Sura 13

1 Tuvuge yuko ndavuga kundimi za bantu ni zabamalaika. Aliko nimba ntafise ulukundo, mbaye nkishaba ilila chanke nkumuyaga ukinda. 2 Nuko mfise ingabile yubuvugishwa kandi umenye ukuli ivyali vya myegejwe, mubwenge nuko mfise ichizelo cho kuvanaho umisozi aliko ntafise ulukundo jewe sindi ikintu. 3 Tuvuge yuko ndavanaho vyongaba vyanje vyose nukubalisha abakene, Kandi ndani vanaho umubiri wanje kugila ntuligwe umulilo. Aliko nimba ntafise ulukundo ntakintu bimalila. 4 Ulukundo lulihangana lugilimbabazi ulukundo lulishima chanke lulibona ntilugilishavu. 5 Chabule ubugaba ntilulondela amajambo yagwo, ntilubona ububabale ningoga chabule ntiluhalula ibibi. 6 Ntulunezegwa ububi hanyuma yaho, lunezelezwa nukuli. 7 Ulukundo gwi hanganila amajambo yose gwemela amajambo yose lufise ubutinyutsin kumajambo yose, gwihanganila vyose. 8 Ulukundo ntiluhela nimba hali hubuvunyishwa bwose buzochaho. Nimba haliho indimi, zazo hela nimba haubwengo, bizochaho. 9 Kuko tuzi kubiche kandi tukola ubuvugishwa kubiche. 10 Aliko nihaza bidya bikwiye, bidya bidakwiye bizochaho. 11 Aho nalumwana navuze nkumwana, niyumviye nkumwana, nakola nkumwana maze kuba umuntu mukulu na size kule yanje amajambo yichana. 12 Kuko ubutubona nkikilole, nkisuso yomumwijima, aliko mulikidya kihe tuzobona amaso kumaso. Ubu ndazi kulibike aliko mulikidya kihe ndomenya chane nkuko nanje menyekana chane. 13 Aliko ubu amajambo aya atatu alalamba ukwizela ichizeho kizoza nulukundo.