1 Kukubela ivyukudya vyatazwe hikimolichi bigigwa mana: Tumenya twese kotuli nubwege ubwenge buzona ukushima aliko ulukudo lulubako. 2 Aliko umtu wese niyangila gwalamenya ijambo dyose aliko uwo mtu tamenya kuko yashovukingwa kumenya. 3 Aliko umutu mulibo akunda Imana uwo mtu azo mayekona nayo. 4 Ako kukubela kudya ivyukudya vyatagiwe kimoli chamashetani tulameyo yuko ibishushoyo takitu hamo maliyisi toyidimana nimwe ngusa. 5 Kukubela haliho beshi bitwa Imana aliko nanoba mwijulu au mwisi kakudya bimeze ibinamo ni bimana vyidi." 6 Aliko twebe tufise Imana imwe gusa kuko aliwe data aliko ibitu vyose vyovuye kuliwe ni Mana imwetu Yesu Klisto kukubela we ibitu vyose vyabayeho nakubelawe tuliho. 7 Aliko ubwo bwenge tibufishe nabose kuko bamwe belemelanye mubishelani kungiza nubu badya ibitu babwila ko babite lekeleje amashetani umutima ulamayizwe tikukomeye. 8 Ako ivyo kudya tacho tibirushikiliza kumana aliko tutabilie tacho btuzohoba au tubilie tacho tuhoba. 9 Aliko ni mube maso nubwo bashobozi bwanyu tibube ikuchitaza chabadi badako meye na kato. 10 Aliko umutu ni ya kumbaye wewe wahawe kumenya wichae wila mwengelo gwamashetani umutima wiwe iyatakomeye bege ntazocha adya ivyatelekejwe mamashetani? 11 Aliko kukubela umeya wewe kuko wewe umenya chane hejuru yibigigwa mano mwene wanyu au mushikawe wawe atakomeye kukubera Klisto kuko yapfuye kukubelawe acha ababozwe. 12 Aliko iyo ukora ichaha hejulu ya mwene wanyu au bashikawe bawe ukokababaza imitimanyabo idakomaye muba mkoleye ichumu muro Klisto. 13 None niba ivyo kudya bishobola kumugerageza mwenewayu au mushikawe sizodya inyama nalimwe sizo sobabishe mwene wachu au mushikaje waje kugwa.