Sura 7

1 Kubela ibintu vyomwe nyandikiye haliya umwanya guliho no bila kwiye umugambo nta dyame numugole wiwe. 2 Aliko yokubela bidya bigelagezwa vyishi vyubusha kanyi bulu mugabo abe numugore, nabulu mugole abanu mugabo. 3 Umugabo bila kwiye amuhe umugore ibikwiye vyiwe vyokubaka, na nkuko umugole na wene kumugambo. 4 Umugole ntafishe ubushobola hejulu yumubili gwiwe numugabo no nkuko nyene nkuko umugabo nawe ntafishe ubushobola hejulu hejulu yumubili wiwe, aliko umugole alafishe. 5 Ntimwimane aho mudyama hamwe aliko nyene mwemelane kumwanya gukwiye. Nimukore nimukole nkiko bibaye kugila kuronka umwanya wokusenga kubela mula shobola kusubilana kandi hamwe kubela yuko umwasi ntaze kubagelageza kukubula ibige luche. 6 Aliko nda vuga ibintu kwikwituma na sikubela ubutegechi. 7 Ndipfuza buluwe koyoba nka jewe nkiko meze. Aliko bulumwe afishe ingabile yumekuva kumana yuno afishe ingabile yino na yuno afishe ingabile yidya. 8 Kuli badya batamenya abapfilime ndavuga yuko, ni vyiza iwabo nkiko bobahe zagila atakwimugwa, nkikunu meze jewe. 9 Aliko kubela batashobole kwihagalikila bashombola kwimugwa. No kubela bikwiye kulibeno kwimugwa kugila kwipfuza chane. 10 None kulibadya balibimuwe ndaba haye ubutagechi sijema kubela numwami, "Umugola ntaje impela namwe numugabo wiwe. 11 Aliko nkuko wojimpela kuva kumugabo wiwe, asigale nkuko ata kwimugwa aliko bahuze numugambo wiwe nu gabo ntamulekele iwabo umugole wiwe. 12 Kubela kwa badya basigaye ndavuga jewe sumwa mi kubela nkayudya mugezi wemese afishe umugole atizela kandi yemela kubana namwe ntakwiye kumuleka. 13 Nkuko umugole afishe umugabo watizela nukubela yashimye kuba na nawe ntamuleke. 14 Nuko mugabo atamela alokwezwa kubela yuko yicho chizelo chumugole nu mugole atavyemela alokwezwa kubela yumugabo wiwe woyizela alokwezwa kubela yumugabo wiwe woyizela ahandiho abana bachu bobaye atalibeza aliko kubela bejejwe. 15 Aliko umugenzi atizeye agiye agenda kubushola nkubwo, musazawe chankwe mukishikiwe ntiyugagwa nukulahizwa kwabo Imana yatusizeho kuba kumaholo. 16 Umenya gute nkuko umugole alegenda kumuloko la Mugabo? Chankwe alamenya gute nkuko umugabo labuda alomukiza umugole? 17 Bulumwe gusa abeho ubula nvyi bwi Mana nkiko yabagabiye bulumwe nkimana nkikunu yaba hamagaye bene. Uku nuku rongora kwanje kubwa mashengolo gose. 18 Aliho yaliyabaye yasilamuwe ahamagawe kwemela? Ntakole na kato kukulaho ikimenyesho chukusila mugwa kwiwe. Aliho wewese yasize mwokubela ichizelo ntalasila mugwe ntashobola kusilamugwa. 19 Kuli dyo nyango yalasilamuwe kandi mutasilamugwa ntangolane chingolane nikubaha ubulegeko bwimana. 20 Aliko bulumwe asigale kubela vyahamagawe hoyalimeze yahamagawe ni Mana kwizela. 21 Ubaye intumwa umwanya Imana ya kuhamagaye? Nkukulikile kubela ivyo. Aliko namba ushobola kuba habona kola nkuko. 22 None bulumwe ya hamagawe nkuntumwa numuntu alekuliwe kubela umwami nkuko nkakudya umweale kuliwe yahamagaliwe kwizela ni ntumwa za Klisto. 23 Mwamaze kugugwa kuka chilo kandi ntimube intumwa zabana babantu. 24 Musazawe na mushikiwe wiwe kubela ubulanvyi bwiwe bwose nabulumwe wachu hotwa hamagawe kwizela, tusigala nkakudya nyene. 25 None badya bose baliho batalimula nalimwe ntabutegechi kuva kumwami. Aliko ndabaha ndabihanije jewe nkiko muli. Kuki gongwe chimana ziliho zemegwa. 26 Nkuko idyo niyumvila ivyo kubela yokubagola nivyiza umugole asigale nkiko ameze. 27 Wugawe nkuko umugole nukulahizwa kuko banka? Ntugomba kule kula kulidyo. Ulare kuriwe kuva kumugore chankwe utalimugwe? Ntulondela umugole. 28 Aliko nkuko wimuye tulakora ichaha. Aliko badya bimulane bala lonka ingolane nyishi zitanyije. Nanje ndagomba ndaba chisheho ivyo. 29 Aliko ndavuga guti, musazawe na nmushikiwe wiwe umwanya nimuto kuva ubuntu kugumisha badya bafishe abagolebabeho nkabadya batafishe abagole. 30 Bose bafishe umubabalo bikore nkabadya batari bafishe umubabalo, nabose bafishe umunezelo nkuko bali banezelewe, nabose bagula ikintu chochose. 31 Nabose bakola niisi nabonka kudya batakoze nayo nkiko ubishasha vyisi bila geze impelayavyo. 32 Ngomba mube murekuwe kungolane zose umugabo atimula yishila mwonibintu ibishaka kumana, ukuntu bigomba kumubeza wene. Aliko umugabo yimuye yishilamwo ni mubintu vyisi nkukundu yomukunda umugole. 33 Aliko umugabo yimuye yishilamwo ni nimubintu vyisi nkukundu yomukunda umugole. 34 Bigabe nywe numugole atimugwa chankwe atalaje mulugo yishilamwo nibintu bishaka Imana nukuntu yobivamwo kubela umubili nukubwa mpwemu. Aliko umugole yimuwe yishilamwo kumunya bintu vyishi nkukundu yomunezeleza umugobo wiwe. 35 Ndavuga guti kubi nyungu yanyu mwebwe nyene na shishilaho vyokuba fata mwebwe. Ndavuga guti kubela bidya ali ukuli aliko mwoshobola kwishilaho ibikwiye kumwami ata kugelagezwa nikintu chali chochose. 36 Aliko yuko umuntu yiyumvila ntashobola kumuko lela kukubaha umwenga wiwe, kubela inka ziwe zilafishe inkomezi chane, leka abone nkuko wene akunde sichaha. 37 Aliko yuko kubela yakoze ntiyimula ntibikwiye yuko yobobelezwa, naba shobola kuganza chashaka chiwe, alokola vyiza atamwimuye. 38 Aliko umwimula umwenga wiwe akola vyiza, nabu liwese ala chagula kutimula akola vyiza chane. 39 Umugole yugawe numugabo kumwanya akomeye. Aliko nukumugabo apfuye, alihabona yimugwa mulime wewese yamukunze, aliko nkuko umwamigusa. 40 Bila sigaye kubela kwiyumvila kwanje aloba numunezelo kusumbila kubela abayeho nkukundu ali Nandi yumvila kuba nanje kandi nafishe mpwemu wimana.