lamaso yu mwami. 28 Umuntu yibaze wene yene ubwambele kadi audye umukate, nikukinywa ikikombe. 29 Kubela uwayoye awisobanuliye umubili ni kudya nikunywa kukihano chiwe weneyene. 30 Uku niko kubela abantu beshi hagati yanyu ni kumelegwa nabi, ni muli mwebwe mwalapfuye. 31 Kadi twilevye twenge yene nitulohanwa. 32 Ila iyotuhanywe nu mwami, tulogalugwa, kugila nituze tuhamwe hamwe ni bisi. 33 Kuli vyo bene wachu na bashikaje bange homulohulila mulonke kudya, mulindani. 34 Umuntu afishe izala na adye muhila iwiwe kadi yuko homuhulila hamwe nimuze mube nikihano ni kuvyelekeye ibintu vyishi ivyo mwandiche ndobelekeza nindaza.