1 Ivyelekeye ingabile za mwemu, bene wachu na bashiki banje singomba mubure kumenya. 2 Murazi yuko homwari mukili abapagani mwatwagwa no kukwilikila ibigigwa mana bitavuga munzira zozos mwarongogwa zazo. 3 Relo ndashaka, namenye yuko ntauriho wewese avugishwa na mwemu wimana avuga, "Yesu ya aravumwe." Nauliho uwewese azovuga, "Yesu ni umwami," Yomba mwemu mwelanda. 4 Relo hali ngabile nyishi nyishi, ariko mwemu numwe. 5 Kandi hali ukufasha kwishi kwishi aliko umwami ni yumwe. 6 Kandi hali ubwoko bwishibwishi bwa likogwa aliko Imana nimwe ikola ibikogwa vyose kuli bose. 7 Relo buri umwe ahabwa ihishurigwa dyi mwemu kukamaro kabose. 8 Kuko umuntu umwe ahawe ni mwemu ijambo dyu bwenge nu yundi ijambo dyu kumenya kwi mwemu yudya yudya. 9 Kuwundi akaheshwa ukwizera kwimwemu yidya yidya ni kuwundi ingabile yukukiza kwi mwemu imwe. 10 Kuwundi kukora vyi nguvu, nuwundi kuvugishwa ni kuwundi ubushobozi vyo kusobanupa mwemu, uwundi ubwoko bwishi bwishi bwi ndimi ni kuwundi isobanuro zi ndimi. 11 Aliko mwemu ni yudya yudya akora ibikogwa ibi vyose kuha buri munti ingabire nkuko agomba wene nyene. 12 Kubela nkakudya umubili ariumwe, nagwo kufishe ibihimba vyishi ni bihimba nivyumubili udya nyene kutyo kutyo na Klisto. 13 Kubela muri mwemu umwe twebwe twese twabatijwe kuba umubiliwe, ngo tuli Abayahudi chanke abayunani, ngo tuli abatumwa chanke bidegemvya na twese twanyweshejwe mwemu umwe. 14 Kubela umubili sikihimba kimwe, aliko nivyishi. Nimba ukuguru kuzovuga, "Kuko jewe sindi ukuboko jewe sindi ikiche chumubili," Idyo ntirikwiye kutaba ikiche chu mubili. 15 Nimba ukutwi kuzovuga, "Kuko jewe sindi jisho jewe sindi kiche chu mubili idyo ntilikwiye kutaba ikiche chu mubili. 16 Nimba umubili wose uzoba ijisho, kwali kuba hehe kwumva? 17 Nimba umubili wose ubaye ukutwi kwli kubahehe kwinuiliza? 18 Aliko Imana yasizeho burikiche chumubili chantu hacho nkuko yabiteguye yene. 19 Kandi vyose yavyaba ikiche kimwe, umubili walikuba hehe? 20 Kutyo relo ibihimba ni vyishi aliko umubili numwe. 21 Ijisho ntilishobora kubwira ukuboko, "Ntacho umanye wewe," Nu mutwe ntushobora kubwila amaguru, ntachomumariye mwebwe." 22 Aliko ibihimba vyumubili bibonekana kuba rukubaha katoya birashakigwa kurushiriza. 23 Ni bihimba vyumubili twiyumvira yuko bifishe ichubahiro katoya, tubiha ichubahiro kurushiriza ni bihimba vyachu bitafishe umuhamaga ro birafishe ubwiza kurushiriza. 24 Na nubu ibihimba vyachu bifishe umuhama garo nta ngombwa yo kubiha ichubahiro kuko birafishe icubahiro. Aliko Imana yabihaye ichubahiro kurushiriza bidya bitafishe ichubahiro. 25 Yakoze ivyo kugira ntihabeho ukwilema kwumubili aliko ibiche vyose bibane kurukundo gwa hamwe. 26 Ni mukihe ikiche kimwe kibabaye ibihimba vyose bibabara charimwe. Chanke mukihe ikihimba kimwe chubashwe, ibihimba vyose binezegwa icharimwe. 27 Rero mwebwe numubili wa Klisto nibihimba buri kimwe chonka. 28 Imana yasize buri sengero bwa mbele itintumwa, icha kabili abavugishwa icha katatu abigisha hanyuma badya bose bakora ibikogwa bikuru, hanyuma ingabire zo kukiza, badya bufasha badya bakora ibikogwa vyo kurongora, na bose bafishi ubwoko bwishi bwishi bwindimi. 29 Mbe twebwe twese ni ntumwa? Twebwe twese nabavugishwa? Twebwe twese kurakora ibikogwa vyi bitangaza? 30 Mbe twebwe twese turafishe ingabile zo kukiza? Twebwe turafishe ingabile zo kukiza? Twebwe twese turavuga ku ndimi? Twebwe twese turasobanura indimi? 31 Rondera ingabire zilizikuru. Nanje nzobeleka inzira alinziza kurushiriza.